Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Amedee felicitations urumwanditsi mwiza. Yemwe yemwe niyompamvu mwayise ihurizo ry' amakuba nivyope kuko ivyo muhizi yakoreye tofiro nivyo nawe bamukore keza mpore ihangane bifise iherezo 👍🤝🙏
Waouh!murampimbaye BMT vrt!IHURIZO RY'AMAKUBA PART 1 FULL MOVIE!!!Mwubahweeee bcp!!!
It was hard for me to take almost 4hrs to watch the movieMuch respect to Amede for his good works
Uzigucyina
Keza ndabakunda cyane mbambakurikiyev ndimurwada mujyemukundagukina uhura navl a med murabiryoshya byasana
Keza imana ikufash urakina nez vraiment mwubahwe cane
Ndagukunda cyane rwose ndi murwanda mukinaneza kbx
Amédée wubahweee!!!❤
Amed ndabashimiye bivuye kumutima ikintu mutwigisha 2:48:22 😅 2:48:30 ivyo nzoba bishuye
Mimi urandyohera pe!nihurizo ryamakuba kbx
Keza komeza udukinire neza,,, uzi kwihangana cyane
Iyi film nayikunze Cyane nducyeneye ikindi gice
Mimimireye ingozi burundi ndabakunda cane 🇧🇮🇧🇮👏👏
🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦❤❤❤❤❤❤yúhgy🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦😊😊
Ndi Murwanda ark murakina neza nkabikunda caneeee ❤❤❤❤❤❤
Muranyibukije vrt murakoze canee❤❤❤❤❤
Mimi urashoboye cane kuhaje koko munyakabiga
Film zanyunazikunze natangiyekuzireba nimugoroba gusanabakunze cyane
Nciy nkumbura Amédée na mimi sha❤mwayikinye nezaaaaaaaaaaa hejuruuuu❤❤❤
wawoooooooooooooooooooooooooo mega film nziza
Vyiza cane Ariko intore ntindi Season2 turacayirindiriye muyinyarukane
Keza ndagukunda cyane 💕 firm zirimo keza ndazikeneye
Abaza nyuma mundemereeeeee🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😊
Abantu mwegereye ammedé muzomutubarize ko yahevye kudukorera ama movie Jew film ziwe zinkoraho pe !
Ubundi keza niwowe wanjye❤❤❤ from 🇷🇼
Keza ni mwiza cyane
Keza urimwiza cyane peee naragukunze🎉🎉🎉🎉
Keza urukundo rwawe rwarambabaje peee😢😢😢😢😢😢
Harimwo ubutumwa bwinshi cane.Imana ikomez boar nd
Turabakunda ❤❤🎉
Mukomerezeaho keza 2:22:28 ukinaneza
Niho nkibona film zanyu ndazikunze❤😊
Respect Mimi uzi gukina films❤
Nukur akin nez
Ego kwer
❤❤❤❤❤❤ ooooooh nciye numva nsubiye kubakunda
Murashoboye ndabemey❤❤❤❤
My favorite series❤❤❤
Keza ndagukund 🌹 cyneee urakoz gusenger incut yawe tiyofir lman ikumv
Mwubahwe Mimi nimtare ntabwiza amudimiya
Now I'm in love with burundians movies
Welcome to Burundi
Waramuts nicyaris turabakund
Keza mwena Amédée mwakin ariko nokovyarangiy muburany
Mwubahwe kbsa ahubwo duhe dushasha
Keza wacu abikora neza sana
Gusa amafoto asa nabi cyanee
Big up sana iyi film nari ndayikeneye iri hamwe kbs
Muratwibukije mrc bcp❤️❤️🙏
Nahonakagendey Amédée hejuru🎉🎉🎉🎉🎉
Umuhanga kuma film amede ndakwemera nuko utakiduha film
Bite keza urakunda pe mbega wararongowe none
Yooo😂😂😂😂Nkengurutse weee helo helo mapipo komere nkengurutse 😂😂
Dushaka gashasha nukuri.turabanyotewe
Inka yakagajo 😂😂😂 iconkushimira ikirundi uracumvape ikirundi cimuramvya❤❤❤❤❤
Le meilleur film ' félicitation vraiment
Mwaramusteho njutidukuna mbambakurikiye ndimurwanda imanaibashigikire turabakunda
Keza ndagukunda cane kukuntu ukina film zose wakinye naragukunze cane.lmana igukomez kungabire yawe
❤❤❤
😢
Den TV turabakunze cane rwose.
Amede wew twohur gt?? Mwe na mimi ndababwire akantu❤❤❤❤
Aha muzonatwica like actor my family
😢😢😢😢😢iyi film 🎥 irambabaje ndayimaze umutima wanj'ubabaye pee😢😢
Film zaba nama dance douce hamwe nibiragi hagumamwo imiziki
Haraho ukora ibintu bikagucanga
Amédée wubahw uriyumvira pe mwe Na mimi mufisimpano mukina neza cneee❤❤
yooooooooooooo keza komera kd turagukunda cyane❤❤❤❤
Aka kantu nisawa 🤞✌️Ariko turakeneye na S2 ya ntuzeya 😂🤦🏼♀️🙈
Tubakunda cane❤❤🎉🎉
❤❤❤❤❤
Courage vrt murashoboye
Mwubahwe mukinaneza keza mdamukunda ndimurwanda turabemera
Ebn mwubahwe cn ndab❤️❤️❤️
Yoooo'firime'''nziza''cne
Ici bikira mukina film ziryoshe cane zinyigisho ❤❤❤❤
courage kur keza afise ukwohangana ntakundi amafarang
Ndabashimiye cyane imana ibarinde kd ndabakunda
Mwubahwe murampimbaye
Nkunda film zanyu pe
salute cyane
I appreciate the way you play your films BMTNothing I can help you Only God bless youMuch Love❤❤❤❤❤
Mbaye mubambere Mumper like
Dinukuri turachima film mutugezaho❤🙏
Mukomez muduhenizndi
Nisawa cana film ndundi ariko umwanya munini film ntiryoha iminota 25 irakwiye kuri episode
Wow Film ni nkizi
Mbega weeeeee muradushimisha❤ 2:30:09 🎉❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
Bantu banj mukomeze nukuri turabakunda
Nizere komugarutse kuduha ibintu nkibi bimeze neza courage
Ababakinyi bakwiy gushigikigwa bogerakur barabizi ni barutwanayo elias
Baragutuburiye cha basi ihangane
❤❤❤❤ nkunda ingene mwigisha neza
Ntabanezerewe pe ndi mu rwanda
Mbega ibibazo Theo ihangane turabakunda from Rwanda🇷🇼
Mwubahwe famille Amédée ❤🎉🎉
Mimi ndakwkundira urakna neza courage
Muranezerew sana
Keza I like you nifuza guhura nawe umunsi umwe to.
Yewe muyarya yabavunnye kukwibizamumazi bigezehariya. Ahaaa!
Amédée Ndagushimiye uriyumvira vrmt ❤❤❤
Keza imana iguhezagire urakinana neza cane
Amede tegura akand ga film turagukumbuye kabisa.uzokinishe nuw mu brother wa keza ar sérieux kabisa naramukunze
Hhh Norasique arantwengjkl yaramezuk muraz gukina
Iraryosh kwl👍👍👍
Yooo ni film yamateka arikose Amédée ntiworeba ukigirisha ugasubira ugakina film kuntu wabiryosha
Waouh
Urukundo ruruta byose keza komerezaho ni woe wanjye
Mukinaneza turabakinda neeee kbx
Courage bant nemer muhezagirw mufis impano
Keza vrt felecitation urakina ukigisha
iyi film irigisha mwubahwe
Ivyovyam vyabay abagirubweng tubur tuhakur icigwa
Norasque style yawe nizina ryankengurutse biragusa😅😅
Amedee felicitations urumwanditsi mwiza. Yemwe yemwe niyompamvu mwayise ihurizo ry' amakuba nivyope kuko ivyo muhizi yakoreye tofiro nivyo nawe bamukore keza mpore ihangane bifise iherezo 👍🤝🙏
Waouh!murampimbaye BMT vrt!IHURIZO RY'AMAKUBA PART 1 FULL MOVIE!!!Mwubahweeee bcp!!!
It was hard for me to take almost 4hrs to watch the movie
Much respect to Amede for his good works
Uzigucyina
Keza ndabakunda cyane mbambakurikiyev ndimurwada mujyemukundagukina uhura navl a med murabiryoshya byasana
Keza imana ikufash urakina nez vraiment mwubahwe cane
Ndagukunda cyane rwose ndi murwanda mukinaneza kbx
Amédée wubahweee!!!❤
Amed ndabashimiye bivuye kumutima ikintu mutwigisha 2:48:22 😅 2:48:30 ivyo nzoba bishuye
Mimi urandyohera pe!nihurizo ryamakuba kbx
Keza komeza udukinire neza,,, uzi kwihangana cyane
Iyi film nayikunze Cyane nducyeneye ikindi gice
Mimimireye ingozi burundi ndabakunda cane 🇧🇮🇧🇮👏👏
🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦❤❤❤❤❤❤yúhgy🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦😊😊
Ndi Murwanda ark murakina neza nkabikunda caneeee ❤❤❤❤❤❤
Muranyibukije vrt murakoze canee❤❤❤❤❤
Mimi urashoboye cane kuhaje koko munyakabiga
Film zanyunazikunze natangiyekuzireba nimugoroba gusanabakunze cyane
Nciy nkumbura Amédée na mimi sha❤mwayikinye nezaaaaaaaaaaa hejuruuuu❤❤❤
wawoooooooooooooooooooooooooo mega film nziza
Vyiza cane
Ariko intore ntindi Season2 turacayirindiriye muyinyarukane
Keza ndagukunda cyane 💕 firm zirimo keza ndazikeneye
Abaza nyuma mundemereeeeee🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉😊
Abantu mwegereye ammedé muzomutubarize ko yahevye kudukorera ama movie Jew film ziwe zinkoraho pe !
Ubundi keza niwowe wanjye❤❤❤ from 🇷🇼
Keza ni mwiza cyane
Keza urimwiza cyane peee naragukunze🎉🎉🎉🎉
Keza urukundo rwawe rwarambabaje peee😢😢😢😢😢😢
Harimwo ubutumwa bwinshi cane.Imana ikomez boar nd
Turabakunda ❤❤🎉
Mukomerezeaho keza 2:22:28 ukinaneza
Niho nkibona film zanyu ndazikunze❤😊
Respect Mimi uzi gukina films❤
Nukur akin nez
Nukur akin nez
Ego kwer
❤❤❤❤❤❤ ooooooh nciye numva nsubiye kubakunda
Murashoboye ndabemey❤❤❤❤
My favorite series❤❤❤
Keza ndagukund 🌹 cyneee urakoz gusenger incut yawe tiyofir lman ikumv
Mwubahwe Mimi nimtare ntabwiza amudimiya
Now I'm in love with burundians movies
Welcome to Burundi
Waramuts nicyaris turabakund
Keza mwena Amédée mwakin ariko nokovyarangiy muburany
Mwubahwe kbsa ahubwo duhe dushasha
Keza wacu abikora neza sana
Gusa amafoto asa nabi cyanee
Big up sana iyi film nari ndayikeneye iri hamwe kbs
Muratwibukije mrc bcp❤️❤️🙏
Nahonakagendey Amédée hejuru🎉🎉🎉🎉🎉
Umuhanga kuma film amede ndakwemera nuko utakiduha film
Bite keza urakunda pe mbega wararongowe none
Yooo😂😂😂😂Nkengurutse weee helo helo mapipo komere nkengurutse 😂😂
Dushaka gashasha nukuri.turabanyotewe
Inka yakagajo 😂😂😂 iconkushimira ikirundi uracumvape ikirundi cimuramvya❤❤❤❤❤
Le meilleur film ' félicitation vraiment
Mwaramusteho njutidukuna mbambakurikiye ndimurwanda imanaibashigikire turabakunda
Keza ndagukunda cane kukuntu ukina film zose wakinye naragukunze cane.lmana igukomez kungabire yawe
❤❤❤
😢
Den TV turabakunze cane rwose.
Amede wew twohur gt?? Mwe na mimi ndababwire akantu❤❤❤❤
Aha muzonatwica like actor my family
😢😢😢😢😢iyi film 🎥 irambabaje ndayimaze umutima wanj'ubabaye pee😢😢
Film zaba nama dance douce hamwe nibiragi hagumamwo imiziki
Haraho ukora ibintu bikagucanga
Amédée wubahw uriyumvira pe mwe Na mimi mufisimpano mukina neza cneee❤❤
yooooooooooooo keza komera kd turagukunda cyane❤❤❤❤
Aka kantu nisawa 🤞✌️
Ariko turakeneye na S2 ya ntuzeya 😂🤦🏼♀️🙈
Tubakunda cane❤❤🎉🎉
❤❤❤❤❤
Courage vrt murashoboye
Mwubahwe mukinaneza keza mdamukunda ndimurwanda turabemera
Ebn mwubahwe cn ndab❤️❤️❤️
Yoooo'firime'''nziza''cne
Ici bikira mukina film ziryoshe cane zinyigisho ❤❤❤❤
courage kur keza afise ukwohangana ntakundi amafarang
Ndabashimiye cyane imana ibarinde kd ndabakunda
Mwubahwe murampimbaye
Nkunda film zanyu pe
salute cyane
I appreciate the way you play your films BMT
Nothing I can help you Only God bless you
Much Love❤❤❤❤❤