Merci Gael kuri iki kiganiro cari gikenewe cane kubera abarundi benshi bari inyuma kubijanye nigicapo cumuzungu!ahubwo mpa whatsap ndaguhe ikindi kiganiro wogira....c'est vraiment important!
Ariko iyo uri mubantu mudahuje uruhu ni ngombwa uhura ni kibazo nu umwirabura mu bazungu nawe ahura bibazo noneho umwirabura we birarenze arasuzugurwa ndetse agahabwa na akato afatwa nabi cyana ni inyamaswa mbi cyg umwanda
Nic kbs umum lik ubakunda uyo mumeti 🙏💯
Merci Gael kuri iki kiganiro cari gikenewe cane kubera abarundi benshi bari inyuma kubijanye nigicapo cumuzungu!ahubwo mpa whatsap ndaguhe ikindi kiganiro wogira....c'est vraiment important!
Vraiment je vis en France tu as raison 😏
Ariko iyo uri mubantu mudahuje uruhu ni ngombwa uhura ni kibazo nu umwirabura mu bazungu nawe ahura bibazo noneho umwirabura we birarenze arasuzugurwa ndetse agahabwa na akato afatwa nabi cyana ni inyamaswa mbi cyg umwanda
Nice show!
Gael mukinyarwanda ivyamwa bavyita imbuto
Aravuze ukuri kweli. Ntankeka ni umuntu w'umusaza. Yirambire.
Big UP sana muta afise ivyiyumviro birashe
Be blessed guys
Xy
Ivyo avuze nukuri Kandi niko bimeze muri mukibano ni mugihugu vyose
Yooooo jw numva bibabaje, bahura nibibazo bigoye gutwara
Yoo ndimuri Italie abazungu bakenye nibeshi kubona umuzungu ibara birasazwe iyomitrkerereze niyabakobwa bataratembera babonye urukoba rwera ntibisigura kwarabanyamahera carwe kwakurongoye ugiyekubona ubuzuma kubona ubuzuma nugukora
Hahahah 😂
Yew hariho abakubititswe gusumvya n, abirabure Yew ningoran hose
J.G courage bro urumutiii
uyumu g aranyemeje kabisaaaaaaaaaaaa yubahwe
Nikibazo nukuri nciye ntahura vyinshi. Wigiriy beach usanga benabo muturigara biyahuza itabi nicupa ukagira ngo nivyo bakunda kumbe bararemvye
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣IKIYERI NYINSHI ......IKIGANIRO CIZA CANE.
Komera Mutama uvuzukuri
Good man
He is logical
17:18 Ikiyeri nyishi🤣🤣😂😂😂😂😂
😂😂😂😂 bakunda ubuzima buri simple
20:00 😂😂🤣🤣 ni saison yanyuma😂😂🤣
Kwtu mbogo ukimuita mzungu
We mzungu haitiki
😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣🙈 Arikunsetsa Umuswa🔥💃
🤣🤣🤣🤣ikiganiro ciza pe
Bz bz bz bz bz bzuuuuuuuuuuu
Ndzgutahura100%kubigeme yewe barahubuka nongaha iburaya haranatongowe babuze itiki yokubatahana ngo barongowe nabazungu harageze kwabanyafrika dukanguka ivyacu tukabiha agaciro kubyamashuri hoho barihendacane ngumuzungu yize nkukowize Hama ivyurukoba natwe abirabure iburaya duhura ibibazo vyishi mama ngoturanuka mama ngontazubatwumva mama ngontituruha yewe nikibazo utihagazeho biraryana
Ek no mubarabu baragoy harimw aba keny kimya kimya benshi bibaza iburayo na hantu ni hatari
Nyibwirire ahuri disi nzoze kukuramutsaaa😂
23:00 🧏
hhhha😆
😂😂😂😂🙏🏿🙏🏿🙏🏿🥰