Jew Ndarize 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭Mana Niwe wokwizerwa 😭😭😭😭😭😭🙏🙏🙏🙏🙏iyi Film ntizomvamw murinje 😭😭😭😭😭😭Mana kombuz icomvuga kbs UMUNTU Ni minini 😭😭🥰❤️💝zamuraduha inyigisho
Waaooo sinashak kwiher nukr mana irimwimpanuro nyinshiii kabis timot Na fanny ndabakund sana Iman ikomez kubogerinkomeziii mubikogwa vyanyuuu🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏👏👏👏
Imana ibah umugisha kunyigisho nziza. Mukomer
Alléluia muduhe 3 mundwi yesuuuu Umukama niwe mwungere wanje ntaco nzokena ohuiiii Basha ndabuze icomvuga Imana ibahe inkomezi nyishi
Murakoze. Cane. Iyo soneri. Ndaikunda. Inyibusta. Movie. Za kanumba. Tanzana
Waaaouh solange iyo scène niyawe kbx knd irakubereye kukujinyika kwaw mubandanye muterimbere🥰🥰🥰🥰
Maman.wumuntu..yubahwe..😭😭😭😭🙏🙏mana.ndagusavye.kubaha.burumuvyi.wese.ahari.jewe.naho.atobibona.jewe.mana.wewe.uzubibone...turabakunda..
Murakoze cane kumpanuro zanyu❣️❣️❣️❣️❣️❣️
Washa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥Burundi tujuane basi .we so proud of guys 😍😍😍😍😍😍
Jew Ndarize 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭Mana Niwe wokwizerwa 😭😭😭😭😭😭🙏🙏🙏🙏🙏iyi Film ntizomvamw murinje 😭😭😭😭😭😭Mana kombuz icomvuga kbs UMUNTU Ni minini 😭😭🥰❤️💝zamuraduha inyigisho
Courage murashoboye abarundi hejuru turashoboye✌✌✌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iyi Film mwarayiteguye neza kabisa! Irimwo na Innovation, "ISHUSHO Y'UMUNTU" ya nyayo vyukuri ni ikinyegezwa! Love from GOLD MOVIES TEAM.
Amede.kwel.uvyifatamwo.neza.cane
Munguwe waremye isinijuru wagurire ababantu kuko babikora nez
Big up BMT FILMS zubwenge
Timothy,Kankindi💖
Pastor, Solange💔
Timote nabo mukorana courage mwubahwe ndabakunda cane gose muduha impanuro zikwiye yesu ashishikare abogera l komezi nimbaraga nukuri muranyuba mukanyuzuza mwubahwe mubikoraneza🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯👌🙏❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Ndabakunda Cane fillim zamwena amedi ziba ziryoshe gosi imana ije mubikorwa vyanyu
Ndabakunda murakin nez kand muraduhanur vrmt
Inyigisho nziza cane. Mukomeze kutwigisha
Murakoze kunyigisho nziza cane muduhaye🙏🙏🙏
Verry good ariko mwokwongeza iminota
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥iyo mvuze film niki mba nshatse kuvuga🥰🥰🥰 i can't wait another part🥰🥰 BMT yubahwe
Uwomidiho wiyo ndirimbo iraryoshe umukama niwe mwungere wanje nukuri izi nyigisho ziturabe twebwe tutarubaka ingo ndumiwe cane kwiyi nyigisho
Imana idufashe kabisa. Ivy'isi nivyoroshe nukuguma kumavi. Inyigisho nziza cane,,✍️✍️✍️ love from 2-SON tv
Murakina neza vraiment je suis tellement heureux pour le film umuntu ni muninini kabisa vraiment soyez courage 🙏🏼👍
Nimunyaruruts ndabakunda can Thanks you muratwigisha kwl
Asha uwo mwanditsi niwe kabisa arashoboye kwandika,,nakomeze gukompoza imbere niheza
Waaaoooo film nziza cn irimwo ubuhinga buhanitse
Yesuweee iyi film iteye ubwoba nukur yooo mbega abantu muzi kwiyumviraaa ndumiweee
Yoooo man iman ibahezagir
Ndabakunda uko mwitanga mugutanga inyigisho mukomez ❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮
Iyi film irimwo icigwa gikomeye cane muduhe part2 please
Imana ntibona nkabana babantu nivyihishe utabibona muhezagigwe kubwiyi filme courage bantu bacu
Yiooo mbega Filmé nziza muterimbere peee
Mwarayiteguye neza kweli I love you
Courage murashoboye cane harimwo inyigisho nziza cane
Nukuri iyi film ninziza cyane. Muduhe igice cyakabiri 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Yoooo mbeg vyiza wwwwww ndayinezererew vyukuri mwubahwe can🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤💋💋💋
Iyi film iraryoshe cn
Waaooo sinashak kwiher nukr mana irimwimpanuro nyinshiii kabis timot Na fanny ndabakund sana Iman ikomez kubogerinkomeziii mubikogwa vyanyuuu🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏👏👏👏
Iyi film irigish pe Imana ikomez kubagurir
Wonderful films we are waiting for another nearly
Iyi film niyo vrmt 🙏courage 😘vrmt
Ishusho yumuntu😭😭😭😭 Fanny ndagukunda disi film urimwo ziranyigisha vyishi mrci kandi courage kurimwese
Iyi film ifitinyigisho zidasazwe,simikino ahubwonukuri,Imanibashigikire
Murakoze kutwigish mukomere cane turabakunda
Inyigisho mwampaye nkomeza gusubirinyuma kuraba iyo film ❤❤❤
Karihuta murongereza isaha
Wow what a strong teaching nice movie love from 🇦🇺🇧🇮
Komer
Murashoboy vrment
Yoooo mbega film iryoshe yigisha duhe ikindigice
Amédée Imana igukomeze kuko wewe film zawe zirigisha cne
Nukuri Amedée urashoboye komerezangaho kbs
Iyi film nzoyikurikirana mpaka ndabakuuuundaaa Hama Ibitangaza vy'Imana nihatari
Nukuri ndabakunda canee💋❤️💋😍mwubahwe
Waaaaah courage turabakunda cn 🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️💯💯🙏🙏🙏
Mwubahwe nukuri Imana ibaje imbere kwr.hamwe imana igy iratwereka uko hari vyinshi vyoja ahabona.courage.
Amédée vyukuri felicitations urumuhanga umumwanditsi mwiza harimwo impanuro zikomeye cane gose wubahwe 💯💯💯✅✅✅✅✅🙏🙏🙏
Mbega film iryoshe manawe ishusho yumuntu kweli itari Imana igusobanuriye ntiwomenya ivyihishije mumutima wumuntu . Ababona ko itwika twimanukire ❤️
Ayiweeee mbega films iryoshe ndabarinyuma uko mugenda turikumwe imana ibashoboze murivyose
Waaawooooo byizacan nukuri iyifilm ndayikunz giravuba muduh icokindigic tutararambigw imana ibahezagir
Imana ibahezagire Bantu banje murazi gukina
Voilà umuji ugira usheeee. Courage
Egooo vraiment irateguye peee, mwubahwe ☑️☑️☑️☑️
Inyigisho nziza caaane gooose
Waaoo ndabona ijitwika kbx🤗🤗🤸♀️🤸♀️Fanny. My chr Courage cyan kand mwubahw🙏🙏
Nukuri murategura neza muburundi hozovuma kubwanya tubasengera cane bishoboka kugirango muterimere kandi iman ihezagire imirimo yamaboko yanyu
Amedee yubahwe, ufise impano yukwiyumvira cane, film zawe nizubwenge kandi zigisha benshi, Imana iduhumure amaso
Iramara pe eeeeeh komukaze none
Yoooooo 😭😢😢😢😢 MBUZE nic mvugab Direct wubahwe 🙏🙏🙏🥰🥰😢😢😢
Film nziza yigish 😍😍😍turabaknda
Waoo,murakaze cane, filme nziza cane 🤗
Tubarinyuma turavakunda cane Imana ihezagire ibikorwa vyanyu❤❤
Turabakunda cane,muratwika
Much love my favorite team muranshika kumutima nukuri mukomeze kutwigisha ndiho abagurire ivyiyumviro vyanyu ndabakunda cane
Inyigisho nziza cane
👏👏👏
Wawoooo imana ibamanaze ndabakunda ❤❤❤❤❤❤❤😊i
Yesu ndagushimako Uzi uvyihishije mumuntu
Please party 2,3,4,5,6 love this movie
Hahire rimwe Bantu bacu Dukunda courage tubarinyuma ntimutamba mwirorera👌👌👌❤👈
Mwubahwe murashoboye
Fire fore
Amédée umwanditsi mwiza ntarigera mbona, nahora ndagukunda ariko ubu birushirijeho kubera iyi film. Imana ikwagurire impano nibindi bigukwiriye
Mbakunda cane Amédée courag imana ibandanye kuban namwe
Film yubwenge kand yigisha kbx kand urimwo mpwemu w'imana.
So courage tubarinyuma kbx
Courage nukur mutunyarukirize ikindi gice vuba kk harimwo inyigisho cne kuba kristo cn
Gusa ibikorwa muburundi vyateye imbere 👍👍👍👍
Abarundi murashoboye jewe mbona murabambere kwel courage
Imana idufashe umugwayi akire umenye ukuri kose , Film nziza caane gose ❤❤❤👌
Mukomere Iraryoshe Cane🥰🥰🥰🥰
Imana niyo idahinduka
Kankind 🥰❤️❤️❤️🥰🥰🥰 ubikor nez
Wow mbega film iryoshe irimwo inyigisho nyishi ziryoshe BMT terimbere ndabakunda
Zirakuboreza
Wow film iraryoshe
Kbs muraryoheye ukuntu mwateguye neza cane courage
Umukama niwe mwungere wanje ntaconzokena uyo ni Amede ayikunda 💃💃💃
Yoooooooo iyi film yariryoshe nukur courage vraiment murashoboy imana ibaje imbere 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥💯💯💯💯💯💯💯💞💞💞
Imbere niheza bantu banje courage 💪 ♥ ndabakunda mwese huhezagirwe murakoze kunyigisho
Yooo nagarutse kuraba mwari mwiyumviriye kabisa 💞💞💞💞💞
Iman izimpe iherezo ryiza muduhaye filme yigisha irimwo ijambory imana ryubaka imitima yacu part 2 tuyihabwe vuba👌
Irarenz pee!!!niryari niryari muzaz muyiduh
Kuwagatanu mugitondo sambiri
Wahooo vyiza 🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Iyi film ninziza can ahubwo nimutunyarukirize igice 2 muzoba mukoze
Kazi nzur sana