Aho muri Hose muri Ivyabona vyo gushingira Intahe ivyo by Past Claude
Вставка
- Опубліковано 31 бер 2024
- Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. YEsu abahe umugisha
#intahe #iribaryiza #emcitv #ytb #ytshorts
Hallelujah, Amen Amen Amen !!! Ndakiriye ijambo ry IMANA mw'izina rya YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA
Amen. Amen Amen. Muhezagirwe. Cane
Icompa nkuzura pwemu yera
Imana ishimwe
si
Mutama Imana imuhumugisha ishishikare kumuhezagira
Oooh Imana Iduhe guca bugufi mw' izina rya Yesu Kristo
Amen amavuta menshi mukozi w' lmana
Ndafashijwe Imana impe gucabugufi.
Amen Aman,Imana iguhezagire mukozi w'lmana
Hallelujah
Amen
Amen .ndafashijwe
Aaaaamen
Kwel jew guca bugufi nticarikirenga Imana intabare
Amen