Thanks guys for bringing up this nice and interesting topic!!! However, someone may wear an outfit three or more times as long as is clean, for example the way you mentioned it : when you met someone who was in club 5 a.m in morning and after 7 hours you meet again in the same outfit ( clothes) it's very normal and possible, maybe that person has got a trumble /d, ( a wash - dry) washing machine, so that person can wash it with washing machine and then wear it whithen 15 minutes, so it's possible!!!
Iyi sujet iri très vaste, hariho aba mama batigisha abana babo kugira isuku canke gukora udukorwa dutoduto vyose bakabizeza abakozi ngo ni igisirimu Ugasanga umukobwa ari muri master ariko ugasanga yambaye neza mais uduhuzu two munsi n'ingorane canke ugasanga yipomfy parfum aramota, ariko waraba agahuzu ko munsi ukumirwa Cnk ugasanga abantu baba mugiti mais washika murugo iwabo ukabona KO isuku wapii kwr Muzovuge kukijany n'isuku munzu no murugo
Monna avuga umwanya munini cane naze arareka abashitsi bavuge nkuko nabo baba bamuretse kuko mu kiganiro barahana amajambo normalement. Anyways, thanks for the interview it was good.
Un très beau sujet na ma conseils meza👌 Muga rero kuba propre si question yaho umuntu aba, siko? Uwo mu cité, mu giti, diaspora bose ni éducation baba bafise canke ingene umuntu yiyubaha 😉
Ikintu gikunda gutuma abana bo mugiti akantu k'isuku atari ikirenga nuko bakiri bato usanga bataryokorera hariho abajejwe kubibakorera,iyo bakuze rero birabagora sana😂😅uwo mu cité atangura kwimesurira à 4ans,urumva c'est normal ko akuze aguma ari clean👌
Sujet très intéressant 👌🙏 cane vrt ,merci bcp biraryoshe mwakoresheje itandukaniro rihari abana bo mugiti nabo mwi cité , 👌👌muvuge kandi kubantu bari a l’intérieur i mean kugatumba mufashe kandi kuko isuku pe rirakenewe surtout ahantu kenshi iterambere ritoroshe gushika aussi la sensibilisation 👌👌🙏
🤦♂️ OMG muriko mubwira jewe où quoi fait attention à ce que vous dites vous murashobor kwic'umuntu mutabiz ndabibuts ko dépression zibaho kdi ko 😂n'akajagari kabaho so je nibazako ko kutizerana murwaruk navyo bifise impact nini kurusha uburangare bw'abavyeyi je pour l'anecdote nahuye n'ibibazo bigiye bitandukany amajambo y'abantu aba menshi kdi atandukany binshira mur dép ya hatari kugez'aho niyumvira kwiyahura ark nararokotse Arik icigwa nabikuyemwo nukubivuga kuko sinz nimba bagenzi banj bazorokoka reka dukundane twigishanye bizoherera 🛑 try this challenge at home
Alvin bavugaa kur maison verte apana ngo maison vert😢😢
Murakoze cane ibiganiro bijanye n’isuku rike mubigwize cane mwavuze kumubiri gusa hanyuma muze muvuge muri rusangi, ibikoresho dukoresha canke aho tubaye naho nyene harakenewe kugirirwa ishuku. Murakoze!
Nirya mbere ndavye ikiganiro nkakimara ntasimbishije😀🔥muratesa fo❤
Turakeney chit chat with drama, ubundi sujet yari top
Ndakunz ino débat très bien vrm
Abahungu kumesa iboka birabagora indwi yos muboka imw c pa bn,bibuk basovy kohatabura udukorokeramwo c jn vrt
Ikiganiro niciza. So ivyo bituma umuntu anuka mukanwa bavyita [HALITOSE] bucale. Biva kukuntu abantu dufungura hama duhejj gufungura ntitwibrose neeeeeeza. Abantu ntibazi kwibwosa haraho badashika babona amenyo gusa kwarayo kubrosa. Je vous suis dpuis le Canada. Muraduhimbara👌 la vache yubahwe😅😅🤝
Je vous love bcp, Alvin ww uranduhura😂😂😂 kandi merci kukiganiro mugize.
Thanks guys for bringing up this nice and interesting topic!!! However, someone may wear an outfit three or more times as long as is clean, for example the way you mentioned it : when you met someone who was in club 5 a.m in morning and after 7 hours you meet again in the same outfit ( clothes) it's very normal and possible, maybe that person has got a trumble /d, ( a wash - dry) washing machine, so that person can wash it with washing machine and then wear it whithen 15 minutes, so it's possible!!!
Sujet ya bien vmt
ba mwishura SMS zabantu babakunda basha sino uba umenga turiko twiboma🏃🏃
alvin ubahwa gusa ndumva warahakiwe mur sud kuba wahavuye amahoro imana ishimwe
Ubwo bu histoire ngo abana bo mugiti ngwabo mwi cité ni complexe d’infériorité mugifise malgré iterambere ntibi sona fresh bro mri 2024 kuzana ubwo butiku umaze 5,4 ans uteyimbere rekana nubwo butiku canecane Alvin
Thanks bro they still talking bullshit in 2024
get a life
❤❤❤❤❤
😂😂😂ng downtown😂
muze mutahura ibintu aba diasporan cank abazung batinya kumesa ibirato namzi kubera kenshi bib bibujijwe ko kimeswa namazi kandi kibakizinvye nokukimesuza namahera menshi nay mpanv akimesuza gake
Alvin vrt urampimbara😅
Iyi sujet iri très vaste, hariho aba mama batigisha abana babo kugira isuku canke gukora udukorwa dutoduto vyose bakabizeza abakozi ngo ni igisirimu
Ugasanga umukobwa ari muri master ariko ugasanga yambaye neza mais uduhuzu two munsi n'ingorane canke ugasanga yipomfy parfum aramota, ariko waraba agahuzu ko munsi ukumirwa
Cnk ugasanga abantu baba mugiti mais washika murugo iwabo ukabona KO isuku wapii kwr
Muzovuge kukijany n'isuku munzu no murugo
None abana bomugiti 😂😂 mubasunvyaa gusirimuka 😢😢cyanke mubasunvyaa ububandiii😅😅😂😅😂😅😂😅😅😅😅😂😅😂😅
Iyo muvuze isuku muroga mukisiga ariko mukibagira gukoresha deodorant kugira ka kamoto kava mu kwaha kubera birya vyuya biva mu kwaha. Umuntu arambara neza ukisiga ariko ibuka gukoresha deodorant.
Muvuze ibintu bikomeye cane encore merci
Ngo bro uko kibamba alvin😂😂😂😂😂u me make crazy 😅😅😅😅
Basha ndabakunda caneee❤❤❤❤❤❤❤😊
Kuvy'isuku Amipro muramumbwira agire effort .
33:01 iyo exemple natwe maman yarakunda kuyiduha 😂😂😂😂ngo nubu wambaye i colan itabutse munsi y'ikanzu ukagwa mwibarabara ntubon ko womaramara 😂😂
Sujet ya bien 💕
Monna avuga umwanya munini cane naze arareka abashitsi bavuge nkuko nabo baba bamuretse kuko mu kiganiro barahana amajambo normalement. Anyways, thanks for the interview it was good.
Ariko avuga ibikenewe
Courage
Un très beau sujet na ma conseils meza👌 Muga rero kuba propre si question yaho umuntu aba, siko? Uwo mu cité, mu giti, diaspora bose ni éducation baba bafise canke ingene umuntu yiyubaha 😉
Ikintu gikunda gutuma abana bo mugiti akantu k'isuku atari ikirenga nuko bakiri bato usanga bataryokorera hariho abajejwe kubibakorera,iyo bakuze rero birabagora sana😂😅uwo mu cité atangura kwimesurira à 4ans,urumva c'est normal ko akuze aguma ari clean👌
Ikindi abana bomugiti ntibimesurira ama sous sous-vêtements
Sujet très intéressant 👌🙏 cane vrt ,merci bcp biraryoshe mwakoresheje itandukaniro rihari abana bo mugiti nabo mwi cité , 👌👌muvuge kandi kubantu bari a l’intérieur i mean kugatumba mufashe kandi kuko isuku pe rirakenewe surtout ahantu kenshi iterambere ritoroshe gushika aussi la sensibilisation 👌👌🙏
Merci kudusangiz ivyo
Hama turakeney chit chat yawe na erwan nolwenn😊😊 izobitesa ndazi😊😂
Ikiganiro giheze tutari tubishaka gusa ndabakunda cane mbonye alvin na Monna sinari kureka kukiraba
Abahungu ukwaha,amaguru natwebw en bas harakenerwa isuku (map***bu)
Kwapa yakiwa yananuka paka roll on yani deodorant
Alvin uraberew peee❤❤❤❤
emission iraryoshe sana, thank you
Raba Rero untemwoo icyanaaa😂😂😂😂😂😂
58:50 MWAHEREYE KARE MUVUGA CANE 😂😂😂ARIKO NDABONT'UMUNTU YATEGUY'IYI SUBJECT KBX 😂😂😂😂😂😂 COURAGE VRT J'AI KIFFÉ 🔥🔥🔥🔥😂
Umugabo si umutahe ivyo bikwiye gusigurirwa abana b abakobwa
Uzozane Chloe ntare mu kiganiro
Alvin uri anti-stress😂😂😂😂
Ico co muri bus iyo ugisubiramwo nka gatatu maze kumererwa nabi kenshi 😂
Muvuge abantu bâti brossa 🤭🤭 et sorry surtout abahungu nabagabo😅
Hhhh sujet ya bien
Hahahaahaah Hemw jew ndapfuy😂😂😂 bien dit vrt les diaspora reroo hahahahahahahha ndafashijwee gwosee 🙈🙈🙈🙈🙈
Alvin uvuzevyo
Iyi Siku wallah ni fureshii saana
Love you.
Ewe Mana ynj mfshaaa uwurahoo abone iy interview 😭😂😂
Antystress Alvin smith😂😂😂😂
Ebane muraturyoheye.ikindi kiganiro turagishaka vuba
Love you 💞
28 Novembre n'existe plus...itwibutsa ihirikwa ry'ubutegetsi. Ubu yitwa Boulevard MWEZI GISABO. Anyway, stay focussing on your topic
Mumitwe y'abarundi har ibintu bidahinduk, 28Novmbre nubu ni 28Nvmbre
@@Chansantana bareke kutugorera ubwenge nkanj Boulevard Mwezi ndacumvise ubnyn
Oyah uwo munwa wavyimbijwe n'iki???😂😂😂😂
Man ndabemera fo😂😂😂😂
Muri cave 😭😭😂😂😂😂😂😂
Kl
🤦♂️ OMG muriko mubwira jewe où quoi fait attention à ce que vous dites vous murashobor kwic'umuntu mutabiz ndabibuts ko dépression zibaho kdi ko 😂n'akajagari kabaho so je nibazako ko kutizerana murwaruk navyo bifise impact nini kurusha uburangare bw'abavyeyi je pour l'anecdote nahuye n'ibibazo bigiye bitandukany amajambo y'abantu aba menshi kdi atandukany binshira mur dép ya hatari kugez'aho niyumvira kwiyahura ark nararokotse Arik icigwa nabikuyemwo nukubivuga kuko sinz nimba bagenzi banj bazorokoka reka dukundane twigishanye bizoherera 🛑 try this challenge at home
😂😂😂😂😂😂
Uzozane drama t