Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Iyi ninde itwibutsa vyinshi rabukuntu abazungu batuzanye mwuboko bwa bahutu na batutsi imana idufashe uburundi bwaciye murivyishi
Yooh kumbe basukuru naco barahohotowe cane.abazungu bakwiye kuduha indishi yakababaro
Ibintu vyiza cane nukuri.mukomere
Turashaka niinde nshasha
Manaweeee humura barundi, Uburundi bwarikukiye
Ibintu vyiza cane
Abarundi murabahanga iyininde yerekana vyinshi kukahise kigihugu... Muduhe nizindi.. Murakoze..
Ndayishimiye Alvera ariko abazungu ntibavuga igiswahiri
@@renensavyimana9484 ssrr
biragoye nyene
Yooo bayikinye neza jewe! Mbegayemwe bobo izi mpuzu z'ibiti zozo bazikuye hehe?
Murakoze kutwereka ibibi uBurundi bwaciyemwo mpore Barundi
Mwatunyoteje
Bazosubira bagaruke tubisubiremwo,turabe abazorusha abandi mukubacinyiza
ila abarundi bambara nkuko kwan
😂😂
noutra akimana the culture is good
nimukomere Barundi mutwigisha akahise muragahezagirwa.
Hezagirwa
Iyi ninde niyo kbsa