IBANGA RYO KWINGINGA by Chris NDIKUMANA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 9 лют 2025
  • Mushaka kumenya ivyerekeye Kanguka, mwoja kuri www.kanguka.com muce kuri “KI” hejuru iburyo
    Mushobora kuturungikira intahe (ubuhamya) muciye kuri WhatsApp: +25776801327

КОМЕНТАРІ • 117

  • @inyigishozachrisndikumana
    @inyigishozachrisndikumana  3 місяці тому

    Murashobora gukurikira utu videos hamwe n'amajambo vyo gutera intege mukugira abonnement kuri page yanje kuri Facebook muciye ngaha : facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL

  • @vanessanzeyimana6662
    @vanessanzeyimana6662 4 місяці тому +3

    Mukoziwimanaaa Imana Ikomeze Kukujimberee Iguhe Kurambaaaaaa Ikurindiree Numuryangoo Nanje Ndikondafashwaaa Kurugero Rudasanzweeeee Imana Izokomezeee Kungumizakooooo❤❤❤

  • @Ubukristobwukuri777
    @Ubukristobwukuri777 2 місяці тому

    Mu rukiko Yesu Kristo ,yemeye gutsindwa n'amategeko kubera njye nawe ,ni avoca ariko utatuburanira nkabisi ahubwo aravuga ati narapfuye kubera uyu nkabyemera,ngatsindishirizwa urukundo rukanzamo ruvuye kuri we sinzogere gukora ibyaha.

  • @CharlesKayoya
    @CharlesKayoya Місяць тому

    Ndagusenga kandi Ndakwinginga Yezu wanje umpezagire mu kunkiza ibirwara bindemereye kuko .ico uvuze kiraba selon psaumes 33:9.
    Ntakikunanira Yezu n'a Lazaro waramuzuye amaze imisi ine mu kuzimu.
    Hanyuma Yezu warabambanywe n'ibirwara vyanje mu mishishagu yiwe.
    Nkundira unyumvire mwami wanje .Amen

  • @JNy-rh9yg
    @JNy-rh9yg Рік тому +1

    Amen Amen Amen ndavyakiriye imbaraga zokwinginga nugukunda gusoma ijambo rya Ndiho mwizina rya YESU Christo umwami numucunguzi wacu 🙏🙏🙏❤❤❤

  • @dorel7002
    @dorel7002 2 роки тому +8

    Chris ndikumana nukuri uhezagirwe mu buzima kuko ufasha benshi

  • @umutoniqueen2477
    @umutoniqueen2477 Рік тому +4

    Turagushimiye mukozi w'IMANA gukangura imitima yacu

  • @MukeshimanaFrancine-w4q
    @MukeshimanaFrancine-w4q 2 місяці тому

    Imana ishishikre ibongrereza amavuta

  • @niyonsabajeanine1038
    @niyonsabajeanine1038 2 роки тому

    Imana ishimwe cane ko ariyo iduhishurira ivyo tutari tuzi

  • @iteritekajoselyne8144
    @iteritekajoselyne8144 2 роки тому

    Clris NdikuMana Imana iguhe umugishaaaaaaaaaaaaaaa mwishiiiiiiiiiiii nkunda ukuntu utwigishaaa biciye mw'Ijambo ry'Imana nukuri Ndagusengera Imana izoguhe iherezo ryiza nabawe bose natwe twumva inyigisho zawe tudasigaye inyuma

  • @bariyunturaliberate8677
    @bariyunturaliberate8677 2 роки тому +3

    Nahora nsenga ariko hari vyinshi ntaratahura . Amen muhezagirwe Chris

  • @Angehakizimana
    @Angehakizimana 4 місяці тому

    Amen murakoze cn mukozi w'Imana. Yesu aguhe umugisha mwishiiiiiiiiiiiiiiiii can hamw na famille yawe turabakund❤❤❤❤❤❤❤

  • @nono.Muyinga-Burundi
    @nono.Muyinga-Burundi 2 місяці тому +1

    Amen nshobozwa Nawe Mana🙌

  • @nicitegetsepascasie3811
    @nicitegetsepascasie3811 6 місяців тому +4

    Inyigisho zawe ziratomoye urasigura bibiriya nuwuyisoma arasoma neza bibiria kuva ntangura kuva kangura haciye iminsi 7mugabo harikintu cahinduce kumwana wanje yari yarembye yaramaze imyaka 8 arwaye nzovuga intahe

  • @manziluise-jh9dn
    @manziluise-jh9dn Місяць тому

    Ntacyo twakuburanye Mana akira ishimwe ryuko turamahoro. Amen🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏

  • @umutoniqueen2477
    @umutoniqueen2477 Рік тому +1

    Turashimira ps pio asoma ijama ry'IMANA neza cane pe habwa umugisha

  • @diani5734
    @diani5734 2 роки тому +4

    Ameeen muhezagirwe mwarahezagiw muraduha inyigisho nziza zokwihana nokumeny ukodukwiy kwifata muguca bugufi tukemer ubugombe bwa Ndiho

  • @bariyunturaliberate8677
    @bariyunturaliberate8677 2 роки тому

    Niho ngitahura ko Abamalayika bandika mu gitabo ivyo tuvuga. Kumbe nitwe twikururira inabi bigatuma ivyiza biduca iruhande.
    Urakoze cane Chris Imana ikwongere ubwenge n'imisi myinshi ubandanye udusigurira neza ijambo Riri muri Bible.

  • @bellainteyiteka1086
    @bellainteyiteka1086 2 роки тому

    kwinginga ndafashijwe cane niryo Jambo
    uhezagigwe mukozi wa ndiho

  • @ريمالريم-ح2خ
    @ريمالريم-ح2خ 2 роки тому

    Amen Amen Amen Amen Amen Amen Amen haleluya haleluya haleluya haleluya haleluya haleluya haleluya murakoze cane mukozi wi mana

  • @meddynikuze9956
    @meddynikuze9956 2 роки тому +1

    Ameeeeen ameeeeen muradufashije cane kumenya vyinshi NDIHO arushirize kubakoresha ivyubuhizi 🙏🙏🙏

  • @ineskindi9084
    @ineskindi9084 2 роки тому

    Merci bcp papa Chris Ndikumana kuvyo vyose utubwiye icubahiro kibe ic Mana merci bcp

  • @baranciravital-gz7zy
    @baranciravital-gz7zy Рік тому

    Imana Ihabwe Icubahiro muri Christu Yesu, Ikomeze Chris n'umu ryango we imbere ni nyuma hamwe na Equipe Kanguka yose.

  • @Ubukristobwukuri777
    @Ubukristobwukuri777 2 місяці тому

    Akubiye muri iri ngo urukundo rw'Imana na bagenzi bacu

  • @nahayoneuphtalie4727
    @nahayoneuphtalie4727 2 роки тому +3

    Hezagirwa mukomeze gokoza imitima yabeshi nanje ndimwo.

  • @alicebuja7706
    @alicebuja7706 Рік тому

    Murakoze cane.uyu musi ndafashijwe cane.kandi mukomeze kuvuga ubutumwa bwiza kw,isi lmana izobahemba.❤❤❤❤

  • @CecileCeci-cu4bu
    @CecileCeci-cu4bu 6 місяців тому

    Imana iguhe kurambira kwisi kugirango ugarure imitima yabeshi .urakoze can kunyigisho zawe udushikiriza

  • @philomenebayisabe97
    @philomenebayisabe97 2 роки тому

    Amen mukozi w,Imana ikongere inkomezi

  • @christellandihokubwayo7267
    @christellandihokubwayo7267 2 роки тому +2

    Amen mwungere mwiza urabikiw vyiza mu Mana

  • @musengimanadonatha9999
    @musengimanadonatha9999 2 роки тому

    Imana iguhe umugisha mukozi w’Imana

  • @عايشهعايشه-ز8د
    @عايشهعايشه-ز8د 8 місяців тому

    Amena Amena imana nihabwicyubahiro imana irashoboye muri vyonse

  • @Gisabocyakalisabetty
    @Gisabocyakalisabetty 2 роки тому +1

    Amena nukuri murakoze cyane

  • @hakizimanaorene5852
    @hakizimanaorene5852 2 роки тому +4

    Amen 🙏 Ndafashijwe cane

  • @mambo7682
    @mambo7682 2 роки тому

    Icubahiro kibe ica Ndiho ku Bukuru n’urukundo vyayo yo yagusize amavuta ngo natwe tuharonkere ubukiriro mu kwizera no kwakira umugombe bw’Imana
    Sinzi ingene noshima muhezagirwe cane murafufasha bimwe vy’arorero haba mu nyigisho no mu masengesho

  • @ingabirebeatrice6498
    @ingabirebeatrice6498 2 роки тому +1

    Himbazwa MWAMI wanjye ibihe byose ndagukunda 💗♾🔐💍

  • @gahungupotite9917
    @gahungupotite9917 2 роки тому

    Amen Mungu akubaliki mtumishi wa Mungu na akuongezee mafuta

  • @claudeclaude1401
    @claudeclaude1401 2 роки тому +1

    Amen,Amen! murkz cn Mukz w'Imana

  • @beatricefuraha6471
    @beatricefuraha6471 2 роки тому +1

    Amen Amen. Ubarikiwe mtumishi wa Mungu 👏👏. Ni kweli 🙏🙏

  • @InnocentGasongo
    @InnocentGasongo 10 днів тому

    Imana idushikane kurugwo rugero

  • @gatavuarmella
    @gatavuarmella 6 місяців тому

    Amen imana iguhezagire

  • @antoinettehategeka8631
    @antoinettehategeka8631 2 роки тому +3

    IMANA ISHIMWE!

  • @manziluise-jh9dn
    @manziluise-jh9dn Місяць тому

    Ndagushimiye Mwami kuko unyumva mbere yuko ngusaba kandi unsubiza mugihe nkiteze igisubizo. Amen,Amen,Amen,Hallelujah🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

  • @mimiumutoniwabo8113
    @mimiumutoniwabo8113 2 роки тому +1

    Imana n'ishimwe cyane 🙏🙏

  • @noellandayizeye5687
    @noellandayizeye5687 2 роки тому +1

    Ndafashijwe kand ndafashingingo

  • @mariefrancinekanyamuneza5209
    @mariefrancinekanyamuneza5209 2 роки тому

    Imana iguhe umugisha

  • @rahmalove531
    @rahmalove531 8 місяців тому +1

    Ameeeena ameeena

  • @janettendayisenga4786
    @janettendayisenga4786 2 роки тому

    Mukwinginga niho hari ibanga ryongusenga NDIHO adushoboze kuko ntivyoroshe

  • @sandyk4966
    @sandyk4966 10 місяців тому

    AMEEEN AMEEENA AMEEENAAAAAAA AMEEENAAAAAAA 🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @kamagajucecile5600
    @kamagajucecile5600 2 роки тому

    Ima ishimwe

  • @janettendayisenga4786
    @janettendayisenga4786 2 роки тому

    Gusenga nokwinginga nukuri NDIHO ntatengekwa ariko baramwinginga

  • @CaroleMoulin
    @CaroleMoulin 26 днів тому

    Set bien priet pour moi j ai un esprit de mari de nui set mon bo père Ousmane salle deba kamara mon MARI de nui il voulait la MER et la fille il est moritani set un gran sorciet il voulai tuet m'a mer au moi de jrin il n'a pas pus on prier Bocou son nami est more prier Bocou pour moi et met frer et seur j ai vraiment besrin de prier Carole en veu pas que j'ai du travail je sui persecutet de partou je vous en supli la délivrance de m'a famille et dotre persone prier pour ma fille Nathalie et STIVEN et frer jaques et Frédéric et corine et petit enfants Loris et Eva et romi et gita je vous remercie davance je sai que JESUE fai toujour des miracle et priet pour mai ton tonbet t'a t'a Paul et Jean et ENA et Marcel et TOTO en n'a vraiment besrin de laide mon bo père Ousmane Sall deba kamara FAI des pratiques en n'a mare de LUI en laime pas il a envoutet notre mert priet il met des chose dans le manget Il veu tous nous gaspiyet en nai tous en Danget de more set URGENT je PEU pas le dire set mistique Ousmane Sall deba kamara pran les force de notre mère sauvet nous osecour je ne peu plus je set pas comment Faire je crois que DIEU le rémunérateur de ceu qui le cherche en esprit et en vérité et priet pour ma copine Bety quel soi delivret pour quel set mari détacher la et tous sa famille pour la délivrance

  • @sandyk4966
    @sandyk4966 2 роки тому +2

    AMEEEN AMEEEN AMEEENAAAAAAA 🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙏🏽🙈🙈🙈🙏🏽🙏🏽🙏🏽

  • @GawaherH
    @GawaherH 19 днів тому

    Ameeeen🙏🙏🙏🙏🙏

  • @nicknick3651
    @nicknick3651 Рік тому

    Ameeeeen 👏 👏

  • @totoyummy8106
    @totoyummy8106 2 роки тому

    Aleluya Aleluy Amen Ayamajamb niyo arahiduy umutim wnj kwel iman ize iratubabarir kwel kuk besh twisag twavuy ibitahuy nivyiman ub giy kuhidur ishegesh Asant mutumish wamung Chris ubarikiw 🙏🗣️🙌🙇‍♀️🔥💃

  • @nicodementahondi7161
    @nicodementahondi7161 2 роки тому +1

    Nizera ko ico nsaba namaze kugihabwa n'amategeko ya nditse muri bible no mumategeko yanditswe mungingo za mategeko atunganijwe n'abatware bakunda ivyo bajejwe.

  • @chalottedusabe7327
    @chalottedusabe7327 Рік тому

    Amena Amena

  • @mauriceirambona3665
    @mauriceirambona3665 2 роки тому

    Ameen

  • @dusabemariyajacqueline5312
    @dusabemariyajacqueline5312 2 роки тому +3

    AMEN.

  • @nadinekankindi986
    @nadinekankindi986 4 місяці тому

    Hsllelluuuuuuaaaaa❤❤❤

  • @joselyneniyibimpa2613
    @joselyneniyibimpa2613 Рік тому

    MANA uri adonai

  • @nadiabimenyimana3475
    @nadiabimenyimana3475 2 роки тому

    Amen amen God 🙏 🙌 👏❤ 👏 ❤

  • @kanezaceline4768
    @kanezaceline4768 2 роки тому +2

    Amen 🙏🙏

  • @janettendayisenga4786
    @janettendayisenga4786 2 роки тому +1

    Amen amen amen amen

  • @annickniyonzima5262
    @annickniyonzima5262 2 роки тому

    Ameeeennnnn

  • @nicolewatonwa9363
    @nicolewatonwa9363 2 роки тому +2

    Amen

  • @AliHassan-ui8sn
    @AliHassan-ui8sn 2 роки тому +3

    🙏👏

  • @LandaLanda-zc2he
    @LandaLanda-zc2he 2 роки тому +4

    Amen🙏🙏👏👂👂

  • @SN-rp9zw
    @SN-rp9zw 2 роки тому

    Yes 53:5

  • @sarahfeni1866
    @sarahfeni1866 2 роки тому

    Ameeeeeeeeeen 🙏🙏

  • @DidyMuzikaOfficial
    @DidyMuzikaOfficial 2 роки тому

    amen

  • @HirwaIneza
    @HirwaIneza 8 місяців тому

    Aman

  • @justinendereyimana2607
    @justinendereyimana2607 2 роки тому +1

    Amen 🙏

  • @olicendayihimbaze4074
    @olicendayihimbaze4074 8 місяців тому

    🙏🙏🙏

  • @chantalnirere8497
    @chantalnirere8497 Рік тому

    Amen 🙌🙏❤

  • @dadatuyishemeze2943
    @dadatuyishemeze2943 2 роки тому

    Amen amen

  • @girukwishakaclaudine8672
    @girukwishakaclaudine8672 2 роки тому +1

    Amen Amen Mana 🙏

  • @Ubukristobwukuri777
    @Ubukristobwukuri777 2 місяці тому

    None ayo mategeko ni ayahe? Ni 10.

  • @jacquelineuwamwiza2823
    @jacquelineuwamwiza2823 Рік тому

    Hello yyyd

  • @alidamuhimpundu9979
    @alidamuhimpundu9979 2 роки тому +3

    Amen Amen🙏🙏

  • @BeatriceShugweryimana
    @BeatriceShugweryimana Рік тому

    Messi

  • @mauriceirambona3665
    @mauriceirambona3665 2 роки тому

    Ameen

  • @sishasaid6756
    @sishasaid6756 2 роки тому

    Amen 🙏

  • @bienveillancepacifique8768
    @bienveillancepacifique8768 5 місяців тому

    🙏🙏🙏

  • @rosemahoro5453
    @rosemahoro5453 Рік тому

    amen

  • @baranyizigiyediomede2739
    @baranyizigiyediomede2739 2 роки тому

    Amen

  • @uyisengabenilde493
    @uyisengabenilde493 2 роки тому +1

    Amen🙏🙏🙏

  • @queenjoy5087
    @queenjoy5087 2 роки тому

    Amen Amen 🙏🙏

  • @imleen3909
    @imleen3909 Рік тому

    Ameen

  • @AnithaIradukunda-kv6dp
    @AnithaIradukunda-kv6dp Рік тому

    Amen amen🙏🙏🙏

  • @christine9366
    @christine9366 2 роки тому

    Amen 🙏

  • @veritasniyonzima2163
    @veritasniyonzima2163 2 роки тому

    Amen amen

  • @yvonnehabonimana3678
    @yvonnehabonimana3678 2 роки тому

    Amen Amen Amen Amen

  • @YankurijeBelise
    @YankurijeBelise 4 місяці тому

    🙏🙏🙏🙏

  • @jeajamila9471
    @jeajamila9471 2 роки тому

    Amen

  • @joselynendamage8712
    @joselynendamage8712 2 роки тому

    Amen amen 🙏

  • @SN-rp9zw
    @SN-rp9zw 2 роки тому

    Amen 🙏🙏🙏

  • @Fofo-h9w
    @Fofo-h9w 7 місяців тому

    Amen amen🙏🙏🙏

  • @UwizeyeClaudette-l7l
    @UwizeyeClaudette-l7l 3 місяці тому

    Amen 🙏🙏🙏🙏

  • @christinekamikazi5593
    @christinekamikazi5593 Рік тому

    Amen Amen