Hari ibanga bategerezwa kwibikira kuko bavuze apparemment leurs diverses expériences vécues. Nibiyumvire comment elles revivront cette émission après 5 ou 10ans? 😢😢
Ndumva notanga ukuri ariko biriko birandusha kime reka nihangane but experience is the difference ababasto uriko urabasaba ama ideal ariko ukuntu bagusubiza biraboneko ari ama true story yibyababayek.
Abantu murik mubona nabi bano bigeme sindabumva ,la réalité blesse et ça c’est la réalité de certaine fille dans notre société,ni sujet iri tabou ham chose à savoir le sexe pour certaine ni identité uwuciy umbwenge aratahur identité siy gucafuz kuwubon agacir .nivy novuga pour ma part😌
Kuva ku munota wa 25:50,abo bakobwa baratubesheye ngo twebwe abahungu ni twe twanka gukoresha udukingirizo....ubwo se nta dukingirizo tw'abakobwa tubaho ku buryo umuhungu atakambaye,umukobwa ahita yambara akiwe ?
Ivyo wavyize hé ? La pilule du lendemain (ou contraception d'urgence orale) peut être prise dans les 5 jours (120 heures) suivant un rapport sexuel non protégé, pour prévenir une grossesse. Plus elle est prise rapidement, plus elle est efficace. Il est recommandé de la prendre dans les plus brefs délais, idéalement dans les 24-72 heures après le rapport non protégé. Son efficacité diminue avec le temps. ✍️✍️
Mwipfuzako FIRT MIND AGENCE ibafasha mumamaza yanyu mwobarondera kuri
+257955066 canke kurin +27670053518(whatsAPP)
Aba ba sto niyo ending generation bloody, ndabaramukije💚
Hy
Juste Gaël wubahw cane kwiyi émission birafasha kumeny new generation uko biyumvira! Hama kandi ibiganiro vyaw ukuntu ubileadinga haba harimwo ubwenge bwinsh nubunyamwuga
Hari ibanga bategerezwa kwibikira kuko bavuze apparemment leurs diverses expériences vécues. Nibiyumvire comment elles revivront cette émission après 5 ou 10ans? 😢😢
Maturité nikintu gihambaye cane, ituma umenya ingene uvuga, nkubu turumva neza cane ko muriko muravuga ivyo mwamamwo. Umukobwa amaze no kuryamana n'abahungu benshi iyo bishitse agashinga urugo rwiwe rwiza bizomutera isoni iyo ahuye n'abahungu bose babonye ubusa bwiwe mwa nkumi mwe.
Turacari duto kandi ni n'ututãya!! Turi na fière y'ivyo dukora.Apparemment expérience dufise iruta Kure n'iy'abubatse😢😢😮
Mana imbabaz zawe kubantu bawe nizo dukeneye gusa 😢
Anaïs est intelligente et presque fidèle. Courage Juste❤
Anais uri mwiza ❤
Ndumva notanga ukuri ariko biriko birandusha kime reka nihangane but experience is the difference ababasto uriko urabasaba ama ideal ariko ukuntu bagusubiza biraboneko ari ama true story yibyababayek.
Ikigaganiro ciza cane très intelligente . Gaël grand merci
Abantu murik mubona nabi bano bigeme sindabumva ,la réalité blesse et ça c’est la réalité de certaine fille dans notre société,ni sujet iri tabou ham chose à savoir le sexe pour certaine ni identité uwuciy umbwenge aratahur identité siy gucafuz kuwubon agacir .nivy novuga pour ma part😌
Ihenembi ntawuyizirikaho iye, namwe mwatangiye kwigana abanyarwanda gusebya igitsina gore
Imana itabare bashiki bacu bararushe kbxa
Gaël wew ubaza ibibazo biri professionnel.wiz heh?
l'ETA iguh akazi n'ukuri
Nanditse commentaire bwambere kubera numvise mazina wanje Anaïse hama ikiganiro kiraryoshe 🎉 courage Umudundo ( umukubito)
inbox sha nanj iry zina narikunze
😢😢😢😢😢😢😢😢bavyeyi mwavyaye muraheka.mpore
Abarundikazi bacu ko ari beza none 😮,, munyandikire ndi single 😅😅
Gusa muri make up baracyakeneye amasomo😂😂
@@RodrigueNishobora-pe3ziattend, hari make up yoza irusha iyo? En plus critique ikava kubanyarwanda batazi kwisiga no kwambara!!
Aba bakobwa bacu vyose barabivuze😂🤣ivyo muvuze umengo nivyo kweri
Ako kana Anais ni keza, ninoza i Burundi nzomurondera, Landry " Umukubito " nawe nzokurondera umpe pass 😂😂😂🎉
Gael sorry si Landry sorry sorry
Bashik bacu baramaz kub abarakar😂😂😂😂
Isi irahese 😂 aba bantu ndabazi ahantu 🤔
Ubazi hehe ga mon frère ?? 😅😅🤷
Wlh nnj kur hope fountain school I Ngozi 😂😂😂
Keshi ubibwiye umuhungu ngo naje ibikore kenshi abahungu baca bavugako umukobwa yikoreye igisasu 😂😂😂😂😂
Uburundi bwejo sisawa iyobuja siheza
Abo bakobwa ni aba freedom fighters😂 Ni babandanye ba-fabrica urukundo 😂
Ubuzima bwabashik bacu burabangamiwe nabanyamafaranga
"Yaririmba muri chorale.."😂😂
😂😂😂😂😂😂akantu hatari gusa bari open aba bigeme kabisa gusa Ab ubu niko bimeze 😂😂😂
Ndumiwe koko😢😢😢Imn ibatabar murarushee
Chantal ya kwanza Burundi ni umumomoro
Mukirundi ciza ugusavye amazi aba agusavyi ivyokurya
Umwan wiwac kugasaka 😂😂😂😂😂
Kuva ku munota wa 25:50,abo bakobwa baratubesheye ngo twebwe abahungu ni twe twanka gukoresha udukingirizo....ubwo se nta dukingirizo tw'abakobwa tubaho ku buryo umuhungu atakambaye,umukobwa ahita yambara akiwe ?
Anais vrt 😂😂😂
Iy ni true storry yab kl
❤❤❤😂😂😂
Iyisi y'ikoreye amabanga menshi😂😂😂
Umusi azoyinanira (kuremerwa)izoduhitana!
Numvirije ikiganiro, ni ciza cane ariko avant d’assumer ibntu mutazi renseigner vous. Les pilules ntizica umwana… oui zironona uravyaro ariko ntizikorora inda ! Please, uyinyoye vyarengeranye inda urayitwara
kabaye😅😅😅😅😅😅
Hhh, Nizo zituma inda ziguma zikoroka ikindi zituma habaho resistance kubera kuzifata cane bituma harinigihe zidakora
Si mumuji noe 😎💪
Amamaza ubusambanyi😢😢😢
Nukuri abobana nibagabanye umuriro kugira bitegurire kazoza keza kimiryango yabo bazoshinga
Gael ubu nabakombwa ntabanga barabivuga Gael mwubahwe mukazi nomukibano
Ibara ryaraguye kumbe.kumbe nuko bimeze.
Uwuzoraba azobona.Gusa abo bakobwa baraciye ubwenge pe
Wap ahohantu mwahohendeye kbs hari umugani baca ngo ntakuri kuwashutswe RER wamaze gushukwa ivyumwana ntiyiyunvira ivyingwara ntiyiyunvira sasa RER ahejeje kuveresa niho umengo ubwenge bwagarutse kbs
😂😂😂Nohita ndiraa
Karabaye!
ako ka demu kimpuzu ya bleu k umeng nakamenye😂 kabaye p
Noe mwibazako mubamukundanye na basaza banyuu??
😮😮😮😮😮😮😮😮😮😮
Uyo mukobwa iminwa yiwe iramugora kbs
Gaël💪💪💪💪
🎉❤❤❤❤❤😂😢
Iriya😂😂😂😂
Muragowe
Nukuri naje narabitinye kubikora kubera ingaruka yavyo mpaka nubaste
😂😂😂 utik??
😂none ko abana bacu bitera bigorana tutabaye mwibi barimwo, nabo abo bazovyara birigute? Mwitege ama live😂😂😂amasanamu ntutugiye kurindira kwaca muri studio ngwaryohogwe😢😢
Ariko gael izi mpfuvyi muzikura h? Koko
Nabasazi basigaye basi gukoresha telefone ?
Nabasazi basigaye basi gukoresha telefone ?
😂😂😂😂😂😂😂
Icokirundi bavuga kogishisha kwumva bavuka ruguru hehe 😥😥🔇
Hary so na nyoko barashish k nzi atar aba bja??
Mmmh 🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Anaisssss 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Uramukizw niki😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Nkoroy amarir nibutse ivyibinini nz aban babinywa nkibiharage abakobw bac boseeeee barapfuye bagenda ntamuzima 90% yabakobwa baraboze
Jewe mbona vyose arivyihebe gusa
Sirimuka bana murekekwibanira 😄😀😃
😂ngogwiki
Aba jeunes bubu barabaye nabi kweli, none umukobwa yabaye murivyo azogera kurongorwa ama déceptions yarabaye menshi kubana no kubumbwa n'umugabo/ umugore umwe bizogorana.
Abo bana baratera inkuru😂😂😂
😂
Sawa kera abahungu barihangana,Ariko nabakobwa bakera ntibasabiriza.Umuhaye nikintu ntaco yatora yakubwirati mbe muhira bombaza aho nagikuye. Umukobwa wubu ukimusaba urukundo naho yoba afise abavyeyi.Atangura mara fone iragwaye ngurira taci mara ngurira impuzu, igisuko cashaje,mama ibirato.Uzonsohokana ryari kurya inkoko cank za rago.Urumuhungu nawe ucuprofita.Kuba wahindutse se nanyina. Nicogituma abahungu bubu batoba nkabakera kuko nabakobwa bubu sinkabakera
😂😂 turagowe
Abo bakobwa biraboneka ko barya nyinshi
😃😃😃😃😃😃😃😃😃😃😈
Ubwo bukobwa busa nubunyamusaga nibwo usanga bubikunda kndi bukenye
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
Nawe ukenye muri cerveau
@@cynthiairakoze257 kowampimye siyo manyama erga gukena sibibi nukuri ndakuremesheje uzotunga gusa uzoyarondere munzira nziza
@@MazaFabrice imbere yo kuvuga ba ubanza wiyumvire bakena dabakena ivyo ntibikuraba
@@cynthiairakoze257😂😂😂😂😂😂😂
None nkabo bonzira murubanza ngo baje muri protocol
Wewe nimbwa ikubonye Yoca ipfa
😂😂😂😂Ati kugira uronke sex yiwanje 😂😂😂muratera inkuru eeeeh mungu atusaidiye
Nihatari uru kundo gwiki gih
Ako kana kamarori kakina nyish birabonek😂😂😂
nitwose
Urukundo ni sexe
All eaten
😂😂ako niko kabi
Abo batumire ubwenge si ikirenga
Nawe harakoropfe
Ndabibutsek 72h bayifata amasaha atandatu (6h) aheze mukoze imibonano mpuzabitsina benshi barakundgufata 72h bagiheza kubikora cnk amasaha atandatu ataragera beshi barabisalirak ukaja wumv ngonari nafashe 72h
Ivyo wavyize hé ?
La pilule du lendemain (ou contraception d'urgence orale) peut être prise dans les 5 jours (120 heures) suivant un rapport sexuel non protégé, pour prévenir une grossesse. Plus elle est prise rapidement, plus elle est efficace.
Il est recommandé de la prendre dans les plus brefs délais, idéalement dans les 24-72 heures après le rapport non protégé. Son efficacité diminue avec le temps. ✍️✍️
@@Darcy641 ndabizi konahaza haheze 5jr atakibazo Arik navuzek agifata haheze 6h beshi uzubon iyobahejj gukor imibonano ubwonyen acamuha 72h Aho arasama ariyompamv akenshi wumv ngonarafadhe 72h non narasamye
@@BISUKWAVYO,ndigu yangu,aho sindagushigikira,wagifata 6h zitarahera,wagifata zitarahera,umuziro nuko utarenza 72h,ivyobindi urikwigisha sivyoo
Uyumusi naco twize kwel
Erega nakare nta minerval wahora uriha
@@DestineNISHIMWE Iyo ubweng atari ikirenga biragor gutahur ivyo mwarimu yigishije
😂😂😂😂😂😂😂@@cynthiairakoze257
SAD!!!
🤔
Women of today are a Whole of Mess😢
😴
RIP to the old traditional valuable Women!😒
🎩
😢😢😢😢
Gaël nkeney contact yaw
@umukubito257 Just gael nsabira uwo atambaye amarori azoze kundamutsa, ariko ntaco tuzokora tuzoyaga gusa 😂😂😂😂😂
Ariko aka numéro ka Sarah tugahabwe 😂😂😂😂😂 Kuko ndumva azi vyinshi
Uburundi bwejo sisawa iyobuja siheza