Pst Denise NKURUNZIZA:«Ubuzima rukristo buraryoha naho vyose bitama ari vyiza»

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 9 лют 2025
  • Pst Denise NKURUNZIZA, umutambukanyi w'uwahoze arongoye uburundi yifadikanije n'abakristu bo mw'ishengero ry'urutare i buye muri komine mwumba mu ntara ya NGOZI mu masengesho yo kuri uyu w' Imana igenekerezo rya 06 myandagaro 2023.Mu nyigisho yatanze ,Mama Buntu yasiguyeko Ubuzima rukristo buryoha naho ingorane zitabura.

КОМЕНТАРІ •