Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ivyimana mubirekere Imana
❤❤❤❤❤❤❤
Kwl pastor ahubwo impa inimero yawe kabisa.Yesu akwongere Amavuta.
Ucakira ivyo utarondeye Kora cane hama ucakire
Oya reka ntavyo gucakiraaa 😂
Ayo manyaga twabahinyuye shaaa
Sha amabok yawe yarankozeho Noe ntabyo gucakira ngaho uri mubucuruzi ntabukozi bwi Mana ngaho
Nkiyo nkuru yama bafure aho wosanga mwayemeye 😂😂😂😂😂😂😂😂
Nkabo mubayora hehe ko tuzi Mbayahaga gusa?
Kura ico kigabo ngaho kiza kubesha abantu ng ni bacakire hakubigisha gkora bakaronka amafarang
uyo suwimana kbx numubeshi
Aho uwo nuwakozweko
Uwo numusazi gugirente
W Journalist we ushakakuzima uzuzana aba escros vraiment uyuntamukoz w'IMANA arimwo vraiment nije ndabikubwiye
Uri Founder w'idini !!! Nimba uri Founder w'Idini Yesu Kristo nawe aca abande? Soma MATAYO 16:18.
Yes aguhe umugisa muntu w,Imana ubajijeneza cane
Uyu Niga kari hatari
Bamureka guhendabantu shaa
🤣🤣🤣🤣noe nkuwo mumukuy heh...
Cakira 😂reka kubesha abantu
Shaka mumumbarize nikangahe mwigisha ijambo ryokwihana
😂😂😂😂igisambo
Nikundira Eglise Catholic, itwigisha gukunda Yezu kuruta kwiruka inyuma y, ibitangaza
Oya jewe ntarubanza ndamucira kandi knd kuba muriko muramu critiqua nicerekana karik akoreshwa n'Imana kuko kenshi iyo umukozi w'Imana harabantu bamuvuga nabi n'icerekanako ariyampwemu ya sanibalati iriko iraurwnya nkuko yarwanije Nehemiya jewe uwu mu apôtre ndamukunda kubera inyigisho ziwe zirubaka umuntu kwl
Ni escort uyo ntakumwumviriza
😢umu escro mubi cane
Non niwe abakiza? Abo barwaye!!!
Abo nabarozi
Uyu mutip iyo mwiyetereje mbona arumu escro arafise Satani nini muriwe Imana irengere abayo
Charlatan😂😂😂😂😂😂
Ivyimana mubirekere Imana
❤❤❤❤❤❤❤
Kwl pastor ahubwo impa inimero yawe kabisa.Yesu akwongere Amavuta.
Ucakira ivyo utarondeye
Kora cane hama ucakire