Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Thank you my brother koresha umwanya
Gd
Kabisa waritahuye
🎉🎉🎉
Uyu mu presenter ni bon;Kody☺️
Mbasabe abantu muza gutanga commentaires muze mutworohereze abakunzi bazo mukwandika mundome nkuru,munashiremwo utumenyetso
Ego mamayangu
Erega wishuye umusazi uca witwa umusazi nico gituma batakwishura
Nugufata Risque kuko nokudafata Risque nayo nyene ni Risque mwubu buzima😂😂😂😂😂
Ahubwo umene mubamuri muri paradizo
Ngo simbizi yaragutinye kandi nivyo yaragutinye ntiyakwishuye ariko ntagutinya yabiretse Abi bona sukuvuga KO wavuze kuri kuko n'a wewe harivyo uvugavyo ubesha kandi ndagukundira ubwo burofa bwawe
Ngo baragutinya nka wewe bagutinyira iki
Uwo koresumwanya ntana 2ans aramara kuri tv yiwe muga ngo baramutinya huuuu nuko tumuhimvya ama views
Agahimbo ni kabi ngo Koreshumwanya baramutinya ? 😂 😂 😂 😂