dopeeeeeee,muranyemeje,murazi kwandik kndi muraz kuririmba,muri muri bake baririmba mu kirundi mutvnga nib nyarwanda cnk igiswahili,bandanya uko muzoshika kure cane,i like it i share it,big up
Urakoze mutama Ndayisaba, ingorane si uko abo bavukanyi ba Mirror Team banywa itabi canke ntibarinywe, ingorane ni iyo ababibona mbere bakabifata nk'igirima, amaraha canke akarorero ko gukurikiza. Kuba nawe ariho wikundiye ni vyiza, ariko iyo nsiguro y'uko womengo ntiyakorewe mu Burundi nanje ntinyura kuko uca umengo mu Burundi ntavyiza bihakorerwa. Mirror Team, entertain and Teach the Values and the moral! Aka niko gace mbaciriye bagenzi. Murashoboye!!!
I have played this song more than 50 times i like it so much. I am planning the best gift for MIRROR TEAM. I make you sure that i will achieve my promese. Ref yoyo iranshikanayo nkahwera!!
maintenant il faut kobmushiramw #english kgr song zanyu zib international zumvitizw nabantu benshi batumv #kirundi so ibindi ni du top des top!!! keep shine
2023 and still asking myself why they are not together kugira baduhe umuziki mwiza nkuyu
Mirror team on fire 🔥 to be honest hamwe mwogaruka mur industry yoca iba rwanyu ❤
Hari uwo turiko turasangira akakadiho muri 2024?
jewe
ya ya ya ya ya....!
ico kintu yemwe ingene gitey igomwe
MURASHOBOYE
MIRROR TEAM NDABEMERA
respct ###Landry SB Imana iguhezagire kuko ntusanzwe
dopeeeeeee,muranyemeje,murazi kwandik kndi muraz kuririmba,muri muri bake baririmba mu kirundi mutvnga nib nyarwanda cnk igiswahili,bandanya uko muzoshika kure cane,i like it i share it,big up
Big up saana mwana w'uburundi urashoboye vraima unteye gusubira gukunda kwumviriza indirimbo zacu.so nice nturambigwe
aaaah mana yanj mirror team ndabaprefera sana afu Aimé uranyica kuri ref yawe urashoboye peti komeza nukuri
sha nivyo NYENGENGA IRARYOSHE ariko Ref nayo ni ikindi kintu kiri SURE .Iramara saaaaanaaaa
MIRROR TEAM muririmba nezaaaaaa,ndabaprefera kabisaa,courage mes frr murashoboyee.
❤❤❤❤uhitondere cane
Ntigashira uburyoh
Courage pajo!Tera imbere nk'umuzinga
murashoboye komeza
Mukomere mutama Mirror
Iratesa saana... Nyengenga big up mirror team murashoboye. Courage!!
This song is mwuaaaah....I like it!!!refrain yoyo iranduhura
Nyengenga buhorobuhoro unkandakande guhera Kuma no gushika Ku mushatsi... good job
ndarengewe vraiment murabizi kweri courage
Cool my boy
Good song vrt
Indirimbo ubwayo yonyene irankandakanda...kudos Mirror Team
Kabisa! 😂😂
Ndayikunze kuko atavanzemwo indimi zitandukanye, bandanya nturuhe.
😭Ni mugaruke please please 🙏🙏🙏💔
Kugaruka sinibaza kuber twarahuye na Aimé Loveness arambwira ati wapi kabisa ntakanoti kariyo.
Guys! chapô!!!!!!!!!! Go forward!!!!! Gusa ikintu ntakunze cane muri ayo masanamu ni ukuntu hari uwo mwahaye gukina anywa itabi. Si vyiza mu gihe muzi ko itabi ari ribi hanyuma mukabishira mu kintu muvuga urukundo kandi mwipfuza ko gikundwa. Urumva ubabona agira ngo ni ingendo nshasha. Ahandi ni ukuri ntamakemwa da! Bandanya. Dukora, twigisha, twigisha, dutanga akarorero keza...
harya hantu nanje niho nakunze cane umenga yakorewe hanze.Kandi nizere ko ari gutumura umwotsi gusa ataryo banywa
Urakoze mutama Ndayisaba, ingorane si uko abo bavukanyi ba Mirror Team banywa itabi canke ntibarinywe, ingorane ni iyo ababibona mbere bakabifata nk'igirima, amaraha canke akarorero ko gukurikiza. Kuba nawe ariho wikundiye ni vyiza, ariko iyo nsiguro y'uko womengo ntiyakorewe mu Burundi nanje ntinyura kuko uca umengo mu Burundi ntavyiza bihakorerwa. Mirror Team, entertain and Teach the Values and the moral! Aka niko gace mbaciriye bagenzi. Murashoboye!!!
Good song
nice video
Courrage muashoboye
Best song,nice clip!! Never give up!!
Kabis kazinzuri Much love 😍😍😍
Big up fellow MT...your song reflects your extraordinary talent...Way too go..
I have played this song more than 50 times i like it so much. I am planning the best gift for MIRROR TEAM. I make you sure
that i will achieve my promese. Ref yoyo iranshikanayo nkahwera!!
How about the promise Mr @ndayisabagabriel8862?? 😂😂😂
Back in 2052,aba bajama bagiyeh arko??
Mirror team garuka plz
Miss you guys
👏👏👏👏👏👏♥️♥️♥️
kbx
Nice bros
aka karirimbo karanduhura good job guys
Merci beaucoup
Nice
Nice Song
Ndabafan.
Great job guys
yeah God
maintenant il faut kobmushiramw #english kgr song zanyu zib international zumvitizw nabantu benshi batumv #kirundi so ibindi ni du top des top!!! keep shine
who is still listernig to this song in 2021
keep it up guys!!
2024😋
Ndakunda ukuntu muhogoza mais video irarambirana ningoga,il faullait kwongeza ama scénarios,ama Images nayo ntarambire uwuyaraba
Vidéo ngize effort sindenza 1min kuyiraba ariko audio impora mu matwi kbs
oya vraiment video ni ngufi cane bikwiye ariko mugani wawe bazoze babanza basohore audio clip bayisohore apres qlq mois. Audio iramara cane kuko urumva ko hari bamwe baca batangura gu critiqua ama actions.