PASTORI AREMEJE KO YESU ATAPFUYE KUBERA ARIWE MANA
Вставка
- Опубліковано 14 жов 2024
- Ukaba ukunda ibikorwa dukora wifuza kudutera inkunga canke ufise ico ushikiriza wigisha canke usiguza numéro nimwe mumenyereye +257 79 430 969
NTIWIBAGIRE GUKORA SUBSCRIBE, LIKE,SHERE NA COMMENTS kugirango twamane nawe kumwanya wose haje ikiganiro gishasha.
Jewe mana yanje ndatangazwa naba Kristo none ababumviriza babonako barimukweri nizo nyigisho zabo?ariko nivyo kuko ntakuntu imana yorema umuriro ngo uzaburemwo abawinjiramwo,akajambo kamwe gusa yesu yivugiye ati munsengera ubusa kuko nanje mfise uwonsenga ati dusangiye data🌟🤷
Nn yemwe abobapastor aratangaj batey nison nn yesu ataravuk abantubo basenga iki niyompamvukech bakundagukwepa icigwa kk bigich ibinyom nivyobataz nokurya ruswa nibabe barekakuu bech abant
IRYO JAMBO RIBWIRA MWEBWE ABIMANA YIKIGIHE YAMYE IMITIMA NABAFARISAYO
NAHO ABAYOBOKE BAMUHAMADI BIBACANGIRA
NTABWO ABANTU BAYESU BASENGA IMANA ZITATU N