Yoroye INKWAVU kuva 1991gushika nubu/Inyishu 113 zerekeye ubu bworozi|Wipfuza kuzorora canke uzoroy
Вставка
- Опубліковано 5 жов 2024
- 👉Wipfuza kuronka iki gitabu kirimwo INYISHU z'ibibazo 113 vyerekeye ubworozi bw'inkwavu
Twandikire kuri watsap:68013513
#ibangaryabatunzi
#agaciromedia_68013513
#Inkwavu #ubworozi #umugambi #Umushinga #Burundi #Rwanda #RDC #Kenya #Uganda #Tanzania #somalia #Souda
👉Wipfuza kuronka ico gitabu kirimwo inyishu 113 z'ibibazo vyose vyerekeye inkwavu,
Iki gitabu gikenewe n'umworozi wese.Twandikire kuri watsap:68013513
Murakoze cane biratomoye
Murakoze cane. Iki kiganiro kuratwubatse twebwe twihaye umugambi w'ubworozi bw'inkwavu.
Murakoze cane ku kiganiro ciza mudusangije gusa nuko mutazitweretse ngo tubone ingene zihimbaye
www arakoze pe
Mutama aradukorera igitabo canditse neza mukirundi tukirihe amafranga aduhe adresse tumurondere ahari
Watsap:68013513
Mwiriwe, murakoze arik ntimwatubwiye urugero rw'umuti duha urukwavu n'a cane cane uw' ifu
Urakoze kurizo nsihuro .duhe numéro twogutorako
Please ico gitabo nanje nimukingezeko
Watsap:68013513
mbega umuntu wingirakamaro arakeze pe
Komera homme du changement.
Uyu niwe wambere nshoboye kubona avuze neza indwara nz,inkwavu.
Murakoze
Vyiza cane kweri
None iyo miti urashobora kuyihereza urukwavu rufise amezi?
Asha arashoboy kwer umuntu atavyo yize ariko akaba azi imiti uko ikoreshwa
Nigute wabona nimerzuwomworozi cyanke igitabo
Wipfuza ico gitabu twebwe AGACIRO MEDIA nitwe turiko turagishikana kubacipfuza:68013513
@@AgaciroMediatv257mbega icogitabo kigurwa angahe?
Yibagiye kuvuga ko amacugane nayo arimuvyica inkwavu caane
Hejuru cane
Urampimbaye nungutse vyishi
Fone twayibonye Kandi ni vyiza kumwe witanga.
Yidufashe
L,homme de Changement uritanga pe,iko gatabu yanditse agashire kwisoka gashikire abagakeneye
Twandikire AGACIRO MEDIA turakibashikiriza
Ego ico gitabo arakwiye kugishir kwisoko
Naduhe inimero
Twandikire kuri watsap:68013513
Nomero yawe twayibona gute
Wipfuza ico gitabu twebwe AGACIRO MEDIA nitwe turiko turagishikana kubacipfuza:68013513