Pasteur Mbayahaga:Banka kubaka izabo kurongora bama barongoranye/umubiri ntaco bipfana/bararongorana
Вставка
- Опубліковано 5 вер 2024
- BABU-K TV IJE HAGEZE
KUGIRA MUZOZE MUBONA VYINSHI VYIZA FYONDA SUBSCRIBE
HARICO MUBAZA CANKE MUFASHA TWANDIKIRE KURI
+25775328080
+25779979987
#Babuktv#Pasteur#Mbayahaga
Aba vyeyi bamuha mahera agacayaha bakobwa bemere aba kobwo baya fis bazebabarongora kuko nibazi kuyarondera .hama wibahw baba kuyigisho zaw❤❤❤
Mukoz w Ndiho mbayahaga Isidore Ndiho abibaharurek nkukugororok kand muzobiherew nogitsibo ❤❤😊😊
Ikiganiro gikebura,na journaliste yaryohew, merci journaliste très souriante
Mrciiiiii🙏🙏🙏
Mbe ukwo kwikunda kw'abo bakobwa b'imico mini bita ngo bafise amafaranga!
Mbe ko umukobwa agiye kwubaka kubmugabo atunze baca basangira vyose kandi ataco yaje azanye uwo mukobwa data afise ubutunzi kuki ataja kwubaka bagaheza bagasangira n'umugabo ubwo butunzi nk'ukwo umugabo abusangira n'uwo bubakanye! Ni abasambanyi babi basambura ingo nibareke kubesha abantu baba abahungu baba abakobwa batinye Responsabilité ni ibirekere.
Mutama pastel mbayahaga ndamukunda imana imuhezagire🙏🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Geremy ndereyimana
Abahungu bubu .ntibazi
agaciro kumugor abubaze bubats ker reka ndayirondere r 🇸🇦
ntamakuru ufise 😂😂😂
Love from wive tv
Uvuze ukuri pastor
umu pasteur yitahuye
We alice Mireille wewé urakazé
Nukuri n,Imana kbs
babu k tv igizwe nabanyamakuru babiri karyagahungu mengo nagakomedi hamwe nuwomukobwa muremure mubahe umwanya kuko nibobatuma tuguma dusamara turyohewe cnk twiga vyishi rero ikikiganiro ndagikunze nkuko nakunze ikiganiro mwakoranye na simbiziwasemavumba
Ndashigikiye comment yawe
Courage Touiste ubikor neza
Excellent 👍
Courage
Mutama Isidore mbayahaga yubahwe kabisaa kuko avuzukuri.
Uwo mutama ,muhanuzi wacu niyirambire hambavu y'imuryango wiwe afitiy akamaro abantu benshi.
Aliii🤩🤩 wabikoze neza. kandi wabaye sérieuse mukubaza mutama wacu. courage .
Mrci🙏🙏
Komera komera mutama wakoze
Nyakubahwa Pastor hari ikintu ntemeranije na mwebwe. Umuntu yobaho ata mugabo babonana. Birashoboka cane. Ariko nongeyeko Ko mushoboka ufashijwe na Christus
Reka mbanze mfate agatebe numvirize🤣🤣 ubikora neza #Ali
Ego kbx numubiri ukenera uwundi
Uyu mutama yubahwe pe.
😂😂😂😂😂😂ewe Apotre sha😂😂😂😂😂😂😂
❤❤❤
Bishakira umwidegevyo ndakurahiye.bizorangirira hey???
Ego murineza
Uwo mu journaliste atinya kuraba umutumire wiwe mumaso
ikiganiro kiraryoshe cane ariko muze muduha ibiganiro bibona neza
Mana je émission yawe iyo ntokurikirana noba ariyo ntabonye 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ati uzoca ugiha amafranga' emwe ngiye guhiga umufasha nari narabihevye nn ndatsinzwe nurubanza.
Byiza
N'ubwo uyu mukobwa agifite isoni, ariko afite ubuhanga bwokuganira.
Ikiganiro ciza cane
Baba banasambana bakabikuramo cash ikindi baba baraguze deception muri love relation nabo baba barakunze. Niko mbibona.
Uruwayesu peeeeeeeee
Avuga ukur kwer
Nivyiza ncuti
Ikiganiro niciza Hama bimaz kuba ibiganiro bibiri nishimiye kuri babu k TV kirya mwakorany nasimbizi hamwe niki
Aka kantu ko gukizwa uzoz urakavug keshi kuk harabantu baz ngo bahinduy idini ngo baba bakijijw nahoshwiii
Izo nyigisho ni zo zukuri ariko twe turi mu ibi bihugu byabazungu wibeshye ukavigako umugabo ari umutwe wurugo,sha polici yarara ikujyanye
Kubera iki wicara utambikije?
Ikiganiro cari kiryoshe
usigaye ur actrice
.poa
Umusha ukamumbura none?😂😂😂😂😂😂😂😂
Alice bit?
Ikiganiro kirasiguye neza ariko pasteur nawe yarengej ngo mariage nimbwa oya ivyo sivyo cank ng bakabikorera muri bus oya ivyo sivyo ariko ibindi vyose yavuze nivyo
Birabaho turabibona
❤❤❤