Umukuru w'Igihugu asaba abafise amahinguriro kureka gusharikana bagakorera hamwe bashore vyinshi.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 23 лис 2024

КОМЕНТАРІ • 35

  • @SindayigayaDeo-ox8bx
    @SindayigayaDeo-ox8bx Місяць тому +10

    Barundi mwumva kandi mukanatahura twikomere amashi meshi tutibagira kuduza akadarapo mukugaragaza urukundo dukunda igihugu 🙏🙏🙏🙏🙏🙏❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

    • @lazzR1935
      @lazzR1935 Місяць тому

      Mukuduza idarapo🇧🇮

    • @JackieloveKingbuja
      @JackieloveKingbuja Місяць тому

      ❤❤❤❤👍🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯

  • @henryking6070
    @henryking6070 Місяць тому +2

    Je suis Congolais vivant en Amérique 🇺🇸 mon rêve est de vénir vivre au Burundi 🇧🇮 un pays frère et je dois investir dans ce beau pays qui a un peuple de bonne foi et acceuillant 🙏🏿🤛🏿🇨🇩🇧🇮

  • @DianaCiza-zc7or
    @DianaCiza-zc7or Місяць тому +5

    Twiyubakire igihugu cacu❤❤❤🎉🎉

  • @ERIC-hz1vd
    @ERIC-hz1vd Місяць тому +1

    Sha iyo nintambwe idasanzwe mubijany namahinguriro

  • @fleuryrukundo8945
    @fleuryrukundo8945 Місяць тому

    Amen 🙏 nicocishe uburundi nabarundi inzigo izingo

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 Місяць тому +2

    uburundi buri mukazi kweli

  • @ANGEJEMUMU024
    @ANGEJEMUMU024 Місяць тому

    Egooo 🎉🎉🎉
    By Jeremiah Burundian man ❤

  • @Kevin-pm3nm
    @Kevin-pm3nm Місяць тому

    Bigup sana

  • @edmondniyonsavye2485
    @edmondniyonsavye2485 Місяць тому

    Wow uhezagirwe cane mutama mbona industry sector iriko iraja imbere .

  • @JackieloveKingbuja
    @JackieloveKingbuja Місяць тому

    Neva tuzomurwinyuma❤❤❤❤❤

  • @OscarIrankunda-k2y
    @OscarIrankunda-k2y Місяць тому +1

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @lazzR1935
    @lazzR1935 Місяць тому

    Komera Mutama wacu🇧🇮🤍🎉🏆 tuzegera tukumva bandanya udukurugutura

  • @madu-bi
    @madu-bi Місяць тому +2

    MU Rwanda mufise imisozi ntaco mwirata cane muratwereka itunga kama? Mu Burundi Tanganyika iha akazi abantu barenga 2 millions . Namwe Mu Rwanda mutwereke ikinti kibaha akazi ?

    • @titi-v9u
      @titi-v9u Місяць тому +1

      Uravuga nkumuntu wigicucu

  • @Princetuyishime
    @Princetuyishime Місяць тому

    😂😂😂😂😂😂😂 ndayishimiye vyaranze

  • @CanyonRoamer
    @CanyonRoamer Місяць тому +2

    Mu Rwanda bari kubaka stade, u Burundi bwo buri kubakira abaturange babo inganda,

    • @ntiramvimberedaniel4834
      @ntiramvimberedaniel4834 Місяць тому

      Ubwenge bwawe buracagase kweri, none wakubaka STADE utagira inganda? Ubwo rero mwabonye uruganda ntimugasekwe!! 😂😂😂
      Muzaze mu Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 murebe inganda zihingura/zikora imodoka n'ibindi bitari ubwo busa busa muri kwidoga Sha 😂😂😂😂😂

    • @ntiramvimberedaniel4834
      @ntiramvimberedaniel4834 Місяць тому

      Ubwenge bwawe buracagase kweri, none wakubaka STADE utagira inganda? Ubwo rero mwabonye uruganda ntimugasekwe!! 😂😂😂
      Muzaze mu Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼 murebe inganda zihingura/zikora imodoka n'ibindi bitari ubwo busa busa muri kwidoga Sha 😂😂😂😂😂

    • @JeanvierHakizimana
      @JeanvierHakizimana Місяць тому

      Uburundi hejuru 👍👍🇧🇮🇧🇮🙏🙏

    • @hosewebtv77
      @hosewebtv77 Місяць тому

      😂😂😮ngozihingura imodoka ubu rero mufise made in rwanda,ntanubutare bwicuma mufise.

    • @madu-bi
      @madu-bi Місяць тому +1

      MU Rwanda mufise imisozi ntaco mwirata cane muratwereka itunga kama? Mu Burundi Tanganyika iha akazi abantu barenga 2 millions . Namwe Mu Rwanda mutwereke ikinti kibaha akazi ?

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya Місяць тому +1

    Ariko,,nkuyu uvuga ngo mu Rwanda bubatse stade aba agereranya iki kwell!!??

  • @georgettenahimana1695
    @georgettenahimana1695 22 дні тому

    Abana mu ma cérémonies si vyiza. Birabacanga kuko c' est pas le monde des enfants!

  • @ImaniJobel-mf9vo
    @ImaniJobel-mf9vo 22 дні тому

    Yamavyi yomurwanda ibibirabibona?

  • @hosewebtv77
    @hosewebtv77 Місяць тому

    😂😂MBE NYASTADE NYENE SINABONYE ARI URUBUGA RWIMYIREKO YABATINGANYI

  • @FerdinandTuyikeze
    @FerdinandTuyikeze Місяць тому

    Iyi niyo Domaine yanje

  • @enockhabimana8634
    @enockhabimana8634 Місяць тому

    0:06 kayanza hejuru cane

  • @fleuryrukundo8945
    @fleuryrukundo8945 Місяць тому

    Yes factory 🏭 in Africa or in Burundi 🇧🇮 it’s possibly in everything