Abamaze kwumviriza no kuraba iyi ndirimbo akarenga 10 bampe likes jw kwikausha birananiye. Iyi ndirimbo ni umuti koko. Amashugwe menshi kuri #Les Jumeaux Music 🌷💐🥀🌹
Mwaranditse neza vuba muradata indege kwiyindirimbo ikaze cane @@@@## Université Polytechnique Integrée de Cibitoke (UPI) les inscriptions sont en cours.
Babahe agacupa muvuze kukintu gikomeye cane kabisa mwubahwe turabakunda cane kandi muzogumane kano kanovera
Muri intwari cane. Aka kantu kanditse mu Kirundi c'abarundi, Kari mu mudiho ugera kumushaha, murakoze cane. Mwubahwe cane
Nukuri Icubahiro kib'IMANA namwe nukuri murashoboye ntimucike intege
Banco muyinga arabateye intege
Murakoze cane kubutumwa mutanga mutandukanye cane n’abandi baririmvyi
Vraiment bne musique. Respect to les Jumeaux Music
Komera bahungu biwacu👏👏👏keep up
courages impanuro nziza cane imiryango ikwiye kuzigendera
Aba poils benewacu ter'imbere💚💚
Sumuti gusa nuruganda ruhingura imiti ya Divorce 💪🏿💪🏿💪🏿 nice bredazzzz
Les jumeaux music irakoze ange bella ndinyuma yangu mukabashigikira kand impano nziza cane abant mwes mwipfuza kubashogikira mwubahwe 🙏🙏🙏🙏🙏nukuri abarundi nabarundikazi twes dusidukane niyonka mugushigikira ndabakunda ❤️ ❤️ ❤️ runini les jumeaux music hejuru💪💪💪💪💪mwats umuriro 🔥🔥🔥🔥 wake kabisa
Mukinanza canje no mukibanza ca Les Jumeaux Music turagushimiye Ange! Merci
😍😍👏👏💐💐 turaros peace and love nshasha
Les jumeaux muri hjuru cane ndabakundaa❤❤❤
Iyindirimbo irarenze vrmt .ikirundi ciza cumvikana.
2024 hamwe vyoguma guca ama awards nkayose muzoba murambarira ..... Good ideas kbs
Les Jumeaux Music; Hejuru cane 🇧🇮👌
Impanuro nziza félicitations
Les jumeaux Music Hejuru cane ❤
Gout yanje
Indirimbo ni nziza cane 🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Very Nice Brothers
Couragee
Enjoy this music
Nice one. Keep up the good work. Medicine of break up.
Indirimbo nziza cane kabisa
nguma ndayiraba yooo❤❤
Je vous kiff vous le savez mais cette fois-ci j’ai voulu m’abonner encore une fois; 👏🏾👏🏾👏🏾
Yooo! Pole, ikibanza ni kimwe gusa ca abonement
N'umuti vrma
😂❤uk nikw kur kbx verry good songs
Umu poil arashoboye mukwikokora mu gutanga umuti wa divorce
Terimbere bantu b'Imana
Courage les jumeaux music
Ndabakunda live yanyu🔥💯
Message nziza 😊😊
Courage les JMC
Great courage Friends, good job
Nice style mwibhwe cane
Iy nayo irihose
Big up polite
courage watu wangu🤝🔥🇺🇸🇧🇮
Woohoo Next level 🤘🎶
yomubera❤
We support this group
Good song
Wowww
Thanks brother
Ntiwumva indirimbo tuba dushaka apana zimwe zaba Kiriku ngo ibisusu🤦
Uyu muti niwoooo! Congrats the twins team🔥🔥🔥
You made it bro
Nice song❤
Chansons de reconciliation
Courage
Très bien
IVAN PRO NA SANDRA😂
Abamaze kwumviriza no kuraba iyi ndirimbo akarenga 10 bampe likes jw kwikausha birananiye. Iyi ndirimbo ni umuti koko. Amashugwe menshi kuri #Les Jumeaux Music 🌷💐🥀🌹
Ndakunda indirimbo za nduwayezu Blaise, Blaine,niyubahwe afise impano.
Les jumeaux hejuru❤
Courage bantu banje ❤️❤️❤️
Mwaranditse neza vuba muradata indege kwiyindirimbo ikaze cane @@@@## Université Polytechnique Integrée de Cibitoke (UPI) les inscriptions sont en cours.
waooo
Nice video and lyrics👌🏽👌🏽 i bless you kabisa
🎉🎉
🔥🔥🔥🔥🔥
A good one, les Jumeax
Nice les jumeaux music ❤❤❤
❤Good Music, bon conseil
❤❤❤❤❤❤
So good my broders 🇧🇮❤️
Keep on guys, good job
The nice song avec une sonorité caressante, des images qui ne sont pas immaginaires!
Grosse force ❤🎉
Hmmm, indirimbo ni nziza ariko ibitandukanya ingo ntabwo ari ivyo gusa mwavuze. Harya kwubaka urugo ni ibanga ribangirwa ingata
🫶🏽🫶🏽🫶🏽😍😍😍😍
ua-cam.com/video/yfzPZdcArZQ/v-deo.htmlsi=5_bLJ14X2IK-NfXw
Malheureusement abantu bazi kuririmba nokwandika sibo bashigikigwa sinon murashoboy chanson de tout le temps
❤❤❤❤