nari maze imyaka irenga itatu ndayitegerej ikinezerey sinategerej ubusa mbega ibintu biryosh me video plz plz plz more love from bantu bwoy's fan forever
Iyi histoire iraryoshe,song ifise message ya bien hama ugumye wiririmbira ibi vyuvaka nivyo vyiza kuruta amazina vyo bisa n'amazimwe. Well done brother Girukwishaka Boniface
Safi sana B Face, ntuhindure kabisa iyo style ni rwawe. Uri umwe, abo bagusaba guhindura barakubesha! Komereza aho nyene, ntavyo gutaragurika wewe nukomeze kuko abakunzi bawe twubakwa na styles zawe turahari. Ubu nguma nibera mu munyenga kuri izo beats zawe
I really Miss The Real B Face Not Whom He Becomes Nowdays. Plz👏👏👏👏 B Face Try To Come Back On This Punclines I Beg Gee. I really Beg😥😥😥😥
Ubu ni safi musaza🙌🏿💯 ub urampezagiye kbsa✊🏾
Urayikubita hama uyireker amarire ntugend utayituts 👌👌👏blessed mi b face 👏🙏
Iyi ndirimbo inyibukije ikintu.
Man, go ahead wallah.
Urashoboye
Iyi song yarikwiy agashimwe kavuye mur ministère de solidarité kuko ifise message ikaze Big up GIRUKWISHAKA
Congrats Man ubandany akiwacu
vyihorere shahu Bro! siko yabaye kandi siko yavutse!
Siko yari siko yavutse yabaye ukwo atabishaka 😞😞😞 ngo ushoboye beef gusa bakuveko dii 😂😂😂 respect sana Dogo komeza abagupinga bazomfasha kugu fana vuba 🙌🙌🙌
none b.face ubu ubayiki uririmvye utariko uratukana?! c'est bien bravoo👏
Yvette, u've amazing sound, B-face goes on bro
courage B-FACE iyo song niya bien,message watanze irafasha ariko raba ukore video tuyirindiranye igishika
Big up
Imana igukomeze
Babandi ngushoboye beef gusa😂😂😂,nibaze bumve b face on the flooooooooooo,,, big up sana
Big up b face iyo ndirimbo Ni nziza
Kabisa courage yemwe urashoboye wubahwe 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯👌🙏
umwana wo mwibarabara indero arironderera that true bro
Bro ndakwemera
Yvette courage ndibuk unyigisha sha kuririmba kur mungara courage
Voilà un chanteur qui mérite un prix
Good song, big up
nari maze imyaka irenga itatu ndayitegerej ikinezerey sinategerej ubusa mbega ibintu biryosh me video plz plz plz
more love from bantu bwoy's fan forever
iki gikorwa waracitondeye kandi cuzuye impanuro ngenderwako. courage kuduhereza ivyiza. ariko wirinde amajambo atabereye imico ndundi nkabaraho ntavugiye aha
2023 naho ataco nikura sms nayumvise oooi my god😂😂😂😂
💥💥💥❤💪
Nice sont kwer ... Story ibabaje .... Respect for B-face
Bravo my man b face nnje nfzkunda lap yawe💪👌
Yeah Man Ingoma nziza cane B!!
Nice song good advice keep it up my bro you are strong enough imbere niheza
Safi sana B-Face wew noma sana, Napenda sana kazi zako
That good🙌😍🇧🇮
History ya ukwerii iyo carata yawe niyo kabisaaaa
Kiramwagira kl
Big up bro !
NICE SONG B FACE RESPECT
Good work and nice touch.bip up bro.full of impanuro.ubandanije uku vyoba vyiza cane
broo big up good messag utanz vrt komez uk
Waouuuh nic bro fasha abandi ukibishoboy Kuko twese turabahita Sikoyari 👌
On the flow kama kawaida
Rrrr Boy... big up! Ico bagumye bagarukako nico,même si kigira style yaw ari bn!
Iyi histoire iraryoshe,song ifise message ya bien hama ugumye wiririmbira ibi vyuvaka nivyo vyiza kuruta amazina vyo bisa n'amazimwe.
Well done brother Girukwishaka Boniface
na ww wemey na jw nemejw
😂
#dreamBig🇧🇮🔥🔥
Une Bonne message 🙏
good song
Lyrics nziz iyaba ntumvise indirimbo warumaz imins usohor narikuga KO iryosh arik nico kimw geragez uz urahindur flow zaw ibind ni bon big up muta respegiti
Really uno musi uraberewe👌
Safi sana B Face, ntuhindure kabisa iyo style ni rwawe. Uri umwe, abo bagusaba guhindura barakubesha! Komereza aho nyene, ntavyo gutaragurika wewe nukomeze kuko abakunzi bawe twubakwa na styles zawe turahari. Ubu nguma nibera mu munyenga kuri izo beats zawe
Big up my Bro Nice song
Urakoze ikintu gihambaye kuvugira ababura aho bavugira harakwiye igikorwa cobishira mungiro mugukora ibiteramo vyoba ivyo gufasha impfumvi
Félicitations Mugenzi.
good song
%100
ur'impfuvyi ntur'igipfu nice song kabisa
Uzayikorere video iyi Ndirimbo ni nziza sana
African streetlife, uko niko biri kbx 😢😢.
respect bro,,,ng mwim utamututs
Nice song respect
much respect on the flow
Enfin uraririnvye ibintu bizima... Nice job
Nice song mr!!!
Surtout le message iri impecable!
Terimbere muta
Sikoyari kbx
Big up
Une chanson humanitaire frérot, bravo
Komeza muta vrmt urashoboye sana bro
We mkali kila mda
Iyi missile yuzuy message. Best rapper On the fl'o
Wow, I like that song! Big up B-Face...
B-FASE ndakwemera san
Iyo song niyo Hama abavuga ko utaco uhindura nibakureke kazima uda copia ivyabandi ucopia ivyawe ariko dukeneye stress2
Africa @stress full
on the@ 4low face_B
hit's song &big up ∆
neza cane watching from Burundi
big up sana mutama iyi ndirimbo irasara komereza aho
good work bro
arko rab uhndure style ya rap yaw indrimbo zose zirasa ntagshash uzna tuzhava dusnga twakumenyerey
big up
eminem wariwumva aho yahinduye style ?
@@hassanmzande2860 hahh usang atazo wumvrza rero
ugomb ugererany Eminem na B face ?
Eminem ari mubantu bahindura rhythm caaaan ntagum uk abaytanguy
kndi rega suguponda nukuvug uko bri kugra habe ihnduka
kndi ucumeng arko asoma igisomwa rap ni innovation urahindura speed na rythme mundrimbo imwe
Hh ubu bigiye kuba vyiza ko yahevye vyabindi😄🙏🏾💯
@@titusclassicartwork9429 uri sure ko yabihevye ga man???😂😂😂😂
nakubali xanaaaa,Big up terimbere nkumuzingaaza
uko uno musi uri ejo sikobuzoba uri knd ah kwis twes turingez good song bro
Sindakibagira vrt nice jam
Nice vrt mwana wa uncle
song nziz kabis👏👏
very nice song
nice song kbisa iyo refrain irankuyeho
Nic
Ndakwikundira b fc nukuri nibakuveko
Just move forward my legend
good.iraryosh trop.uy mu sto yaririmvye nez
bro respectable song hit knd yubaka
Kuvakera indirimbo nkizi zarihe? Turakwemera msore
Big up bro my king rapper
Good job 👏🏽 ndakwemera kabs
Vizuri sana
Respect vrt✌️🥳
My favorite star 😘😘...
Ubay iki nne kudakoz bifu!,komeza ukwo
verry song hla broo kama ulivyoambia badili ngoma ni zilezile
Urashoboye ufise msg zikora kumitima yabenshi
nzuri kabxa
Good song Bro , gusa Flow zawe zirasa kbs , gira uhindure , Hama beat n'iyirya song y'ingoma ziwacu.
Ndakwemeye vraiment naw warabony kw béat zisa
Is'haqa Ibrahim Official erega iyo flow yiw niy imuber ugomb ahind ham aririmb iyah style
umengo arko asoma Bible ab fans tub dushka change kndi adahnduye ntaho azoshka kuko indirimbozose ziwe wozishra muri song imwe kuko zose agra kumwe turakeney ihnduka kand atar b face wenyne aband barageragez kuzna bsha na beat agahndura nayhand azosanga twamaz kurambirwa
@@oxy.creative nn nturayirambirwa
Eddy Niyonkuru wap man
Nice idea
Ubahwa knd uterimbere cn
Respect to Miss Erica
Hahahaa
Nice nice👍 🥰
Siko yari. Nice song
Nice song good job
big up san my bro b face
Nice song🤜🏽🤛🏽✌🏽
Lyrics so nc b face
mshukuru #miss erica maana flow zako azibadiliki bro tumekucoka baba nambie tofauti yahio beaty naile ya #Ingoma zacu
Kabisa komeza ubemeza
B Face nihatari! Abobana bamuzanako beef arabarenze nibamureke! Ntanindirimbo nimwe bafite nkiyi ndumva
lappe yuda that is good soon