@@stv-schadoutv4088 Cane gose. Naryohewe no kumenya kandi ko ari Maman wawe. Yari surprise! Uzomutugarukanire aze kwigisha inkumi n'abagore kuvyerekeye inyambaro ya gikristo. Ingene yambaye akikwiza yiyubashe, n'icitegererezo kuri benshi muri ibi bihe vyanyuma, aho abakobwa, abagore ndetse n'aba mamy basigaye bagenda bari hafi kwambara ubusa!
Intahe nzizaa!!
Waouh!!!!!ndafashijwe kweri mbega umuvyeyi!!!nukuri uwo mugabo Yesu ndamwemera murahiriwe disi kugira maman nkuyo
Intahe nziza, Dieu est tjrs fidèle.j'adore ça 🙏🙏
Haleeeluaaaa, ndahaye icubahiro Imana yabaye Umwizigirwa muri uyu muryango.
IMANA NI NZIZA
Imana n'umwizigirwa mamy urinyahe wew ubwaw
Yezu aguhezagire uri umuvyeyi mwiza
Imana ibandanye ishigikira uyo muvyeyi izomwereke n' abuzukuruza bakijijwe
Uhazwe kurambaa muvyeyi
Imana ninziza ibihe vyose numwizigirwa iyisezeranye irashitsa irinyuma yijambo ryayo ngo irishitse ndakuzi muvyeyi muriwewe hari Imana gusenga nubuzima bwawe bwaburimunsi nanje warabinyigishije nkora nkuko nabonye ukora ijoro ryawe igitondo cawe umugoroba wawe utakambira Imana yaremye Ijuru nisi ndabizi nanje nzokwama ngera ikirenge mucawe
Be blessed mama
Vyukuri iyontahe niyukuri uwomuvyeyi arakijijw 🙏 bitarivyamajambo❤️ Imana ikomez kumutuzigamira rufatiro rwabo mururu runganwe.
Imana ni se w'impfuvyi n'umugabo w'abapfakazi 🥰🥰🥰 Imana iguhaz kuramba unezerew mamy😘😘
waouh...Kristo yabanye nawe kweri kabisa
Uwizeye Kristo ntiyigera amaramara
@@stv-schadoutv4088 Cane gose. Naryohewe no kumenya kandi ko ari Maman wawe. Yari surprise! Uzomutugarukanire aze kwigisha inkumi n'abagore kuvyerekeye inyambaro ya gikristo. Ingene yambaye akikwiza yiyubashe, n'icitegererezo kuri benshi muri ibi bihe vyanyuma, aho abakobwa, abagore ndetse n'aba mamy basigaye bagenda bari hafi kwambara ubusa!
IMana ishishikare kugukoresha umurimo wa ndiho
Icitegerererezo ciza cacu❤️❤️❤️
Hallelujah iyi ntah irandijije
Yoooo mukama,intahe iraryoshe cane
Mamy wacuuuuu❤️❤️
Il y a un Dieu fidèle...✍
Be blessed🥰🥰
Shadrack umuvyeyi wawe yakoze ibikomeye n’ukuri,Imana Ibandanye Imukomeza,uzomumpe umunsi umwe tuganire
Cane rwose ncuti
Ndigihamya c'ivyavuze pe,Yesu aguhezagir mumama mwiza
Validé
Imana ni se w'impfuvyi n'umugabo w'abapfakazi 🥰🥰🥰 Imana iguhaz kuramba unezerew mamy😘😘
🥰🥰🥰Intahe nziza.murakoze Muvyeyi.Shadu Claude murasa nari nibwiye ko mwoba muvukana😀
Imana iguhezagire muvyeyi