Aba Girlfriends 3😍/Delicia naramwanka yantwaye umugenzi/Marvella turamugora cane/barakundana cane😍

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 10 вер 2024
  • #sirenvibestv #girlfriends

КОМЕНТАРІ • 66

  • @cimpayeclairia
    @cimpayeclairia Рік тому +4

    Friendship wow nivyiza vrmt
    Jew vyarananiy kugira incuti zabakobwa kuko abotwagiye uduhura nasanze batari series mpitamw kugr incuti zabahungu gusa

  • @LifeGoesOn481
    @LifeGoesOn481 Рік тому +7

    Marvella u re so beautiful as well ❤

  • @gacutimariefreddyne6419
    @gacutimariefreddyne6419 Рік тому +2

    Abagenzi baruhurana Imitima sha nukur muraryoshe cane ntimuzohebane ntimuzovane nyuma ng muce muja kuvugana hanze mumeneranire amabanga muze mwame mufatanye munda❤❤❤❤niy mwopfa ikintu muze mwibuk ko umw abwire ikintu uwundi akaruhuka vrm muze mwamane hafi❤❤❤❤❤

  • @loulumony8519
    @loulumony8519 Рік тому +18

    Delicia uratwite wew abantu mubon kure nkanje mumpe lenk🙄🙄🇴🇲🇧🇮

  • @Hakybara4
    @Hakybara4 Рік тому +3

    Ababant nar mbakumbuy kamama siren 💖💖💖💖💖 sinarimperuts Guhez ikiganiro

  • @kaggwamustapher6553
    @kaggwamustapher6553 Рік тому +4

    This was so nice. Greetings from downtown Kigali, Rwanda

  • @elianemunezero
    @elianemunezero Рік тому +1

    Ntirugasaz beza ndabakund cane ham hosy naw wakoze kubazan vrt🙏🙏🙏🙏🙏🥰🥰

  • @bosconiyonkuru6151
    @bosconiyonkuru6151 Рік тому +8

    Delcia kumengo afise inda?umengo yarasamye abantu tubona kure twabibonyeko atwite

  • @godsgrace6820
    @godsgrace6820 Рік тому +1

    C beau l'amitié ariko Kéké agire effort agabany égoïsme ntabafate comme acquises kuko ça peut changer. Ko bamusavy kugerageza guhinduka il faut qu'elle fasse un effort

  • @micomeshack7024
    @micomeshack7024 Рік тому +2

    Warundi nawapenda sana japo kirundi sikiskii vizuru ❤

    • @jojo-ne3oy
      @jojo-ne3oy Рік тому

      Asante njo tukufunze kirundi nikitamu mno❤

  • @user-fo7bu4ub1t
    @user-fo7bu4ub1t 10 місяців тому +1

    WE deri erg bakugiz akabeb nukunt wiberey muguf sh😂

  • @CynthiaIrakoze-dk7jz
    @CynthiaIrakoze-dk7jz Рік тому +3

    Hosy nanj ndashak muz munkoresh ikiganiro n umugenz wanje ar iburundi muga nanj ndi suitzerland wob ukoz

  • @annyhatungimana6705
    @annyhatungimana6705 Рік тому +1

    love Gretta's outfit😍

  • @jeanbutoyi3982
    @jeanbutoyi3982 Рік тому

    Narinkumbuye kubona Delicia p mwubahwe abamugarukanye kl🙏🇧🇮❤

  • @FideliteNininahazwe-cg1iz
    @FideliteNininahazwe-cg1iz Рік тому +1

    Kéké narindagukumbuyee❤️

  • @pinsonnagil9784
    @pinsonnagil9784 Рік тому

    Mwakoze kubatuzanira👌

  • @deborahuwizeye8366
    @deborahuwizeye8366 Рік тому

    J'adore cette émission nukur
    Oft nibazak nanj na Hosy twokorana émission har ukunt dufitaniy amatek😂

  • @elyseekigeme6774
    @elyseekigeme6774 Рік тому

    Freindship whaou ❤,muri abagrave muze mugumane,ubugenzi bwabantu 3 burabaho, Siren Viber merci kuri Émission Love you.❤

  • @oseendayi5046
    @oseendayi5046 Рік тому +3

    Wow nice to see you all

  • @user-pk1kr4rb4z
    @user-pk1kr4rb4z 10 місяців тому

    Mwubahw❤❤❤

  • @claudinebayubahe-jx8yq
    @claudinebayubahe-jx8yq Рік тому +1

    Keke wa minouche nari ndamukumbuy caneee

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 Рік тому +1

    Nanj yankundiy iyi girl Friend.

  • @MrCoVID-19
    @MrCoVID-19 Рік тому

    Thanks girls❤ God bless you all

  • @namulivictoria9164
    @namulivictoria9164 Рік тому

    Yamaze Kuba madame bamuteyiteka Dj bee hasigaye sauda nawe

  • @HB-vj5zo
    @HB-vj5zo Рік тому

    Abakobwa beza cane, ariko Keke yagiye hehe vrma!!!

  • @AaAa-dt8mp
    @AaAa-dt8mp Рік тому

    From burundi ❤❤🇧🇮🇧🇮💯✅👌

  • @christakabanga9437
    @christakabanga9437 Рік тому

    Kabanga my name u look good..

  • @nyleneuwimana6184
    @nyleneuwimana6184 Рік тому +1

    Siren vibes hejuru 💪💪💪

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Рік тому

    Image ntizibona vraiment

  • @sonerimanaeddy4753
    @sonerimanaeddy4753 Рік тому +2

    Wagize Neza kuzana abonaba kuko nabaheruka kera😍😍😍

  • @liboirendayikengurukiye
    @liboirendayikengurukiye Рік тому

    Abari kuri Kiosque Bose bakora Lumicash????? Kotuzi kiosque Hahurira abantu benshi

  • @measme4721
    @measme4721 Рік тому

    Oe k delicia buca agenda muzoguma uko nyn? Gsa ndabakunda sana les filles🥰

  • @kanezadorine8000
    @kanezadorine8000 Рік тому +5

    Gretta urampimbara gose

  • @iddypasteurnshimirimana1263

    Warasunevyee😂😂 Hosy nikirundi cank yoooo 🤭

  • @ndtmagic8987
    @ndtmagic8987 Рік тому

    Les images ntiziri claire cane ariko Delicia umeng aribungenze

  • @doucenoellaishimwe1951
    @doucenoellaishimwe1951 Рік тому +2

    Les images ne sont pas claires. Alakini

  • @didierbigirimana6274
    @didierbigirimana6274 Рік тому

    Mwamisenzimwe Lumicash nakazi kagayitse KO muba mwirata ngaho ataco murishikanako! Atar lieu inoti z'aba type bo mugisagara gusa!
    Ngo akora Lumicash ☹️☹️☹️☹️ syiiiiii weeee

  • @twotentvchannel116
    @twotentvchannel116 Рік тому

    Muri beza bako

  • @francinendacayisaba2411
    @francinendacayisaba2411 Рік тому

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 Рік тому

    marvella😂n umuvyeyi sh ingen amuvugira sh n umugenz mwiza

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 Рік тому

    ❤❤❤

  • @djbesso
    @djbesso Рік тому

    Sokwe? Turi Batatu Badatana Mundagano?🤞❤

  • @boriscubahiro
    @boriscubahiro Рік тому

    Ivyo vyana vyahora he?Bari barabuze

  • @kiki_official2577
    @kiki_official2577 Рік тому

    Uwo mwigeme barasa vrema na Keke je veux dire uwo ari lunette

  • @muna8654
    @muna8654 Рік тому +1

    Delicia narindamukumbuy kumubona

  • @tuyizereclaude8546
    @tuyizereclaude8546 Рік тому +1

    Toujour je suis là❤

  • @inesirakoze1954
    @inesirakoze1954 Рік тому

    🥰🥰🥰🥰👌👌👌🙏

  • @marleneitrtk
    @marleneitrtk Рік тому

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @christinemahoro6519
    @christinemahoro6519 Рік тому

    Muge kubanza mubigishe ufata miclo

  • @vianneyniyonsaba7316
    @vianneyniyonsaba7316 Рік тому

    Naheruka guheza ikiganiro kera 😅😅😅

  • @bukeyenezap
    @bukeyenezap Рік тому +1

    Why does it seems like most the Burundian ladies It’s so hard for them to introduce them self on TV ?

  • @jeanmichelnishimwe8284
    @jeanmichelnishimwe8284 Рік тому

    Delicia afise amasoni

  • @inesirakoze3770
    @inesirakoze3770 Рік тому +1

    Je suis😂 la première

  • @namulivictoria9164
    @namulivictoria9164 Рік тому

    Delicia arihafi yo kuduha aka bebe keke warukumbuwe

    • @measme4721
      @measme4721 Рік тому

      Ndashima k abagenzi bamufatiye ingingo nziz y kudakurayo iyo mbanyi🤝 Delicia ndakwishimiy sana

  • @elysefuraha4588
    @elysefuraha4588 Рік тому

    ❤️❤️❤️