Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
B face ugize Imana ko utamvuze nari kukwishura kabixa mpa lumicash ndaguh ifanta wahatwitse
Ntandero kagira urazi Ivyo kankoze 🙆🏻♂️
nakubali sana d one umunyuka wacu
D-ONE Nawe Watanguye guta Indero Nka B-FACE 🤭🤭🤭
Kweli B_ FACE wavugishe ukuri niwubahwe kl babwire babwire
Eee babwir dii unezereza twebwe abafana imanikujimber 💗❤️😄😄😄🤚🖐️🤛🤛
This is Real b-Face🥇🔞🔥
Legend 😂😂😂😂
Legend approved it 😂✊🏾🇧🇮
Umvukuri🎉🎉 Legend
Nice brother wait the song of taff gangz 🇷🇼💪🔥🔥
Ntubeshe uwo niwe Bface sino yar copie
niyunvise nnjew 🔥😩😂HIPHOP IS HERE🔥❤️
Ca witamporiza muta😂😂😂
#Drama_t mpore none😂
Ntiwirushe rero itamporize😂😂😂
Man subiza ivyabandiii Hip hop nihutar muta😂😂🧘🧘🔥🔥🔥
This is hiphop🔥🔥🔥
But Not from in Africa 🤣🤣
Nimwe ba rapper dufise bampere muburundi abandi nugupfa guhuruduka bigana eminem atabutumwa na bumwe burimwo wewe na b face muri goût yanje
Mkombozi we waiting a song from you 1th may
S'il vous plaît, Bface turagukunda warakoze Rapp imyaka myinshi kandi neza ariko uyumunsi uraduhemukiye cane usohoye indirimbo mbicane kumuntu nkawe amaze imyaka irenga itanu mumuziki. Harikintu wavugiye kuri Radio (mercredi) ngo ntamuntu yumviriza indirimbo yawe ikiri muri studio ngo yohava agusubizamwo kandi atamwanya ufise woguta même na équipe yawe bayumviriza wayihejeje kirya siciza. Nukur RnB usigayee uyikora neza vyiza hako uza uraririmba uko(Rapp) wopfuma uhindura ukaja muri RnB Rapp ukayiheba. Canke usubire nkakera ureke Ku négligea igikorwa imigani ippfuye nabi uyihebe urabe ba #Elpro_burundi ukuntu basigaye babikora neza. Nukuri ntanzigo ndagufana cane ariko sinshaka KO usubira inyuma ndashaka y'uko w amliora qualité y'umuziki wawe kugira ushike kure hashoboka. Équipe yawe hamwe nabagenzi bawe bakube hafi kuva muri studio gushika igikorwa kije hanze no muri promotion yaco. Kuko umutwe umwe ntiwigira Inama nkuko wabiguye kwi Radio (mardi passé) Uwuza gusoma iyi comment ageregeze kuyimwereka. #Ntanzigo ntagwanko nikiri kumutima wanje#Ndangije ndakwipfuriza iterambere#uwusoma iyi comment ageregeze kuyimwereka. Murakoze cane.
Kueliiii mzee waaangu iy n kl
B face respect kabisa this song is so 🔥🔥🔥tell them to change their behaviour
Réellement jew narabikubwiye ko song yaw yamana discipline kumw n'akanovera veut dire que uhagaze neza di my favorite
B-face Wozabaye umunyarwanda 🔥🔥🔥🔥🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ako kabwa niko gatuma ataho tuja.Nuwudafite imbwa arabona aho itahaUmugabo ananira abagabo ntananira icobo congratulations my big gang in hiphp
Ewe my B face Sha ndagukunda❤❤❤❤❤ 😂😂😂😂😂😂ntandero kabisa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
B FACE ndagusabe ikintu kimw. Iyi ndirimbo yawe yikorer translation hepfo haze hariyandikamwo icongereza munsi canke igiswahili. Vraiment nindirimbo atamuntu numwe itaraba❤❤❤❤❤😢😢😢😢😢😊😊😊
Urundo ntandero 🔥🔥🔥🔥
Umudimudimu yagucoreye man, uze gutuka aba legend, fizzo agufashe👊👊👊👊👊👊
Bface uracari uwamber Kumubumbe kur rap ntawuguhaga the one Burundi
Mamayangu weeee my bro b face rap yuda rap comando 🎤💯💯♥️ wubahw sn bro iyi ni Rapp apana Ubu Rapp xo respect sn bro urashoboye mn 👌👌👌💯💯♥️♥️♥️♥️
B Face good good good and nice song hashake hasheeeee 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Bahe bumve, bibutse nacanecane mwebwe muvuga rikagera Kure. Merci sana my brother.
Big UP king of hip hop in Burundi GMA kkzzi turakwishimiye Ur king too kuk détermination yaw irarenze 👍👍👍👍👍👍👍👍👍
Ebaga B face ,nimumureke jewe ndamanitse Amaboko
👏👏👏👏ndabuze nicomvuga kbx so big up msaza kbx wari watunyoteje so wubahwe klubikoze neza kd urabisoje
Nakubari xna!! Kama unakubali flow za On the flow dondosha like yako hapa
Bface ndakunda Rapu yae kbx😃😃😃😃 Oya ntandero ugira ht s kbx
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Yes turakwemera be face ubikora neza can uvuzukuri kuzuye
Mutama Akazi wagakoze neza terimbere uwemerrana naje ko yakoze akazineza abinyereke
This is my Burundi preferred artist B- face.
Big up sana B-Face unkorey umuti n´iyi song pee🤣🤣🤣🤣ntandero ugiraa🤣🤣🤣
Waguan mi pipale uranyemeje keep ensuring us our Rap yuda ( nsabe aka volum kaze karaduzwa ingoma igir inguvu my rap komando )
Best rapper what's a beautiful song good message keep it
Umurima w'igisebe urindwa na nyenewo.B face urarenze kweri.iyi song irarenze kweri irimwo impanuro nyishi.iyo mbwa ngo n'urukundo yarasaze gusa waruyibariye n'uko itumva yari imagination nyene.Ariko abumva bobo twumvise.Gusa B udukubise suprise.benshi twar twiteze kwari beef ugira udusukemwo nacane cane mw'ibi bihe hariko havurwa amajambo meshi mur industrie ya257 kumbe wifitaniye beef n'urukundo gusa.big up sana kabisa amajambo make ibikorwa vyishi.
I approve!! Good one!! Ubu nisawa!!! Komereza Aho rap niyo ikibereye,rekana no guhibongoza!!!
Abemer kwin ndirimb ikaz mump like bax🔥🔥🔥🔥 wallah is the hit of the year💪💪💪🔥🔥
Uvuzukuri bakwitikigobogobo iyeeeee!love you brother
Kumonga waririmvye jewe nn 🤔🤔Umutosozi kabxa 💥💥💥💪💪💪
Kyz tuzuze amaboko warize ikirundi uragakumbagara kumbaragasa wee ntanderugira yoooo 🔊🔊🔊🔊🔊📣📣📣📣🎺🎺🎺
Big up B face 🙌🙌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌍🌍
Big up sana B face Ntandero ugiraThis is real Hip hop I'm from🇿🇦🇿🇦🇿🇦
C t incroyableUraruenze Can brotherNimbumwemera MPa 👍
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥🔥ikigogwe kabs nta ndero ugira bafunike☂️☔
B face uranyemej ndak uzik ntarinameny uwo warik uravug??respect kbx💞💞💪💪
Nyamba amajambo uyakura hehe😮😮😮 and nice vibes Burundi on the map 👏👏👏👏👏👏
Uruwo kubah Ubikor neza big up sana musaza
Ubutumwa bwiza!!! Bienvenu au Rwanda, nkubu butumwa burahakenewe cyane
Urabarashe. Nyoko naso ntacyo ubaha, kbx uko nukuri bireze,
Big up sana joo. Unaweza wàllah
Ntandero ugira😂😂😂Is a real Big banger! Uwarakumbuye B-FACE muri Rap ampe like😍🙏
Kwel shaaa nibishati birekera nkikirepe amatama nkigipupe muterikupe sha b face
B face courage musaza wewe ntuvyurosha ngo ngwiki 😆😆😆😆😆😆😆😆😆
B face never disappoint 🔥 Big Up Brother 🔥🔥
umuskia eenh!
Uyu niwe B face wanje kbx😅❤😂😊🎉nahandi wari wampemukiye pe😅😅
Mmmmmh hit b face thanks My brother ❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uyo muntu uvuze ntawenzi ariko Niko nimba arukwo ameze ntandero agira walai,big up on the flo'✔️
Burundian Best Rapper 😍🇧🇮 amatama nkigipupé😄 nguma ndayumviriza👏🔥
Eeee Brow✌✌✌ aka kaje hageze big up cane .
Icamamare 👏👏 kubadidaa Mr On the flow 💪 wubahwee nkeuu
Big UP sna b face on thé Flo nice song wubahw
stwata kbs@, Irabishe sana vraiment
🔥🔥unkoreye umuti reka ndayiryngikire umubanyi wanj ndamucanye kabisa
Kali sana 🤸♀️🤸♀️🤸♀️
Nutategera neza uracanganikigwa Manzee iyi ni hip fire🔥🔥Nimbaa koko turikumwe kubitako likes
Big up b face urashoboyee kwer
B Face araruenze naringukumbuye peee 💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇦🇱🇦🇱🇦🇱
Muraduha umuzigo murikumwe n'a El pro numva impanuro muzihuje🔥🇧🇮
hama ngo mushaka gutera imbere muri musics!! no single word in this song sounds like a good message to the listener
Umuhungu wigihungu ndagukunda sana ❤️❤️🇧🇮🇧🇮
B face irambir isong irakaz sana turinyuma yaw kyz oyeee💥💥💥💥💥
Kayanza yubahweee dufise impano zirenze❤❤❤😂😂
Mutama wacu B-Face on the'flo uri top sana.Imana igushoboze uduhe video y'aka kazigo.
Much love from ❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Agakino rero sasa karatanguye// game iraryoshe gusa ndabasabe ntimubizanemwo inzigo
Ntaco umusigarije😅 #Bface OG🔥💯🥰💪🏿
Rukundo nukur *ntanderougira* 💣💥💥💥💥hejuru cane bro,..love from TBF ✌️
Ejo uzoba wakwij 2M nice song
B face on the flow🇷🇼🔥🔥🔥🔥
Big up B FACE, c'est la vie kbs, 🙏🙏
B Face on the flow big up sana you are one of successful rappers in Burundi or in east africa maybe you are top 10 thanks bro we support you big time
kabisa ntandero ugira uabona ukuntu umena amabanga
Hit song my big bro,arik harahantu wihenze,ngwiyufise umu girl friend uwomugirlfriend naw akagir umu girlfriend.........?nizere kowihenze aho!gus indirimbo nziza vrt ukur kwuzuye!!!
Nkunda b face 🇷🇼
Nicee b face congratulations Good song🙏🙏🙏
Naho nzob ndumwe kur b face sinzovako,Respect my brother
Uru nurusasu kabx uwutaryohegwa azobabis'icomupfa mubuzima busazwe
Bug up sana my favorite turakwishimiye mu BURUNDI nk'umwami wa RAP
You did best Boniface ntiwigera ukubita swata kabisa
This real hip-hop 🔥🔥🔥🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Umu legend wa nyawe, iyo mbwa ngo nurukundo war uyiponze nuko itumva😂😂😅😅
very nice song bro very sweet🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥ariko reo nkomeza kumirwa😅😅😅😅
Rap yuda mkali wa rap kweli kweli umetuchana live agatu utatekeye kweri gaterana amakenga. tubure amahera tukabura nibanga 👊👊👊👊👌👌👌👌👌👌
Message nziza gose.Buduha ingoma benizo
Kayanza barashoboye peeeeAbantu bemeye indege🙈🙈🙈
Ninjye mayor wu mujyi wa Kigali🇷🇼🖤🖤🖤😙😙
This IS b face on thé flow imbwa ntigutwengera ibigomba kukurya
Rapa yuda🔥🔥
@Ntandero In Town🤾♂️
All the way from USA big shout out to you ON THE FLOW
Mbega song iryoshe weee !! RAP YOUDA RAP commando. On the'flo ♥️
On th flow.respect grnd frere
Iyi sng nibara ndak! twemerany ni hit song🇧🇮🔥
B face ugize Imana ko utamvuze nari kukwishura kabixa mpa lumicash ndaguh ifanta wahatwitse
Ntandero kagira urazi Ivyo kankoze 🙆🏻♂️
nakubali sana d one umunyuka wacu
D-ONE Nawe Watanguye guta Indero Nka B-FACE 🤭🤭🤭
Kweli B_ FACE wavugishe ukuri niwubahwe kl babwire babwire
Eee babwir dii unezereza twebwe abafana imanikujimber 💗❤️😄😄😄🤚🖐️🤛🤛
This is Real b-Face🥇🔞🔥
Legend 😂😂😂😂
Legend approved it 😂✊🏾🇧🇮
Umvukuri🎉🎉 Legend
Nice brother wait the song of taff gangz 🇷🇼💪🔥🔥
Ntubeshe uwo niwe Bface sino yar copie
niyunvise nnjew 🔥😩😂HIPHOP IS HERE🔥❤️
Ca witamporiza muta😂😂😂
#Drama_t mpore none😂
Ntiwirushe rero itamporize😂😂😂
Man subiza ivyabandiii Hip hop nihutar muta😂😂🧘🧘🔥🔥🔥
This is hiphop🔥🔥🔥
But Not from in Africa 🤣🤣
Nimwe ba rapper dufise bampere muburundi abandi nugupfa guhuruduka bigana eminem atabutumwa na bumwe burimwo wewe na b face muri goût yanje
Mkombozi we waiting a song from you 1th may
S'il vous plaît, Bface turagukunda warakoze Rapp imyaka myinshi kandi neza ariko uyumunsi uraduhemukiye cane usohoye indirimbo mbicane kumuntu nkawe amaze imyaka irenga itanu mumuziki. Harikintu wavugiye kuri Radio (mercredi) ngo ntamuntu yumviriza indirimbo yawe ikiri muri studio ngo yohava agusubizamwo kandi atamwanya ufise woguta même na équipe yawe bayumviriza wayihejeje kirya siciza. Nukur RnB usigayee uyikora neza vyiza hako uza uraririmba uko(Rapp) wopfuma uhindura ukaja muri RnB Rapp ukayiheba. Canke usubire nkakera ureke Ku négligea igikorwa imigani ippfuye nabi uyihebe urabe ba #Elpro_burundi ukuntu basigaye babikora neza.
Nukuri ntanzigo ndagufana cane ariko sinshaka KO usubira inyuma ndashaka y'uko w amliora qualité y'umuziki wawe kugira ushike kure hashoboka.
Équipe yawe hamwe nabagenzi bawe bakube hafi kuva muri studio gushika igikorwa kije hanze no muri promotion yaco. Kuko umutwe umwe ntiwigira Inama nkuko wabiguye kwi Radio (mardi passé)
Uwuza gusoma iyi comment ageregeze kuyimwereka.
#Ntanzigo ntagwanko nikiri kumutima wanje
#Ndangije ndakwipfuriza iterambere
#uwusoma iyi comment ageregeze kuyimwereka. Murakoze cane.
Kueliiii mzee waaangu iy n kl
B face respect kabisa this song is so 🔥🔥🔥tell them to change their behaviour
Réellement jew narabikubwiye ko song yaw yamana discipline kumw n'akanovera veut dire que uhagaze neza di my favorite
B-face Wozabaye umunyarwanda 🔥🔥🔥🔥🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Ako kabwa niko gatuma ataho tuja.
Nuwudafite imbwa arabona aho itaha
Umugabo ananira abagabo ntananira icobo congratulations my big gang in hiphp
Ewe my B face Sha ndagukunda❤❤❤❤❤ 😂😂😂😂😂😂ntandero kabisa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
B FACE ndagusabe ikintu kimw. Iyi ndirimbo yawe yikorer translation hepfo haze hariyandikamwo icongereza munsi canke igiswahili. Vraiment nindirimbo atamuntu numwe itaraba❤❤❤❤❤😢😢😢😢😢😊😊😊
Urundo ntandero 🔥🔥🔥🔥
Umudimudimu yagucoreye man, uze gutuka aba legend, fizzo agufashe👊👊👊👊👊👊
Bface uracari uwamber Kumubumbe kur rap ntawuguhaga the one Burundi
Mamayangu weeee my bro b face rap yuda rap comando 🎤💯💯♥️ wubahw sn bro iyi ni Rapp apana Ubu Rapp xo respect sn bro urashoboye mn 👌👌👌💯💯♥️♥️♥️♥️
B Face good good good and nice song hashake hasheeeee 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Bahe bumve, bibutse nacanecane mwebwe muvuga rikagera Kure. Merci sana my brother.
Big UP king of hip hop in Burundi GMA kkzzi turakwishimiye Ur king too kuk détermination yaw irarenze 👍👍👍👍👍👍👍👍👍
Ebaga B face ,nimumureke jewe ndamanitse Amaboko
👏👏👏👏
ndabuze nicomvuga kbx
so big up msaza kbx wari
watunyoteje so wubahwe kl
ubikoze neza kd urabisoje
Nakubari xna!! Kama unakubali flow za On the flow dondosha like yako hapa
Bface ndakunda Rapu yae kbx😃😃😃😃 Oya ntandero ugira ht s kbx
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Yes turakwemera be face ubikora neza can uvuzukuri kuzuye
Mutama Akazi wagakoze neza terimbere uwemerrana naje ko yakoze akazineza abinyereke
This is my Burundi preferred artist B- face.
Big up sana B-Face unkorey umuti n´iyi song pee🤣🤣🤣🤣ntandero ugiraa🤣🤣🤣
Waguan mi pipale uranyemeje keep ensuring us our Rap yuda ( nsabe aka volum kaze karaduzwa ingoma igir inguvu my rap komando )
Best rapper what's a beautiful song good message keep it
Umurima w'igisebe urindwa na nyenewo.B face urarenze kweri.iyi song irarenze kweri irimwo impanuro nyishi.iyo mbwa ngo n'urukundo yarasaze gusa waruyibariye n'uko itumva yari imagination nyene.
Ariko abumva bobo twumvise.
Gusa B udukubise suprise.benshi twar twiteze kwari beef ugira udusukemwo nacane cane mw'ibi bihe hariko havurwa amajambo meshi mur industrie ya257 kumbe wifitaniye beef n'urukundo gusa.big up sana kabisa amajambo make ibikorwa vyishi.
I approve!! Good one!! Ubu nisawa!!! Komereza Aho rap niyo ikibereye,rekana no guhibongoza!!!
Abemer kwin ndirimb ikaz mump like bax🔥🔥🔥🔥 wallah is the hit of the year💪💪💪🔥🔥
Uvuzukuri bakwitikigobogobo iyeeeee!love you brother
Kumonga waririmvye jewe nn 🤔🤔
Umutosozi kabxa 💥💥💥💪💪💪
Kyz tuzuze amaboko warize ikirundi uragakumbagara kumbaragasa wee ntanderugira yoooo 🔊🔊🔊🔊🔊📣📣📣📣🎺🎺🎺
Big up B face 🙌🙌🇧🇮🇧🇮🇧🇮🌍🌍
Big up sana B face Ntandero ugira
This is real Hip hop I'm from🇿🇦🇿🇦🇿🇦
C t incroyable
Uraruenze Can brother
Nimbumwemera MPa 👍
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥🔥ikigogwe kabs nta ndero ugira bafunike☂️☔
B face uranyemej ndak uzik ntarinameny uwo warik uravug??respect kbx💞💞💪💪
Nyamba amajambo uyakura hehe😮😮😮 and nice vibes Burundi on the map 👏👏👏👏👏👏
Uruwo kubah Ubikor neza big up sana musaza
Ubutumwa bwiza!!! Bienvenu au Rwanda, nkubu butumwa burahakenewe cyane
Urabarashe. Nyoko naso ntacyo ubaha, kbx uko nukuri bireze,
Big up sana joo. Unaweza wàllah
Ntandero ugira😂😂😂Is a real Big banger! Uwarakumbuye B-FACE muri Rap ampe like😍🙏
Kwel shaaa nibishati birekera nkikirepe amatama nkigipupe muterikupe sha b face
B face courage musaza wewe ntuvyurosha ngo ngwiki 😆😆😆😆😆😆😆😆😆
B face never disappoint 🔥 Big Up Brother 🔥🔥
umuskia eenh!
Uyu niwe B face wanje kbx😅❤😂😊🎉nahandi wari wampemukiye pe😅😅
Mmmmmh hit b face thanks My brother ❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Uyo muntu uvuze ntawenzi ariko Niko nimba arukwo ameze ntandero agira walai,big up on the flo'✔️
Burundian Best Rapper 😍🇧🇮 amatama nkigipupé😄 nguma ndayumviriza👏🔥
Eeee Brow✌✌✌ aka kaje hageze big up cane .
Icamamare 👏👏 kubadidaa Mr On the flow 💪 wubahwee nkeuu
Big UP sna b face on thé Flo nice song wubahw
stwata kbs@, Irabishe sana vraiment
🔥🔥unkoreye umuti reka ndayiryngikire umubanyi wanj ndamucanye kabisa
Kali sana 🤸♀️🤸♀️🤸♀️
Nutategera neza uracanganikigwa
Manzee iyi ni hip fire🔥🔥
Nimbaa koko turikumwe kubitako likes
Big up b face urashoboyee kwer
B Face araruenze naringukumbuye peee 💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇦🇱🇦🇱🇦🇱
Muraduha umuzigo murikumwe n'a El pro numva impanuro muzihuje🔥🇧🇮
hama ngo mushaka gutera imbere muri musics!! no single word in this song sounds like a good message to the listener
Umuhungu wigihungu ndagukunda sana ❤️❤️🇧🇮🇧🇮
B face irambir isong irakaz sana turinyuma yaw kyz oyeee💥💥💥💥💥
Kayanza yubahweee dufise impano zirenze❤❤❤😂😂
Mutama wacu B-Face on the'flo uri top sana.
Imana igushoboze uduhe video y'aka kazigo.
Much love from ❤❤🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Agakino rero sasa karatanguye// game iraryoshe gusa ndabasabe ntimubizanemwo inzigo
Ntaco umusigarije😅 #Bface OG🔥💯🥰💪🏿
Rukundo nukur *ntanderougira* 💣💥💥💥💥hejuru cane bro,..love from TBF ✌️
Ejo uzoba wakwij 2M nice song
B face on the flow🇷🇼🔥🔥🔥🔥
Big up B FACE, c'est la vie kbs, 🙏🙏
B Face on the flow big up sana you are one of successful rappers in Burundi or in east africa maybe you are top 10 thanks bro we support you big time
kabisa ntandero ugira uabona ukuntu umena amabanga
Hit song my big bro,arik harahantu wihenze,ngwiyufise umu girl friend uwomugirlfriend naw akagir umu girlfriend.........?nizere kowihenze aho!gus indirimbo nziza vrt ukur kwuzuye!!!
Nkunda b face 🇷🇼
Nicee b face congratulations Good song🙏🙏🙏
Naho nzob ndumwe kur b face sinzovako,Respect my brother
Uru nurusasu kabx uwutaryohegwa azobabis'icomupfa mubuzima busazwe
Bug up sana my favorite turakwishimiye mu BURUNDI nk'umwami wa RAP
You did best Boniface ntiwigera ukubita swata kabisa
This real hip-hop 🔥🔥🔥🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Umu legend wa nyawe, iyo mbwa ngo nurukundo war uyiponze nuko itumva😂😂😅😅
very nice song bro very sweet🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥ariko reo nkomeza kumirwa😅😅😅😅
Rap yuda mkali wa rap kweli kweli umetuchana live agatu utatekeye kweri gaterana amakenga. tubure amahera tukabura nibanga 👊👊👊👊👌👌👌👌👌👌
Message nziza gose.
Buduha ingoma benizo
Kayanza barashoboye peeee
Abantu bemeye indege🙈🙈🙈