KIRUNDI 🇧🇮 VS KINYARWANDA 🇷🇼 LANGUAGE CHALLENGE💪🏽🚨

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 29 вер 2024
  • Hey guys, enjoy the video here we are talking about Kinyarwanda VS Kirundi language challenge 
    Tubwirana amajambo atanduukanye tukumva uko avugwa nuko asobanura
    Enjoy please if you’re new here, make sure you like 👍 comment 💬and subscribe 🔔
    #funnymemes #rwanda #games #challlenge #kirundi #burundi #burundionthemap #rwandaupdate #rwanda #movie #kazeiburundi

КОМЕНТАРІ • 461

  • @kimenyitito
    @kimenyitito  Рік тому +31

    please kindly share this video to encourage us to do more, on your face book, WhatsApp status Instagram etc, I love you all my fans for your wonderful support so far, remain blessed and happy week❤

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y 3 місяці тому +2

    Oyaye yihenze amatunda namabungo biratandukanye ituda riguma aritunda ibungo nibungo nyene gusa vraiment nibon

  • @LouisMachami
    @LouisMachami 3 місяці тому

    gauche vs adroit
    ibumoso vs abubanfu/iburyo

  • @danny2082
    @danny2082 2 місяці тому

    Gusarura nibazako ari kwimbura

  • @MukakayanzaJoseph
    @MukakayanzaJoseph 3 місяці тому

    Namwe ntabwo muzi ikinyarwanda mumenyeko haribyo duhuriyeho

  • @metrom8009
    @metrom8009 Рік тому +52

    KIRUNDI - KINYARWANDA
    Kurungika- kwohoreza
    Umutama- umusaza
    Ibirato- inkweto
    Ivyema- utunyobwa
    Ivyamwa- imbuto
    Akayabu- akajangwe
    Kwugara- gukinga
    Gutwenga- guseka
    Itiro- ibitotsi
    Umugore- umutegarugore
    Etc
    I like this

    • @ghostagee5232
      @ghostagee5232 8 місяців тому +3

      Mu kirundi: Kwohereza aga tube muri stomach. Umusaza navyo turabivuga, n'inkweto vyaravugwa mu bakera. Ivyamwa:fruits.Imbuto:Seeds, species

    • @ghostagee5232
      @ghostagee5232 8 місяців тому +4

      Gutwenga bivugwa in central, western and southern Burundi. Guseka biravugwa North and East. Gukinga: kwugara ntushikane.

    • @ghostagee5232
      @ghostagee5232 8 місяців тому +4

      Umugore: Umukenyezi, umupfasoni, umutambukanyi. Umukecuru n'igitutsi, bisigura umutamakazi yakamvye cane, windushi, akenye, asa nabi

    • @bonteirakiza8173
      @bonteirakiza8173 3 місяці тому +2

      1)AMASAKU mu kirundi ni UTWATUZO 🤭
      2)GUSARURA kiravugika kandi kikongera kigasobanura KWIMBURA mukirundi I think so😇
      3)GUTASHA no mukirundi kirabaho nikimwe baratasha inkwi 😉
      4)IGIFENESI kirabaho mukirundi (jackfruit😊)

    • @Bucura1946
      @Bucura1946 3 місяці тому

      @@ghostagee5232hhhhhhh

  • @123visions
    @123visions Рік тому +35

    Gusarisha, gutesa,....: Ayo majambo s'Ikirundi (ni slengs).
    Uwo mwigeme yagerageje, ariko Nawe arafise utwo ataramenya mu Kirundi.
    Ariko ikiganiro ni ciza cane, muze mubandanye muvuga Ikirundi n'ikinyarwanda Hama muzikundishe abandi.
    Mubandanye mutera Imbera.
    Murakoze

    • @bwenge5332
      @bwenge5332 3 місяці тому

      Muzikundishe abandi = dusobanurire mu kinyatwanda

    • @123visions
      @123visions 3 місяці тому

      @@bwenge5332 Kubera ivyo nariko ndavuga zari INDIMI(Languages) (IKIRUNDI&IKINYARWANDA), ushatse ko wobwira abandi bantu ngo bakunde IKIRUNDI n'IKINYARWANDA (arizo NDIMU) utarinze kuzisubiramwo, uca uvuga ko : Ari "kuzikundi abandi".
      Kuzikundisha kIvuye mu rivuga "Gukunda" ariko hiyongeramwo "ZI" nayo ikaba isubirira "INDIMI" mba ntashatse gusubiramwo kuko mba namaze kuzivuga Mumajambo aba yaheze/yatambutse.

    • @sebatahadieudonne4993
      @sebatahadieudonne4993 3 місяці тому

      Umutoza=umenyereza
      Apprentice ngo mukinyakwanda=ngo n'umutoza
      Apprentice mukirundi ni umwigishwa😂

    • @sebatahadieudonne4993
      @sebatahadieudonne4993 3 місяці тому

      Amabungo n'amatunda biratandukanye sister

    • @fabricenininahazwe3975
      @fabricenininahazwe3975 3 місяці тому

      Gutesa si kirundi, ni terme iva muri swahili

  • @burundishallsmile1day109
    @burundishallsmile1day109 4 місяці тому +10

    "Gahunda" ni Ikinyarwanda
    Mu kirundi ni" Isango"rivuye murivuga"ugusanga"
    "Uhana isango n Umuntu ryaho uza kumusanga"
    Guhunda mu Kirundi ni Uguhunga winyegeza"kwihunda canke kwihundira mu Nzu
    ntaco bisana no guhura n Umuntu.

  • @Schadmc
    @Schadmc 3 місяці тому +38

    Who is here in 2024?

  • @KamarizaViolette-zm5bw
    @KamarizaViolette-zm5bw 2 місяці тому +5

    Ipuuu urabeshe itunda. Namabungo biratandukanye wa murundikazi wacu nawew ntavyuzi

  • @KESH250
    @KESH250 Рік тому +8

    Kime Ejo Nzaguhitana Tujye Kuraba Match Mugabo 😂😂😂

  • @achillekalindaachofficial6903
    @achillekalindaachofficial6903 2 місяці тому +5

    This is so wonderful, guys🥰😍🇷🇼🇧🇮
    Mwadukomye pe👌🏾

    • @mdmb6873
      @mdmb6873 2 місяці тому

      Umusigiti Wayawe mukirundi ciza nu igikaju

  • @BabaHarussi
    @BabaHarussi 3 місяці тому +4

    Uyomukobwa. Ntazi ikirundi neza

  • @MANING41
    @MANING41 Рік тому +6

    Ico abarwanda bita igisheke ni igikaju mu kirundi!! Umusigati uva kukigori

  • @Profesakiriku1
    @Profesakiriku1 Рік тому +7

    Amasaku mu kirundi bavyita utwatuzo

    • @AlinAlin-hp5wy
      @AlinAlin-hp5wy 3 місяці тому

      😂😂😂😂😂😂urabeshe😂😂😂

    • @valensnkubana7905
      @valensnkubana7905 3 місяці тому

      Nomukinyarwanda tuvuga utwatuzo urugero ,.;!?:().....bitandukanye n'amasaku

  • @charlesbaruti6394
    @charlesbaruti6394 Рік тому +7

    Merci beaucoup pour cette initiative mes miens🇷🇼🇧🇮.
    🇧🇮Ndabakyengurukiye🤣😆😆😃😃😂😃😂
    🇷🇼Ndabashimiye🙏😅❤️

    • @edgarmuyoboke2145
      @edgarmuyoboke2145 8 місяців тому +1

      Ndabashimiye,
      Ndabakengurukiye
      Vyose mu Kirundi birakora, Nico kimwe.

  • @uchumicomedy5489
    @uchumicomedy5489 3 місяці тому +3

    Gutasha mukirundi babyita gusenya

  • @ماريافيدال
    @ماريافيدال 3 місяці тому +5

    We nisawa apana bamwe baterana ibijambo vyoguyukana , courage

  • @iloveanesthesia
    @iloveanesthesia 3 місяці тому +1

    I thought i'd be able to understand kirundi cause I understand all kinyarwanda but naaaahhhhh, that's a different language completely lol

  • @DarcyNTEGEREJIYERA
    @DarcyNTEGEREJIYERA 3 місяці тому +4

    Thank u guys you did great job, i'm Burundian, lives in gitega, love u❤

  • @hamisikibwana6642
    @hamisikibwana6642 Рік тому +3

    He guys ,please may translate in engilish? so we caan .

  • @nzoyisabaalexis6545
    @nzoyisabaalexis6545 Місяць тому

    Abanyarwanda Bose barahafise ku Murundi??hagati y'ivi n'ikirenge amaja imbere

  • @mbona7324
    @mbona7324 3 місяці тому +1

    Harikindi nigeze kuvuga I kigali baranseka ndumirwa
    Gukoroka (kirundi)=guhanuka (kinyarwanda)

  • @angelyncandiramiye
    @angelyncandiramiye 2 місяці тому +3

    Amasaku,akatuzo 😅😅

  • @LaReinneIneza
    @LaReinneIneza 3 місяці тому +3

    Umurondo wacu nukuri aragerageza mugabo ikirundi nigike kuriwe😂😂😂

    • @KubwimanaJayMichael-lf5wd
      @KubwimanaJayMichael-lf5wd 3 місяці тому

      No sikirundi gike bivana naho yavukiye uwo numunyamuji.

    • @LaReinneIneza
      @LaReinneIneza 3 місяці тому +1

      @@KubwimanaJayMichael-lf5wd erega twese ntituri abaruguru Kandi bisaba ko kumenya ukobavugahose nkabarundiiyo ushaka kukimenya vya sawa sawa
      Gusa aragerageza nkuko natweho harivyo twovuga bakatubwir muragerageza Kandi twari tuzi twabitoye😂😂

  • @godwin4040
    @godwin4040 Місяць тому

    Amasaku ni Ubwatuzo mukirundi
    Gutasha ni Ugusenya
    Umusigati cank igikaju =Igisheke

  • @cynthianihezagire9903
    @cynthianihezagire9903 3 місяці тому +3

    Igisheke=igikaju
    Ukamuguyaguya=guhoshahosha
    🎉

  • @jeanbosconkengurutse6906
    @jeanbosconkengurutse6906 Рік тому +3

    Mukirundi hari synonyms nyishi,gukenguruka,gushima...just nibimwe

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana3535 2 місяці тому

    Akamaramaza k'umukobwa .ngo itunda nico kimwe n'ibungo
    mana yanje?igifenese ngo ntaco nzi?IKIBORO kwuwo munyarwanda ?
    Ico kirundi sico n'ico kinyarwanya sico,aba jeune ba kino gihe

  • @patricknahayo5215
    @patricknahayo5215 Місяць тому

    Mu Burundi tuvuga gusarura canke kwimbura . Gutasha inkwi twebwe tuvuga Gusenya inkwi

  • @ricchigotahunnid
    @ricchigotahunnid Рік тому +4

    this wasn't expected let's break the algorithm folks🥳

  • @nkunzimanapierreclaver4935
    @nkunzimanapierreclaver4935 3 місяці тому

    Ibi murimwo bidufasha iki? Ko ataco muvuga canke ngo tuvuge ntitwumvikane. Ubwo n'ubusutwa

  • @nkunzimanapierreclaver4935
    @nkunzimanapierreclaver4935 3 місяці тому

    Ibi murimwo bidufasha iki? Ko ataco muvuga canke ngo tuvuge ntitwumvikane. Ubwo n'ubusutwa

  • @webbryr5568
    @webbryr5568 6 місяців тому +1

    🙏🙏🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🥰🥰🥰🙏🙏🙏

  • @JosianeNiyonsaba-vb4bu
    @JosianeNiyonsaba-vb4bu Місяць тому

    Nabarundi Hari intara usanga haribintu vyitwa ugitandukanye. Nkakarorero igisheke harintara Citwa igikaju, abandi bacitwa umusigati mugihe harintara umusigati ari kiryq giti kiva kubigori.Ifene canke jackfruit aho nakuriye twavyita ivenesi. So it depends on which side of burundi there are many things that are called different. Hope this helped

  • @jimmydelphinsabukwigura3092
    @jimmydelphinsabukwigura3092 3 місяці тому

    gusarisha s'ikirundi nyaco ni terme yazanywe n'aba jeune.mwe muca muvuga ko yakoze amahano

  • @doxakeza2718
    @doxakeza2718 Рік тому +4

    Sinarinzi ko bitandukany ukwo kose😂😂thnx

  • @fistonbukeyeneza37
    @fistonbukeyeneza37 Рік тому +21

    Burundi 🇧🇮 Rwanda w're brodazi

  • @Ntalerugamba
    @Ntalerugamba 2 місяці тому

    Ukuntu uvuga urinoguhekenya birabishe.uzabireka.

  • @davidkedros
    @davidkedros 2 місяці тому +1

    Ivyema (ubunyobwa) 😂 reka nigendere 😅

  • @FleuryRukundo-gw6bn
    @FleuryRukundo-gw6bn 3 місяці тому

    Uwo mukobwa wazanye ni fake Burundian. Ubutaha uzashake umurundi wuzuye.

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 3 місяці тому

    Naw bukunda ikinyarwanda apana icongereza cishi

  • @InnocentMiburo-o6v
    @InnocentMiburo-o6v 3 місяці тому

    Uyumukobwa nawe numurundikazi gusa nuwomumuji harivyinshi atazi,Gusarisha sikirundi ikirundi ni kumaramaza

  • @sabrinabea204
    @sabrinabea204 Рік тому +2

    Yooo dorcas kweliii shun ni biggy muri HEL Bernadette shun i miss you ndabasuhuje

  • @NizigiyimanaJeanine-vf6zi
    @NizigiyimanaJeanine-vf6zi 3 місяці тому +2

    Igifenesi natwe nuko tucita

  • @remy2574
    @remy2574 3 місяці тому +1

    Manayanjye mbonye umurundikazi atazi irikundi.
    Akantu kanyishe ndaho yavuza ngo gusarura nikikundi.
    Urugero cyankese akarorero
    Umukunyarwanda uvuze ngo umusaruro wabonetse uyumwaka.
    Mukirundi ndaho bavuga ngo umwimbu twabonye muruyumwaka.
    Gusarura
    Gusoroma.
    Niba ntakirundi uzi uze ndakwigishe.

    • @nestorvyamungu1313
      @nestorvyamungu1313 2 місяці тому

      oya bivana naho aba, kuko nkumusigati wewe yavuze igikaju kandi haraho umusigati tw tuvugako ari kirya co kukigori

  • @DonatienNiyondereye
    @DonatienNiyondereye 2 місяці тому

    Thank u but the word gutesa doesn't exist in original kirundi it is kindization of kiswahili l thing!and wou'd like to say that she an original burundian

  • @btka2195
    @btka2195 3 місяці тому +1

    ngira 95% y' ikunyarwanda n' kirundi birasa. amagambo amwe niyo atandukanye. umunyarwanda wa kigali yumvikana neza n' umurundi kurusha umuntu wa gisenyi cg byumba na ruhengeri

  • @deziniyo
    @deziniyo 8 місяців тому +3

    Tucita igikaju
    Umusigati nuwikigori

  • @belysenkurunziza3271
    @belysenkurunziza3271 6 місяців тому +1

    Ibibazo ndi guhura nabyo muri kigali 😂😂Uze kuza kumpitana😭😂😂😂😂

  • @IradukundaEloge
    @IradukundaEloge 3 місяці тому

    Ikirundi mukibajije umwana yavukiye buja nawe ntacazi neza baza uwomucaro nkibintu biganye namata namasaka nuburo ntavyamenya ubwatuzo kukirundi ntavyazi mazi indimi zohanze yigihugu cane parport yikirundi nukuvuga keshi ikirundi bavanga nibishwahiri nibifarasa

  • @MerveilSemahoro
    @MerveilSemahoro Місяць тому

    Bavyita igishakari
    Cank umusigati
    Cank umuseke

  • @dushimeallegra7471
    @dushimeallegra7471 2 місяці тому

    hari ikindi nshaka kumenya mu kinyarwanda iyo bavuze urusaku mu kirundi mu kinyarwanda ni gute?

  • @Ntalerugamba
    @Ntalerugamba 2 місяці тому

    Don't working with your candy in your 👄

  • @EmmyNassor885
    @EmmyNassor885 11 місяців тому +1

    Amasaku= utwatuzo. ( umugabó=mugâbo)

  • @BizozaJeanclaude
    @BizozaJeanclaude 2 місяці тому

    Comparative method or what?!!!!

  • @devotamusengimana3345
    @devotamusengimana3345 2 місяці тому

    Uwo mu Kirundi bita umushingantahe ni umuntu umeze gute? Ni umusaza cg ni umucyecuru?

  • @ukunzwenimanaolivier3284
    @ukunzwenimanaolivier3284 3 місяці тому

    Tito nawe ntuzi ikinyarwanda gukuyakuya nukwinginga umuntu umubwira utuntu twiza two kumutereta bitwe nicyo umukeneyeho

  • @EricManirambona-se5wd
    @EricManirambona-se5wd 2 місяці тому +1

    Nigifenesi nyen mukirund

  • @mbonimanasharif265
    @mbonimanasharif265 2 місяці тому

    Ubundi abana bu'rwanda biki gihe ntabwo muzi neza ikinyarwanda gusa nawe ibintu uvuga nakumiro peee umeze kuwo umukobwa mwese nikimwe

  • @Elia-p5s
    @Elia-p5s 3 місяці тому

    Sha wapi, ntamurundi akunda umunyarwanda, umva ndumurundikazi nabaya mu Rwanda 28 ariko ndatangazwa nuko ne birefu sga niberebire bire pekandi umunyarwanda ntakibazo afite kumurundi nta regreta kuba ndimurundi

  • @ChemchemiRecords
    @ChemchemiRecords Місяць тому

    Kirundi sounds peaceful and calming

  • @ndarishikijejeandedieu8860
    @ndarishikijejeandedieu8860 2 місяці тому

    Mukirundi tuvuga : amafaranga amajana abiri : n'ukuvuga ijana rimwe incuro zibiri.
    Mukinyarwanda bakavuga amagana abiri ariko hageze kuvuga ijana rimwe bakavuga ijana kubera iki batavuga igana rimwe aho kuvuga ijana rimwe ariko hagera kuvuga amajana menshi bakavuga amagana?

  • @ValeryStephan
    @ValeryStephan 2 місяці тому

    Ego nakarere câble uturere biravugwa ariko tuvuga intra .

  • @Kkom22
    @Kkom22 2 місяці тому

    Mwese ntabwo muzi ari I kinyarwanda ari ikirundi

  • @dorianeingabire4118
    @dorianeingabire4118 2 місяці тому

    Gutasha inkwi twebwe tuvuga Gusenya inkwi

  • @pepeinno9336
    @pepeinno9336 2 місяці тому

    Gusarisha from gusara is slang, not proper kirundi

  • @dundaentertainment6753
    @dundaentertainment6753 Місяць тому

    Dent tv follows you too

  • @SophieNzayisenga-p3t
    @SophieNzayisenga-p3t 3 місяці тому +1

    Murahoneza,nagirango nkosoreho gato.umusigati wavaga kumasaka.ntabwo ibigori rwose byaribwaga umusigati,kereka munzara.amasaka niyo agira umusigati. Ikindi kugara nokugurura ,twebe tuvuga kugarira no kugurura. bakugurura imyugariro yamarembo ndetse bakanugarira ,inka zitashye. Bakingura inzugi,ndetse bakanacyingura,ariko imyugariroyo bara yugurura

  • @cumaPablo
    @cumaPablo 3 місяці тому

    Sisi umuneke mukinyarwanda ni umuhwi ariko mukirundi nizina ry'ifi iba mumazi

  • @Ornellaakaneza
    @Ornellaakaneza Місяць тому

    Bite? Woba uri kimenyi Anelka nzi ?

  • @elvishabingabo5755
    @elvishabingabo5755 2 місяці тому

    Ibisheke mu kirundi ni ibishakari bivuye ku masanga

  • @aheza257
    @aheza257 Рік тому +2

    Gutasha=Gusenya

  • @aloysdegonzagueniyoyita1974
    @aloysdegonzagueniyoyita1974 3 місяці тому +5

    Voici ce que les peuples voins ont besoin- this is what neighboring people needs. A youth mind. Not the stupid old people's political mind. Cheer up young people. You are Burundi and Rwanda future.

  • @isaietwagirayezu8838
    @isaietwagirayezu8838 2 місяці тому

    N'uyu muhungu nawe ikinyarwanda cye ni icyo mu mujyi

  • @nyandwienock1885
    @nyandwienock1885 Місяць тому

    Igikaju mukinyagwanda nigisheke

  • @isaietwagirayezu8838
    @isaietwagirayezu8838 2 місяці тому +1

    Kwugara no kwugurura mu kirundi, ni gukinga no gukingura mu kinyrwanda

  • @CesarBizirindashi-ip5dj
    @CesarBizirindashi-ip5dj 3 місяці тому

    Gusarisha ni slang si ikirundi co kw'itsitso

  • @IrirenzumunwaFaustine
    @IrirenzumunwaFaustine 2 місяці тому

    Gusarura=kwimbura
    Gutasha=gusenye

  • @danny2082
    @danny2082 2 місяці тому

    Umurindikazi wacu nawe ikirundi ntaco azi.

  • @pepeinno9336
    @pepeinno9336 2 місяці тому

    Aratesa si ikirundi it is from Swahili kutesa

  • @kwezymarley8552
    @kwezymarley8552 2 місяці тому

    Uyo mudada ntakirundi azi neza ngoo aratesa ngo nikirundi wapi izo ni slang za barundi abana bo mumuji

  • @evelinemukarutese1046
    @evelinemukarutese1046 Рік тому +1

    Nueomukobwa ntakirundi azo

  • @igirukwishakanadege5335
    @igirukwishakanadege5335 Рік тому +1

    Wapi urabeshe itunda samabungo itunda nitunda nyene nomukirundi itunda nirirya umengo rivamwo amasaka Hama umusigati numusigati nyene urya wikigori niwo musigati Hama umuseke nawo nigikaju nikifenesi nikifenesi nyene nomukirundi

  • @renildengendakumana7426
    @renildengendakumana7426 2 місяці тому

    Ico kiganiro niciza ariko muzozane abantu bazi neza izo ndim zibiri

  • @Bucura1946
    @Bucura1946 3 місяці тому

    Kubyigana mukinyarwanda mukirundi ni ibindibindi

  • @ni17207
    @ni17207 2 місяці тому

    Amasaku mukirundi nubwatuzo

  • @5damhozz728
    @5damhozz728 2 місяці тому

    oya igicheke mukirundi nigikaju

  • @omerirankunda
    @omerirankunda Рік тому +3

    🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮👏👏

  • @alberickadomo6132
    @alberickadomo6132 Місяць тому

    Kumaramara mu kinyarwanda n'ukumwara.

  • @alberickadomo6132
    @alberickadomo6132 Місяць тому

    Gusarura mukitundi n'ukwimbura

  • @Ineza-n3r
    @Ineza-n3r 3 місяці тому

    No mukirundi baravuga gusubiza

  • @niyibikorajuvent7168
    @niyibikorajuvent7168 3 місяці тому

    Amasaku mukirundi ni ubwatuzo

  • @nyandwienock1885
    @nyandwienock1885 Місяць тому

    Gusarura mukirundi nigushwabura

  • @ماريافيدال
    @ماريافيدال 3 місяці тому +1

    Gusarura/ kwimbura, gutasha / kuramutsa

  • @hakizimanaviolette1564
    @hakizimanaviolette1564 3 місяці тому

    Ifenese nukonyen mukirundi tuyivuga

  • @ikome2129
    @ikome2129 3 місяці тому

    Wa musore we nawe ntuzi Ikinyarwanda

  • @damascenedamascene7302
    @damascenedamascene7302 Рік тому +2

    murukunzesta qe

  • @JosianeNiyonsaba-vb4bu
    @JosianeNiyonsaba-vb4bu Місяць тому

    Nabarundi Hari intara usanga haribintu vyitwa ugitandukanye. Nkakarorero igisheke harintara Citwa igikaju, abandi bacitwa umusigati mugihe harintara umusigati ari kiryq giti kiva kubigori.Ifene canke jackfruit aho nakuriye twavyita ivenesi. So it depends on which side of burundi there are many things that are called different. Hope this helped

    • @ChemchemiRecords
      @ChemchemiRecords Місяць тому

      Hariho nabita (sugarcane) umusigati, isumba, canke umwage

  • @zenonniyomwungere597
    @zenonniyomwungere597 2 місяці тому

    Dorcas ikirundi ko ari gike gose , tu es de rohero??