IHURIZO RY'AMAKUBA FULL MOVIE Part 2
Вставка
- Опубліковано 26 лис 2024
- IHURIZO RY'AMAKUBA SEASON
Iy'umworo agaburiwe, imbwa zibihonyoramwo.
kwirikirana ino reresi uzobonako guhitamwo kw'umuntu gushobora kuba inkwezi yamakuba atoroshe kwivanamwo
Production: @Inua Cinema
Script&Director: Amédée Manirakiza
Ass Director: Fiston Haragiramungu
Camera man&Editor:Niji pro
Sound: Nijipro
Contact: Email: info@thejnfamily.com
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874
Abanya Rwanda mukunda abarundi nabarundi kazi mumpe Iike
Amédée vyukuri imana ugukomeze kuko urumwanditsi mwiza iyi film narayiravya yose ndayima ariko unkonkomeje kuyirabaniko ndira kuko inyibutsa urugendo bwo mubukumi bwanje yemwe yemwe abantu murerekwa koko mwubahwe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💯💯✅✅✅✅✅✅🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Mimi,he suis heureux de vous voir,niba vyukuri ukwo kwihangana werekana muri film ariko no mubuzima bwamisi yose umeze,Imana ikuzigame,
Oh theofill nakeza ndabakunda cyane mpereye mu Rwanda Kigali gasabo gisozi mwubahwe
Amédée yubahwe harimwo impanuro nyinshi abakunze ihuriro ry'amakuba mumpe like❤❤
Courage muhimbare na keza imana ibazigam ndabakunda cane cane gose mukina ivyubaka umutima wanj
Keza n'alvella ❤❤❤❤ cn!!! Murandyoher cn narabakunz Vrt ❤❤❤❤❤❤❤❤
Nukuri alvella utumye nanj ntiburamosozi yoooo
Mbega disi umwana wumukobwa ngobaramuhemukira😭😭😭😭😭😭😭😭
❤❤❤❤❤mukomeze kutwibutsa inyigisho twakuyemwo. Mwubahwe!!!
Yoooo 😮😮😮 hemwe mwarimwaratwibagije.m courage❤❤❤
Mu Rwanda turabakunda cyane mukomeze kugubwaneza❤
Nanje keza ndamwikundr yubahw❤❤
Tofire uragambaniw kbx nuwar chu wawee😢😢😢😢😢😢😢😢
Ohhh mbega urukundo rwubu we mpore mama theo
Alvella na Keza
Imana ibahezagire cane
Kko munkora K'umutima
Mwarakoze cyane nanjye nozeyeko nzasubizwa
Ntayindise
Murashoboye Imana ibaje imbere
Umuntu kunda keza nkanjye mumpe like
Sinibagiye nabo mufashanya kugirango ubwo butumwa bwuzuye impanuro budushikire,mwubahwe
Courage kurecan nihombifurij kugera
Nisawa kbx🎉😂😢❤
Amédée respect vrt❤❤❤
Nanje film zanyu ziramfasha muvyurukundo ingne novyitwaramwo mwubahwe Can ndabikundira
Keza akinaneza agira inyigisho nziza peee ndabakunda
Turabemera cyane murwanda murabambere ❤❤❤
Nange ndabakunda cyane kuri film nziza muduha pe Imana ibahe umugisha
Nukuri firme niyambere maze kuyiraba incuro cumi kandi izozose zarandijije ndakunda mimi cane gose arabiz
Ndabakumbuye komwaduhevye mutakiduha films murikumwe
Courage ncuti zanje ndabakunda
Mubira mukorera iyind kabisa
Iramara kbisa
Mukin nez Can kand harimw ninyigish nyish je vous en courage
ATI hoya yeeeeee😂😂😂😂 yebega Dina 😮😮😮😅😅😅 pole basi
Abakunda it film blank mump like
Lenine rero n'umukinyi mwiza courage
Courage keza n'a kamikazi
Murahanura bikwiye courage
Iyi frim ni nzizape banyirayo bihutishe izindi epsode
Mungu awabaliki sanaaa❤
Muduhe part 3 nkri
Courage courage❤
Kbs ndashimiye kongera kiduha flm turayikunda cyañee ark mukina inshoro nyishi
Wuuuu😊
Ndabakunda abarundibazigukina
Muranezerey muriyi film yanyu,mukina ibintu nukwiyumvira kudasanzwe,uhoraho nabaj
Wooow byiza cane
Imana ntibura ukwibigenza
Film nziza yigisha cane muvyubuzima ikaduha uburorero bwishi muvyubuzima mwirambire cane
Iyi filime ifite akananga keza nakunze nukuri abarundi mukina neza
❤❤❤❤🎉ndabakundaa cane
Mwubahw kwl Yesabonger inkomezi kez uraryoher cn
Tewo courage 🎉🎉🎉😂😂😂😂
ew gyna shn warufis agafn kabiiiiiii😊😊😊😅😅
🎉ndishinye kbs
Mwarakoz kutuha impanuro
Ifirime nziza ndayiravye ndarira coulage ndivyuza kubona alvela
Merci pour votre vidéo nous avons bien pour moi c'est très bien bien ❤😅😅❤❤
Umunuzi cano iyi frim irigucaho na bwire
Iri kuri BMT Buja yose
Keza akina neza rwox
Muduhe part3
Kimwe amede ndamukunda cn ndamwibukira kur fil kurira ijishorimwe iyondavy film yawenumvanuatwe umutima kimwe mubikora neza nanj icomp amahigwe nkakina film
Samvura ntiyari kuburamwo, cakora biraryoshe
komera imana
ew Alvella shn wikundra i bogare😂😂😂
N'ukuri ino reresi yarimwo inyigisho pe.
Nukur film iraryosh cn knd irimw impanur kok kigem yarahuy nibigeragez vyinsh
So talented ✅✅🇧🇮🙏
Narindabakumbuy kweri
Amédée war wagiy kur 11🤭🙈😂😂😂
Mukina nezaa
mWubahw cn ndabakund.mwes kuko mubikor neza
Ammedé please turashak ko udutegurira izind film zubwenge nkiyi ,nkishusho yumuntu , n'inkuru y'inkuba . Je nizo film ndundi maz kubona zirenze pe
Mwarakoze kuduha impanuro
Amédée kubona uheba gukina jekwel urambabaza kuntu wakina ibintu bizima vyigisha Kandi bibabaza film yankorojamarira
Alvella arashoy kul
Hamwe n'ishusho y'umuntu
Courage courage
Mwarakoze caaane kutugirira full movie,mbega iyambere mwarayihejej?ko iyo ari série2?
Turindiriye suite.
Patrick ariwe benin manariyo nahor ndakwumv kur radio bunt mukiganir muvug power tangawiz niyind mitob ya achib sinar bwakubon wubahwe murakina nez nimpanuro nziza
Amede turagukunda .
Tugusabe uzobandanirize iyi film
Film ninziza cane
Mwakinyenezap
👍
Kigeme ese azemera akundane n'a teo .
Iyifeime twarayikunzepe
Courage
Mukina nez arik kubamwagiz ibic birebir ntakazi mwarikugir ibicebic bimana 25 cank 30 minutes
Urampa Mana nanje kugira ukwihangana nk'ukwa keza na alvella
Umwansi wumuntu ntava kure
Mukomez kuturonderera nizind tubandany twig
Vyiza cn
Part 3 igezehe?
Mwubahwep
❤❤
Nisaw ndashima kwl ham 😊mmmmķý
MWe mwaraduhevy muguma mutuzanir izahez kor izindi
Mwamp nimer ya keza
❤❤❤
Mim wubahw kbx urakin ibinyubaka kbx ukumez Mum firm abarikumez mubuzim bwamisiyos ndakwikundir kbx
Film zanyu ziranyigish pe
Ariko disi keza nuyu urwaza abantu Baraza umenga nabavukanyi
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ 0:58