Ndaje Yesu by Chorale Beraka (Official Video)
Вставка
- Опубліковано 20 вер 2024
- Performed by Chorale Beraka
Cantique 336
Album : AMAHANGA YOSE AGUSHIME
Audio producer : UBA Studio / Eric
Video Director : Berger Vumi
_____________________
Facebook
www.facebook.c...
Woooooh muze muduhe akandi nkaka muhezagirwe🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Nubuntu twagiriw kugira tugirigw imbabazi
Courage murashoboy imana ibakomez mugikorwa cayo
Yesu ashishikare kubakoresha mumavuta adasanzwe murabanyamugisha pe
good
Murampezagira Imana ibahe imigisha
Bravo beraka IMANA ikomeze kubakoresha👌👏
Yesu numwami ibihe vyose muranezereza mwarahezagiwe
Yesu abongere amavuta. Womengo imbereye nshasha.
Muhezagigwee
🙌🙌🙌🙌🙌
Murakoze
Hallelua
Muhezagirwe cane
Ndaje Yesu kuriwewe ukondikose ubane nanje mwarahezagiwe
Amen amen murakoze kuduhezagira
Mushikame amaboko yanyu ntadendebukirwe kuko ibikorwa vyanyu muzobiherwa impera.haleluya
Nashimwe Yesu watwemeye turi abanyavyaha ❤❤❤ imbaraga na mavuta
Bravo
Nukuri n'ubuntu butovugwa, yuko Inama iharira. Ameen
Courage courage muvuge ubwo buntu
Amen amen
Imana ihabwe icubahiro
Ameeeeen
Haleluya
Yesu ashishikare kuyagura
Imana ibakomeze....!
Hallelujah !! Ndaje kuri wewe Yesu unkoreshe ivyo ugomba Mwami wanje.
❤❤🎉🎉
Nubuntu butovugwa kwer
Halleluya beraka Choir of musaga parish anglican church
Amen 5:10
😂😂🎉🎉🎉🎉
Courage murashoboy imana ibakomez mugikorwa cayo
Haleluya
Courage murashoboy imana ibakomez mugikorwa cayo