CHIT-CHAT Part 4 : ❤️‍🔥Source des conflits dans le couple💔 avec MONNA WALDA ft BENIT SEXOLOGUE

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 17 жов 2024
  • CHIT-CHAT Part 4 : Source des conflits dans le couple with MONNA WALDA ft BENIT SEXOLOGUE
    Casoar tv
    Casoar Company
    Nos services:
    Imprimerie
    Location des appareils
    Couverture médiatiques
    Dukorera Central building aho benshi bita kwa Kabwa bureau numéro 306F muri étage ya kabiri
    Mufise ico mubaza hamagara kuri:
    +46 73 614 70 72
    +257 72 36 73 50
    Murakoze

КОМЕНТАРІ • 127

  • @casoartv257
    @casoartv257  6 місяців тому +16

    Une émission très constructive et éducative.

  • @vivantienneuwimana105
    @vivantienneuwimana105 6 місяців тому +11

    Mona tu es très intelligente arahiriw ton mari 😊❤

  • @AcquelineNdayizeye
    @AcquelineNdayizeye 6 місяців тому +4

    Belle émission ariko Monna uzoje uragerageza urindire uwo watumiye ahez kuvuga ham umubaze après cnk umwunganire After kk umuciriyemwo sujet ntayiheza harivyo acira hagati

  • @alicendayisenga9470
    @alicendayisenga9470 6 місяців тому +1

    Merci pour cette emission .
    Muma types de conflicts, mwatubariye , hariho iyihambaye cane twifuza ko muronse umwanya mwovugako cane . "Le conflit lie au passe".
    Surtout le passe lie a la petite enfance . Ishobora ku gira impact nini murukundo . Merci .

  • @eustachesitaki3698
    @eustachesitaki3698 6 місяців тому +10

    Cameraman aje araba agire réglage ya netteté kuko biraboneka ko images zirimwo un peu de flou

  • @jeanneigiraneza8367
    @jeanneigiraneza8367 6 місяців тому +2

    Sha Mona, umutumire wacu wamutwaye umwanya munini ceneee.
    La fois prochaine il faut gukosora ivyo bintu.
    Kirazira kuza uracuramwo umuntu ariko aravuga.
    Please🙏🙏🙏

  • @MireilleNsengiyumva-r9f
    @MireilleNsengiyumva-r9f 6 місяців тому +5

    Courage Mona, guma utuzanira ama sujets ya top, uzotuma Casoar ikurikiranwa saaana

  • @AaSss-lo2zy
    @AaSss-lo2zy 6 місяців тому +8

    Emission niy bien na sujet ni saw ariko geragez mukoredh ikirund ciwacu kugir nabatagez kur mumashur babitahur

  • @daniellakeza-x6t
    @daniellakeza-x6t 6 місяців тому +1

    Waouh j'ai aimé l'émission, j'ai bcp appris tant de truc

  • @sophiendamama1622
    @sophiendamama1622 6 місяців тому +1

    Murakoze cane mwigisha neza ,

  • @ricavaltavalta4570
    @ricavaltavalta4570 6 місяців тому +3

    Émission très intéressante kandi yigisha murakoze cane❤😊

  • @Allaboutmusiclyrics
    @Allaboutmusiclyrics 6 місяців тому

    Merci beaucoup Bénit na Monaa ❤❤❤❤❤iy émission iranyuguruye amaso y'umutima sur plusieurs points ‼️
    Imana ibahe kuroranirwa muvyo mukora vyose‼️‼️‼️

  • @mashimwejoelle676
    @mashimwejoelle676 6 місяців тому +1

    Proud of you Mona un sujet très intéressant

  • @NtibarikureSwaibu
    @NtibarikureSwaibu 6 місяців тому +8

    Ikiganiro kiratesa 😘😘😘 gus uburakaba ayom bouclé d oreilles

    • @ininahdoc3123
      @ininahdoc3123 6 місяців тому

      Ubishizemwo inzigo😂😂😂

  • @Capy-xo1
    @Capy-xo1 6 місяців тому

    Tuzanire mukobwa mwiza. Eeeh uyo mutumire niwe.Reka nisabire abaza nyuma mukande kano gafoto tumenyane. Uwubikoze wese Imana imuhezagire n’abiwe bose.

  • @BukuruEdouard
    @BukuruEdouard 5 місяців тому

    Il faut ameriolé en peu la qualité d'image ibindi ni top

  • @ArletteKamariza
    @ArletteKamariza 6 місяців тому +1

    Émission riche soyez bénis

  • @NgendakumanaLyduine
    @NgendakumanaLyduine 6 місяців тому +1

    Très intéressant

  • @moniaperlettemugisha846
    @moniaperlettemugisha846 6 місяців тому

    Une émission les couples bokumviriza irafasha

  • @RareRobertha
    @RareRobertha 6 місяців тому +5

    L’homme doit toujours protéger sa femme kirakomey cane iki kintu umugore aragupfuka umugabo nawe akagukingira merci bcp 🙏

    • @jinamajody
      @jinamajody 6 місяців тому

      Uvuze neza cane AIMER c'est vraiment PROTEGER

  • @madeleineuwimpaye2513
    @madeleineuwimpaye2513 6 місяців тому

    Monna nikeza disiii,turagukunda,dukunda nibikorwa vyawe

  • @alinekamariza2884
    @alinekamariza2884 6 місяців тому

    Ivyo muga mba muri CANADA BIRAHARI C’EST UNE PURE VÉRITÉ

  • @elysenijimbere3555
    @elysenijimbere3555 6 місяців тому +1

    Monaaa,shaa nawe uraryoherwa vraiment,reka Beni utubwireee,umuciriyemwo bica bimucangaaa😂😂😂😂😂😂

  • @irakozenadine6588
    @irakozenadine6588 6 місяців тому

    J'ai adoré

  • @nanananette031
    @nanananette031 6 місяців тому +2

    Tres bien
    Sujet iri top🎊

  • @Iraanny
    @Iraanny 6 місяців тому

    La prochaine fois ,il faudra parler sur les belles familles

  • @rosettenzeyimana3248
    @rosettenzeyimana3248 6 місяців тому

    Mona future mariée🎉

  • @dignedelicia6640
    @dignedelicia6640 6 місяців тому

    Merci bcp Monna ❤️

  • @MimyBukuru
    @MimyBukuru 6 місяців тому

    Courage Mona uzotumire kdi Beny

  • @foietpsychologie
    @foietpsychologie 6 місяців тому

    Gusa merci yavuze Neza rôles yacu.

  • @kellyakimana6643
    @kellyakimana6643 6 місяців тому

    Loveeeeee this ❤

  • @JeannetteManirambona-o6m
    @JeannetteManirambona-o6m 6 місяців тому +2

    Aho nzobona beni ari kugira ikiganiro ntegerezwa kukiraba cose

  • @AnithaButoyi-l3l
    @AnithaButoyi-l3l 5 місяців тому

    Izo terme psychologique si Bose bazunva😅 libido ? Il faut KO mugenda musigura plz! 😊

  • @TuyisabeChelissa
    @TuyisabeChelissa 6 місяців тому

    Ndakunda beni gamana arik atwenga h n final sh mona usivy kuf mwiza uciye aknge

  • @Histoiresetséries
    @Histoiresetséries 6 місяців тому

    Ururimi rwimpene for me😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @Christa_Ingabire
    @Christa_Ingabire 6 місяців тому

    😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ngo nawe yohibwira arakuz😂😂😂😂😂😂😂

  • @freddynzeyimana5453
    @freddynzeyimana5453 6 місяців тому

    Urukundo si ivyo umuntu yigirisha, si ivyo umuntu yihatiramwo, ushizemwo effort biba vyanse. L'amour c'est sentimental pas mecanique.

  • @ChristellaIradukunda-or8wr
    @ChristellaIradukunda-or8wr 6 місяців тому

    Bénit 🥰ikiganiro ni cool

  • @ghyslaineuwamahoro8622
    @ghyslaineuwamahoro8622 6 місяців тому

    Bravo à vous..j vs aim

  • @alinekamariza2884
    @alinekamariza2884 6 місяців тому

    Émission qui m’intéresse bcp

    • @alinekamariza2884
      @alinekamariza2884 6 місяців тому

      Je demande de participer dans cette emission nobsha bcp d’exemples nobaha parce j’ai vaicu dedans

    • @alinekamariza2884
      @alinekamariza2884 6 місяців тому

      Dans notre coutume burundaise iwacu dutahura dutevye casne

    • @alinekamariza2884
      @alinekamariza2884 6 місяців тому

      Ndasavye cette invitation sur le plateau

  • @ali-ckizofiolivierarakaza9284
    @ali-ckizofiolivierarakaza9284 6 місяців тому +1

    Umeng nsubiy schl ukukuntu mutwigishij!komere.

  • @daciakezimana5323
    @daciakezimana5323 6 місяців тому

    Très instructif 😊love it

  • @ChristellaIradukunda-or8wr
    @ChristellaIradukunda-or8wr 6 місяців тому

    Monna wagize neza kuzana Bénit

  • @nusraharerimana
    @nusraharerimana 6 місяців тому +1

    ❤❤❤❤❤ vry interesting !!

  • @Emmy89
    @Emmy89 6 місяців тому

    Ndakunz ikiganiro canyu kiramfashij cn ,arik ico nobakebura nuko mwoza muragerageza kuvuga ikirundi kuko mutahure ko mutariko murafasha abiz gusa harih naband bant batiz bakenew gutahur no kwiga kand no gukira,namba mwateguy ikiganiro cikirundi nikib ikirund nyn cnk igifarans kigabanuk,kuk ndaz mur mwebw ikirund ntawutakizi.Murakoz

  • @maurelleirankunda3949
    @maurelleirankunda3949 6 місяців тому

    46:52 intwengo ya monna 😆🤣🤣🤣

  • @cubahirodadyqueen4560
    @cubahirodadyqueen4560 6 місяців тому +1

    Salut Mona video zawe zibazifise flou uragerageza ubikosore

  • @RwembeFulgence-vr9cy
    @RwembeFulgence-vr9cy День тому

    ww nisaw😂

  • @garythebeast3056
    @garythebeast3056 6 місяців тому

    Kubaka nishure ritoroshe niyompanvu harabo binanira ariko kubivamwo siyo solution ahubwo nugutorera umuti ikibazo ahokiri ntihagire uzocira urubanza mugenzi we kuko zubakwa kwinshiiii .Monna uzogenda kubaka uzivyinshi nabonye urabitahura cane

  • @AnnonciateGahimbare-kh6wp
    @AnnonciateGahimbare-kh6wp 6 місяців тому

    C bn❤️🥰

  • @IngabireLyse
    @IngabireLyse 5 місяців тому

    Ikibazo canyu muvangamo français nyishi kandi muba mwigisha aba abarindi.ni problème kabisa

  • @assuerushatungimana6582
    @assuerushatungimana6582 6 місяців тому +1

    Ikibazo uwatumiw nuw dirigea ikiganiro ntubitandukany Mona ashak kuvug kurush uwatumiw

  • @ArletteKamariza
    @ArletteKamariza 6 місяців тому

    😂😂😂😂 iyo sujet yogusomana muranyishe

  • @uwizeyeestella9445
    @uwizeyeestella9445 6 місяців тому

    Ino émission iratesa vrt

  • @ArnaudNiyongabo
    @ArnaudNiyongabo 6 місяців тому

    Muyaga neza cne uzana sujet zumbwenge.

  • @sawudasawuda2838
    @sawudasawuda2838 6 місяців тому

    Ndagukund agusa shaka ayomahereni

  • @hayochampionne7230
    @hayochampionne7230 6 місяців тому

    Garageza mugire ururimi rumwe channel ikurikiranw na benshi

  • @DarcyINEZA
    @DarcyINEZA 6 місяців тому

    Émission très intéressant

  • @foietpsychologie
    @foietpsychologie 6 місяців тому

    Gusa aratubesheye . ABA Psychologues turahari dukora. Abadandaza Ama unités si ABA psychologues gusa. Adandazwa nabose😂😂😂

  • @Floxa9030
    @Floxa9030 6 місяців тому

    Igereveriyoooo😭😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @niyomwungerepatrick5551
    @niyomwungerepatrick5551 6 місяців тому +1

    Benny ndaguhaye mwiriw neza, ibiganiro nkibi nivyiza birafasha abantu bazi iyo bariko baraja, kandi abantu baciye ubwenge. Hanyuma madame ndamuravye mumaso umengo ararushe naho ariko arafata aga fanta!!!! Ba mugerageza gukora ibiganiro muri Lucide.

    • @kalyka4107
      @kalyka4107 6 місяців тому +2

      Iyi feedback irantwengejeee🤣🤣
      Conclusion ko Mona atari lucide sinari ndayiteze peee, azogutumire numva nawe uri umuhinga.

  • @elsairimbabazi1720
    @elsairimbabazi1720 6 місяців тому

    hihiii ego shaa Canada MTL kuri Jean talon hew abadivorcés babarundi nihoo bahurira

  • @AndréaSyori
    @AndréaSyori 6 місяців тому

    Merci beaucoup 🙏🏽

  • @cocochanelle258
    @cocochanelle258 6 місяців тому

    Carikiryoshe caneee❤❤

  • @pamellansengiyumva
    @pamellansengiyumva 6 місяців тому

    Émission nziza cane

  • @Chama-uk6xq
    @Chama-uk6xq 6 місяців тому +1

    Akantu muvuze kankozeko abantu twubatse ni danger umwanya urawubura ukager ahantu ukiyanka 😢si canada yonyen na Europe nuko ikibazo cabirabure badutana akazi atamukozi abahar ejo ugahitamwo kuvana nawe

  • @keletsonothando2869
    @keletsonothando2869 6 місяців тому

    None ko abantu barimwo flou ariko intere akaba arizo ziboneka?🤔🤔🤔

  • @bellairakoze2769
    @bellairakoze2769 6 місяців тому

    Courage mow❤❤

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns 3 місяці тому

    Bikugora kuvuga kuko uciramwo amafyeri meshi nikirimi cich antoka wigira umufarasa

  • @m.claire3507
    @m.claire3507 6 місяців тому

    Hemw nakagendaa emission iy rero irandangijeee merciii bcp❤😂😂😂😂

  • @SéraphineNikundana
    @SéraphineNikundana 5 місяців тому

    🌹🌹🌹🌹🌹🥰

  • @irakozeantoinette9123
    @irakozeantoinette9123 6 місяців тому

    Ndumukaratusi 🤣🤣🤣🤣🤣🤣

  • @Bea-oz3mt
    @Bea-oz3mt 6 місяців тому

    Interessant vrt❤

  • @clarissabellaterimbere6073
    @clarissabellaterimbere6073 6 місяців тому

    😂😂😂😂ahooo arabivuz vyose

  • @jinamajody
    @jinamajody 6 місяців тому

    Que veux-tu dire par de bons moments à proteger?

  • @akimanakarime5437
    @akimanakarime5437 6 місяців тому

    Ikiganiro ciza caneee

  • @arlinekuradusenge4279
    @arlinekuradusenge4279 6 місяців тому

    I like it ❤ vraiment

  • @caravanechrisna2826
    @caravanechrisna2826 6 місяців тому

    Ikiganiro ciza ariko uyi mukobwa arakupa cane umuntu arik aravuga! So just a piece of advice, you are good but ha umwanya umu expert avuge.

  • @ChachaIrakoze
    @ChachaIrakoze 6 місяців тому

    ikiganiro kiri top👌😘😘😘😘

  • @soniairambona
    @soniairambona 6 місяців тому

    Tr riche!❤❤

  • @NizigiyimanaeloiEloi
    @NizigiyimanaeloiEloi 6 місяців тому

    Courage Mona

  • @sindayikengeracelestin5444
    @sindayikengeracelestin5444 6 місяців тому +3

    Muyaga neza gusa hari i kibazo c' ururimi.
    Bagenzi ; tugarukire ikirundi😮

  • @akintijeelsiedanse9523
    @akintijeelsiedanse9523 6 місяців тому

    Bll émission

  • @philoscoco
    @philoscoco 6 місяців тому

    OMG ayayaya 😊😂😂

  • @irakozeantoinette9123
    @irakozeantoinette9123 6 місяців тому

    😂😂😂😂😂😂😂ugirunige ahuiiiiiiii

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 6 місяців тому

    Je mbona Mona avyumva kurusha 😂

  • @FutureBoy-ni6yn
    @FutureBoy-ni6yn 6 місяців тому

    Ndagukunda monna

  • @anne-mariekazoviyo2568
    @anne-mariekazoviyo2568 6 місяців тому

    Conflits financiers! La prochaine fois muratubwira harcèlement financière nayo kuko irabaho

  • @seniorrobertoomonde7652
    @seniorrobertoomonde7652 6 місяців тому

    Wauuu ikiganiro ciza

  • @biganda
    @biganda 6 місяців тому

    mona sha uravuga🙈🙈🙈

  • @Dusenge-TV
    @Dusenge-TV 6 місяців тому +1

    ❤❤

  • @vestineirakiza9870
    @vestineirakiza9870 6 місяців тому

    Mona ndagukunda canee ❤❤ n'ibikorw vyaw ndabikund ikiganiro kiryoshe

  • @janinensabimana4842
    @janinensabimana4842 6 місяців тому

    Mwiriw ikiganiro kiryoshe cane kuvuruza ❤❤❤

  • @kg7285
    @kg7285 6 місяців тому

    Très bien mais pourquoi muvuga mu gifransa cane kandi muriko mubwiga la majorité abarundi birabishe no kwumviriza

    • @casoartv257
      @casoartv257  6 місяців тому

      Kuki Weho wanditse mundimi zibiri???Erega Abarundi bariko baratwumviriza ibi tuvuga baramvyumva kuko izi ndimi tuvuga nabo barazivuga Kandi barazumva natwe tuzivuga turabarundi

    • @alicendayisenga9470
      @alicendayisenga9470 6 місяців тому

      T.as raison . Hari benshi bahomba izonyigisho kubera basanze ururimi batumva.

    • @kg7285
      @kg7285 6 місяців тому

      @@casoartv257ariko uri agira ko uriburundi

    • @anifanisha701
      @anifanisha701 5 місяців тому

      Abarundi nuk unyene tuvugaa ,ageze kuri caméra ntihaca haza terme zishasha adahora akoresha😊n abo batize mu.Burundi barakoresha izo terme

  • @Iraanny
    @Iraanny 6 місяців тому

  • @kg7285
    @kg7285 6 місяців тому

    Ikiganiro nicanje ? Wewe ushatse kuvuga ko abakwumviriza bose bumva igifransa? Ubwo nubu parvenus mbabarira

    • @casoartv257
      @casoartv257  6 місяців тому

      Kushavuye hahahah😂😂😂😂
      Ehe raba nawe usubiye kwandika mundimi zibiri hahahahaha
      Rero mugenzi orosha mumutwe ngaha hari abumva indimi zose wihangane kuko nawewe urabona ko vyakunaniye kwandika mukirundi gusa 🤷🏽‍♀️

    • @kg7285
      @kg7285 6 місяців тому

      Bien sure nakubwiye ko ikiganiro sicanje jewe la person qui m’interesse ni wewe est ce que tu te rend compte ko hariho ibintu bi t’interessa tout le monde canke sujet si tu veux ntacibaye ariko ingene mu bi presenta si la presentatrice Atari sawa nikiganiro kiba boring nuko ndabibona. Be wumviriza impanuro niho uzotera imbere muko

    • @GratiaHORANIMANA
      @GratiaHORANIMANA 6 місяців тому

      Ryoo😮😮😮jewe nabitahuye ....ariko kandi burya vyogora kumara isaha yose uvuga ikirundi gusa😢😢😢.
      Noneho gutahura utahura l'ensemble,le contexte...nabana bato bararaba film y'igifaransa canke icongereza kandi bakabitahura😂😂😂.
      Monna azogerageza basi yongereze amajambo y' ikirundi mumutwe basi kugire yorohereze abashaka ikirundi

  • @jeannettendikubumwe4313
    @jeannettendikubumwe4313 6 місяців тому

    Ni kiganiro ciza kandi cingirakamaro Mona komeza gukora ibiganiro vyinshi nkivyo bifasha le monde

  • @alexirungura9553
    @alexirungura9553 6 місяців тому

    😅😅😅😅😅

  • @PacifiqueIrambona-gh1dd
    @PacifiqueIrambona-gh1dd 6 місяців тому

    Nimureke kwnza ni exprimer oft nzoc ndabaza uko ni y, arrangé donc, d'ailleurs Niko bimezee none ikirindi ntitukizi!?

  • @evelynekaneza
    @evelynekaneza 6 місяців тому

    😂😂