Je saisis cet enseignement que je reecoute comme une graine de moutarde dans ma foi et je reviendrai témoigner ses bienfaits dans ma vie, pour mon mariage avec ma Rebecca Ndiho yandemeye, la delivrance et la consecration dans ma famille comme au temps de Paul car cest la volonté de mon Papa Celeste, sois magnifié mon Dieu mon Roi Yeshua
Amen Nshimwa mana ko utumenyesha ico dufitse kigakoreshwa ibyo dusaba,,dufashe kwizera ko bizoba,ugura Mana umuryango ku bana banje bamenye ko ushobora vyose.Hezagira umukobwa n,umuhungu basigaye batarubaka urugo.Hezagira urugendeKarerwa Agiye gukora mu mahangaaAmen
Prions ensemble pour ma jambe droite qui me fait boîter au niveau de la femur me fait très Mal à la marche. Prions ensemble pour mos dos,Les os avec Une fracture car je suis tombée par terre le 13/11/2023,je porte Une ceinture pour remettre Les os en place. Merci beaucoup pour Vos prières ensemble sur moi et sur d,autres qui ne sont pas en bonne santé. JE suis Une maman de 60 ans.
Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Mukozi Wimana Ndaguhaye imitwaro wanje ufashe gusenga Imana ifungurire Ndonke uruvyaro yongere inkize irwara inturira Munda no mumugongo kuko ndarushe cane mbaye Ndashima ndizeyeko Iyo Mana kwatakiyinanira Amen❤
Turasenga ngo Imana Data ,Yoyo Soko y umugisha w uburyo bwose ,Yame Iwugusukira iminsi yose muvyeyi , hamwe na Equipe Kanguka , mw Izina rya Yesu .
Ikutwongerere urukundo muvyeyi , urakoze kwama uduhezagira
@@naomendayishimiye2214 Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen ❤
Imana inkize ndi mumihango yanze gukama Kandi nkeneye na kwambara rank ya office rwose munsengere Kandi ndayisambye imana imfashe
Halleluya 👏👏👏 Imana n'ishimwe cyane
Je saisis cet enseignement que je reecoute comme une graine de moutarde dans ma foi et je reviendrai témoigner ses bienfaits dans ma vie, pour mon mariage avec ma Rebecca Ndiho yandemeye, la delivrance et la consecration dans ma famille comme au temps de Paul car cest la volonté de mon Papa Celeste, sois magnifié mon Dieu mon Roi Yeshua
Mana ndatsinzwe n'ijambo ryawe.Amen
Amen Imana ihabwicubahiro yaraduhay umuhanuzi mwiza.
Uhoraho ahe Umugisha groupe Kanguka! Kuko munyigisho mutanga hubakwa imitima yabenshi. Inonyigisho iranyubatse caane. Ndabakunda kandi ndabanezererewe .Uhoraho abahe kugumbwa neza no gukoreshwa ivyubuhizi.
Amen inyigisho zaweziranyubaka cane Ndihoakogerereze amavuta🙏🙌
Kubwakanguka iyo duteze turakira Imana ihabwe icubahiro❤
Watubereye umugisha,Imana ishimwe yo yakuduhaye🙏🏾
Amen ndafashijwe❤❤❤❤ imana ikuzigame mwarahezagiw
Imana iguhezagire iyi nyigisho
Amen Imana iguhe umugisha cyane kubw’inyigisho nziza❤❤❤🙏🙏🙏
Ammmeeeen hezagigwa mukozi wa Ndiho
Amen Nshimwa mana ko utumenyesha ico dufitse kigakoreshwa ibyo dusaba,,dufashe kwizera ko bizoba,ugura Mana umuryango ku bana banje bamenye ko ushobora vyose.Hezagira umukobwa n,umuhungu basigaye batarubaka urugo.Hezagira urugendeKarerwa Agiye gukora mu mahangaaAmen
Amen 🙏
Amen Amen.yesu habwa icubahiro waduhaye umurozi w,Imana ,uramukorsha tukabona igitangaza,Chris ugire numugisha n,umuryango waw naba partenaire.turabakunda cane.
IMANA IBAHEZAGIRE kubw'IJAMBO RYAYO mwadusangije
AMEEEN
Amina .
Iri jambo riramfashije vyukuri !
Imana Irashaka ko ngira ico ntanga kubw inyungu zayo kugirango nayo Impe umugisha .
Imana ukorera Ikwongere umugisha n inkomezi muvyeyi , kuko nawe uri umugisha kuri twebwe .
Amen 🙏🙏🙏 imbaraga zawe mana
Twiteze ibitangaza byawe mwami 🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Imana yo mw'ijuru igukomeze imisi yose nunvirij iyi nyihisho iranfasha caaane ninayo mpanvu ndagusengera mw'izina rya yesu ngo abazokurwanya ize ibarwanye ikiganza c'Imana gihorane nawe
Hoya ububutumwa bwaziye igihe Imana nishimwe❤
Amen amen Imana iguhe umugisha mwinshi Mukozi w'Imana urampimbara iyo uriko uduha izinyigisho ndende kuko uduhamwo uturorero bigatuma natwe twihweza tukabona bikatwongerereza Ukwizera
Amen, ishimwe ku MANA yacu yakuduhaye mukozi wayo chris , urankomeza.MUKAMA, mpa kwama nkwizeye ibihe vyose
Uhorarahoo ashishikare kubagiririra nezaaa
Hallelujah ubalikiwe baba
Imana ibahezagire❤❤🎉🎉🎉
Ameeen mukozi w,Imana turagukunda cane Imana ikongere amavuta menshiiii
Asante yesus, amina sana
Yesu ashimwe❤❤
Amina Yesu adushoboze kuba mubuzima bwo kwizera
Prions ensemble pour ma jambe droite qui me fait boîter au niveau de la femur me fait très Mal à la marche.
Prions ensemble pour mos dos,Les os avec Une fracture car je suis tombée par terre le 13/11/2023,je porte Une ceinture pour remettre Les os en place.
Merci beaucoup pour Vos prières ensemble sur moi et sur d,autres qui ne sont pas en bonne santé.
JE suis Une maman de 60 ans.
Ufise iki ?Amen
Hallelujah Hallelujah Hallelujah
NDIHO akongerere Umugisha
IMANA ni byose
Amen amen ndafashijwe
Amen imbara zawe mana
Imana iguhezagire
Amen 🙏🙏🙏🙏🙏 Amen Amen Amen
🙌🙌Amen
Amennnn❤❤❤
God bless you
Hari igihe ijambo ry'Imana mba numva ari nka film neza😁.bon dimanche kuri Twese
Uhoraho baguhe numurima wawe wipfuza
AMEN IMANA ISHIMWE KANDI IGUHEZAGIRE MUKOZI W'IMANA
Amen urakoze
Amen, Imana itwonger ukwizera,
Amen Amen Mana urakoze
Imana iguhezagire
MANA wewe uri mwiza ibihe byosee
Amen IMANA Ishimwe 🙏🙏🙏
Turakiriye
AMEEEN AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙈🙈🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽
🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻🙏🏻
Hallelujah amen 🙏💖
🙏🤲👏❤🎉
Amen amen God 🙏 🙌 👏❤ 👏 ❤
Halelujaha Amena Mana udutahuze gutanga icodufise twizigiy ineza yawe🙏🙏🙏
Oooh Hallelujah 🙏
🙏 🙏 Amen
Amen Amen 🙏
Mana mfash UMP kukwizera ntakekeranya🙏🙏
Amena
Ameeeeen 👏
Hallelujah
Ameen 🙏🙏🙏
Amen
Mukozi w'Imana witwaje Ijambo ry'Uwuhoraho ngo rikize imitima y'abantu.
Nanje guteze yompi,ndabinezererewe.Yesu aguhe umugisha .
Amen Amen Mana
Amen 🙏🙏🙌
Uhoraho ahe Umugisha groupe Kanguka! Kuko munyigisho mutanga hubakwa imitima yabenshi. Inonyigisho iranyubatse caane. Ndabakunda kandi ndabanezererewe .Uhoraho abahe kugumbwa neza no gukoreshwa ivyubuhizi.
Amen 🙏 🙏🙏🙏
Amina Amina Amina
Amen amen🙏🏽
Amen 🤲🙌🙏
Amen 🙏
Amen Amen
Amen
Amen 🙌
Amen Amen 🙏 🙌
Amen amen
Ameeen
Amen🙏🙏🙏🙏
Amen❤
Amen🙏
Amen amen
Amen
Amen 🙏
Amen
Amen amen 🙏🙏🙏🙏
Amen 🙏
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen
Amen