Ndarahiye Mama Leta yacu ishake indoge, Ndabirabe Perezida Atamukuye NTACO TUZOGERAKO UYU MUTAMA AKI

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 лют 2025
  • Ndarahiye Mama Leta yacu ishake indoge, Ndabirabe Perezida Atamukuye NTACO TUZOGERAKO UYU MUTAMA AKI

КОМЕНТАРІ • 243

  • @NtahompagazeRemy
    @NtahompagazeRemy Місяць тому +9

    Chimamanda be strong ukomez usemererere nivyaba na ngombwa uzapfa mais ukuri guca muziko ntigusha.big up sana

  • @NdayisengaJacqueline-gw5vd
    @NdayisengaJacqueline-gw5vd Місяць тому +11

    Geraze nikigugu cambere kibaho muburundi, ikigoryi,imbunuza...mwisi yose,uburundi nibwo butagaira igitoro kuko burongowe nibikoryiiii😂:geraze,reveriyano,neva.ababantu barishe igihugu nabarundiiii.Imana itubabarire idutabare

    • @AthanasNibizi
      @AthanasNibizi Місяць тому

      😂nikinyabwenge cambere,

    • @NiragiraJoseph
      @NiragiraJoseph Місяць тому +1

      Nibisuma gusa raba umutwe nurupara geraze sinzi nictumye bamugira umushokirangaji

  • @viateurmarrio1888
    @viateurmarrio1888 Місяць тому +4

    Sha uvuze ukuri kuko nanje naryumvise numva amarira mumaso sha aratugaye adufashe nkumucafu kndi utwo dukorera twose tuturungika mugihugu kugira dufashe imiryango nuguteza imbere igihugu.sha ntadiplomacie nankeya akoresha mukuvuga

  • @AghHh-v3f
    @AghHh-v3f 6 днів тому

    😂😂😂 uyumutama ubwoniheza Mumutwe 🎉🎉🎉🎉 mana Natahe Ajekwichara Muhira 😢😢😢😢

  • @venistenkorerimana-um6bn
    @venistenkorerimana-um6bn Місяць тому +19

    Haribihugu vyinsh tuzi vyatejwe imbere naba diaspora

  • @djpatruick
    @djpatruick Місяць тому +13

    Neva, Ndabirabe, na Reveriano nkeka Ubwenge bwabo bungana kbr wumvirij ivyo bavuga urumigwa, jew mbona batari bakwiye ntakazi ko munzu 🤭

  • @espimugaragu5203
    @espimugaragu5203 Місяць тому +5

    Pole saana Papa. Wibabara sha! Singobwa, bareke bivugire

    • @feregiz2479
      @feregiz2479 Місяць тому

      "Ndarahiye Mama"
      "Leta yacu ishake indoge"
      "Bashake banyice"
      ....
      - INYIGISHO Z'UWAKUREMYE MWATANDUKANIYE HEHE ga muntu wize ubupasitoro ???
      - DAYIMONO yo KUJINGITWA (ya GAHINI yica ABELI) wayihaye icicaro ca MPWEMU Y'IMANA.
      - None raba ugeze ku ndahiro KU UWAKWONKEJE.

  • @rubayijeanchristophe4790
    @rubayijeanchristophe4790 Місяць тому +2

    ❤❤ vraiment uvuze ukuri mon frère

  • @elvispeaceboybukuru8648
    @elvispeaceboybukuru8648 26 днів тому

    Babwire moses Gerase yasahaze ntakimenya ivyo avuga naruhuke apasione kabisa😢😂😂

  • @uwimanaelyse1847
    @uwimanaelyse1847 Місяць тому +7

    Muvandimwe chimamanda abo basaza bihorere bobo bamaze kubona igitunga Imiryango yabo maze uwampa Aho najya gutema Ibyobiti cg gukura Ayomase ariko nkabona ikintunga nigitunga umuryango ahubwo uzandangi ncuti yanjye

  • @ساجساج-ي3ر
    @ساجساج-ي3ر 6 днів тому

    😢😢Iburundi butunze iki nyimba butunze ishari gusa nuko umwana wee abyuka arya akanya munzu nicogituma burya Abarundi bakwiye guhumuka kuko abobatama mumutwe baramaze kononekara pe

  • @NzirubusaEmma
    @NzirubusaEmma 29 днів тому

    😂😂😂 muburundi uwutotwenga yoheba agasara mumutwe.

  • @karimmupenzi3538
    @karimmupenzi3538 Місяць тому +2

    Bahe ukuri brother ❤❤❤

  • @BeatriceNsengiyumva-l8j
    @BeatriceNsengiyumva-l8j Місяць тому

    Mutama geraze ukwiye gusubira kwishure ukiga gute bavuga .yooooo munguweeee munyereke aho bayora iyarara ndagatore kuko Burundi nabuze uwokampa ngwampembe amahera yakamaro

  • @OliveKobasingiza
    @OliveKobasingiza 16 годин тому

    Iyo abantu bose batekereza nkawe isi iba imeze neza kuraje dukunda ibitekerezo byawe

  • @christophermanirakiza6362
    @christophermanirakiza6362 Місяць тому +2

    OMG ariko ivyo bigabo vyarozwe nande vrt? 🙆🏽‍♂️🙆🏽‍♂️🙆🏽‍♂️🙆🏽‍♂️🙆🏽‍♂️

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 Місяць тому +4

    Chimamanda Moses uyumusi 3eme battalion brinde,beret noire niyo yabambariye😂😂😂😂 👍

  • @SammyDangote
    @SammyDangote 8 днів тому

    Burundi 🇧🇮 bukeneye abayegetsi baba jeunes😢😢

  • @ntahompagazeemmanuel8502
    @ntahompagazeemmanuel8502 Місяць тому

    Sha jyewe ubwanjye ndi umunyarwanda .ariko maze iminsi numva amagambo y'uyu musaza ngo ni Ndabirabe ariko narumiwe pe!
    Niba u Burundi bufite abategetsi bakuru b'igihugu bameze gutya biracyagoranye pepee😂😂

  • @LadyBeauty1-p3h
    @LadyBeauty1-p3h Місяць тому

    Cimmamanda humura Imana irakubona .
    Abarwanyi bagaburirwa n 'abanyagihugu

  • @MusafiriValens-g7g
    @MusafiriValens-g7g Місяць тому +3

    Nonese ko urimo kugaya ibyo yavuze kd umukuriye nawe yarabajijwe impamvu ibifungurwa bizimba umutaga n'umurango ati "Mbega nabimenya gute kd mpmfite itoni zitanu z'ibiharage"

  • @NsavyimanaDesire-hz2go
    @NsavyimanaDesire-hz2go Місяць тому

    Ababatama baba dd nukuri ubwenge bakoresha subwo kuyumubube tubako.twaraziriwe pé

  • @mutamablaise5503
    @mutamablaise5503 День тому

    Lucky Dube niwe yaririmvye: education is a key of life. Uyumutama na Reverien afise umunwa uvugana nabi, wogira ntabavyeyi bigeze bagira. Kndi nabo bafise abana, ubuhe burere babaha kweli.

  • @patrickmuhireroger8771
    @patrickmuhireroger8771 Місяць тому +7

    Aba Diaspora Kagame yabahaye agaciro kuko abasanga buri mwaka hanze muri Rwanda day kuganira nabo uko bafasha mu guteza imbere igihugu. Muri abo hari abakobwa b'impanga 2 baba muri Canada bamaze kubaka amashuri y'irerero ry'abana rikomeye cyane mu Rwanda. Biratangaje kubona umutegetsi utuka aba Diaspora kandi n'utu devis duke tuza mu gihugu twoherezwa n'aba Diaspora. Diaspora y'u Burundi nimwiyizire mu Rwanda tuzi agaciro kanyu.
    Diaspora y'u Rwanda yitwa ko ari intara ya 6 y'igihugu.
    Ubundi abategetsi b'uburundi barize???

  • @Bigie412
    @Bigie412 Місяць тому +2

    Geraze Ndabirabe iyo ariko arishura abashingamateka umenga ariko yishura umukozi wiwe wo munzu n'amanyama. Ntiyiyumvira ngwatange inyishu itomoye kubibazo.
    Abaja hanze b'investissa mugihugu c'amavukiro ahubwo nibaronderere ama opportunités aba jeunes benshi bashomereye bigire hanze kurondera.

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 Місяць тому +1

    Hari icobita Forklift 😂😂😂😂 ndabirabe he😂😂😂😂

  • @ndayikengurukiyemandalene7027
    @ndayikengurukiyemandalene7027 Місяць тому +2

    Nijewendabizi.ukora ikintu burimuntuwese agashaka ngo Arye.nagahinda😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭uburundi burambabaza

  • @dadogasana6051
    @dadogasana6051 Місяць тому +11

    Uziyizire mu RWANDA nubundi turagukunda cyane nibakureke bikubwira nabi rata

  • @munazinelson4405
    @munazinelson4405 Місяць тому

    😂😂😂...Gelase Yama antwenza cane....eeee...muzee ni hatari Sana...agira invugo yintera bwoba gusa..!!

  • @vuvianemuhi3927
    @vuvianemuhi3927 Місяць тому +5

    Uwo mugabo ni kigorgi cyane, ahubgo ni complex yibyo aba diaspora bakora mu gihugu

  • @Niyonkru
    @Niyonkru Місяць тому

    Aba dd barakaze ariko umukuru w'igihugu Imana imukomereze amaboko imuhe beza bo gukorana nabo

    • @IrakozeEloge-x3c
      @IrakozeEloge-x3c Місяць тому

      Président ahari uwumurengeye akabahana ntibazinanyi umusuma ure ni mucezo wandani bakwiye kwicishwa amabuye umuntu aratunga imiriyaridi 5kuduga akaguma asahura igihugu nibara harabishwe ninzara

  • @ساجساج-ي3ر
    @ساجساج-ي3ر 6 днів тому

    Burya wee hamwe. uravuga ukuri

  • @NdacayisabaLodrigue
    @NdacayisabaLodrigue Місяць тому

    Uzobonabantu batazinokuvuga ijambo nkuyumugabo abazineza akazi Aho avuziki!! Ngokwegurimizigo maaaa ndumiwe

  • @KampimbareDevothe
    @KampimbareDevothe 7 днів тому

    Jew Shaka inomero za chimamada moses

  • @BuhinjaErnest
    @BuhinjaErnest День тому

    Moses Ego babwire gusa uzoruha kuko mu Burundi mbona abotwigishije aribo baturusha ubujuju

  • @FrancoisMatereza-t7m
    @FrancoisMatereza-t7m Місяць тому +7

    Komereza aho Moses wavuga ntuvura

  • @NathanNsengiyumva-m4j
    @NathanNsengiyumva-m4j Місяць тому +1

    M😢ana uramfashe nzoronkitike ryokuzakwikorera iyomizigo nogucibiti ndebeko novyibuha, wubahwekwiki kiganiro.

  • @Bmdmf
    @Bmdmf Місяць тому +1

    Amahera ya leta nayahe ko leta ari twebwe😂😂 kandi ayomahera leta ikoresha amahera yikori ririhwa natwe nyene abenegihugu. Rero leta a le devoir et l'obligation de nous donne nos droits.

  • @AlexisNema
    @AlexisNema Місяць тому +2

    Ako gashenzi ko mukayanza kabona ko uburundi kwarubwako karanashisha😊

  • @NiyomukizaOsiane-c8x
    @NiyomukizaOsiane-c8x Місяць тому

    Chimamanda ndakwemera hamwe hamwe urarasukuri kbx Neva nintwari abuzintwarinkawe kbx

  • @kwizerayvonne1950
    @kwizerayvonne1950 Місяць тому +1

    upfa hageze! iyo niyo ngendo yabarundi benewacu bavuga ko umuntu apfa , urivugira mbere! turagukunda twebwe bazi ukuri , komera cimammanda ! umuntu apfa kumunsi wiwe ! nubusa burazirwa!

  • @jacquesntabagara2702
    @jacquesntabagara2702 Місяць тому

    Reka ndabirabe nukuri😂😂😂😂😂

  • @EsperanceDusabe-q1n
    @EsperanceDusabe-q1n День тому

    Irambire urintwari

  • @alexandrendayizeye3640
    @alexandrendayizeye3640 2 дні тому

    Muze ndgukunda chimamanda

  • @EmileNkunzimana-dg9ky
    @EmileNkunzimana-dg9ky Місяць тому +4

    Uyumugabo siwe,yuzuyemwo ukutamenya kandi ndabona ataco u Burundi bugiye kwunguka nimba bikimeze uku

  • @natashamwansa2376
    @natashamwansa2376 Місяць тому

    Uwomugabo ndabirabe ivyavuga ntavyazi.natwereke amahinguriro bubatse kugira abana bigihugu babahe ubuzi .barek kuja hanze .icobibagira Nuko aribo nyene bariko bakora urudandazwa rwabarundikazi babajana kubagurisha mubarabo ntibaca kukibuga cindege bababona kuberiki batabahagarika babahe ubuzi .sibo birigwa basambura ingo batandukanya abubatse .rr abategetsi bacu icobazi nukwikumirako nokuvuga gusa ibikogwa wapi.gusa igihugu cacu kizubakwa namajambo ibikogwa tuzokomeza kubirindira nkumusi wumuhero😢😢

  • @jacquesnemeyimana9607
    @jacquesnemeyimana9607 Місяць тому

    Iyo documentaire waherejeko mpa lien yayo ndayumvirize neza

  • @MukakimenyiBeatrice
    @MukakimenyiBeatrice 7 днів тому

    Impore humura ntacyo uzaba urashinganye uri mubiganza byuhoraho dukeneye abantu nkawe

  • @HamissiLewis-if2dc
    @HamissiLewis-if2dc Місяць тому

    Akwiye gusaba ikigongwe kuk ivyo yavuze biteye agahinda uwomubaza igituma igitoro kitaboneka nukubera arabantu😂barihanze babituma uwuhimvye ntasobwa numugani.

  • @NdayizeyeAbel-r9b
    @NdayizeyeAbel-r9b Місяць тому +1

    Zuvuga uryohew arega uzoturika 😂😂😂😂

    • @AlexIzompa-wk4ex
      @AlexIzompa-wk4ex Місяць тому

      Siwe shaho birababaje vyukuri, ama speech amwamwe akora abantu munkovu

  • @UwamariyaDusabe
    @UwamariyaDusabe Місяць тому

    Fatafaka😂😂😂😂😂

  • @kutimenyajeanclaudekofi
    @kutimenyajeanclaudekofi Місяць тому

    Cimamanda ndakwemey ico nagusavy gukosora waragikoze. Nagushimiy ukuri uvuga ndagusaba kubivuga mu rupfasoni ndundi. Komereza aho benshi bazogukurikira mwana w'Uburundi.

  • @LambertNijimbere-n3x
    @LambertNijimbere-n3x 28 днів тому

    Ukunukuri kbx.unomurongozi nikirofa kwel jew ibiti kuvyicira numva ataricaha,ubwoburundi butunz nubuh?muduh akazi rero kogukuka amas muduh amahera gusa wew urikunda vrmt,sinogutuka uransumba gusa iyobuba ubwumwe bwarikindi.jew mbona mukwiriy gukurwa

  • @FredericNicintije
    @FredericNicintije Місяць тому +3

    Moses Imana iguhezagire uvuga ukuri!vyooose ntaco wibeshemwo !je ndakwemera pe ivyuvuga twese nivyo tubona

  • @akumirostefano8169
    @akumirostefano8169 Місяць тому

    Nature amanyembwa aho Igitoro kirihe ...nave aho ntaco amaze

  • @IsmaelPapyArakaza
    @IsmaelPapyArakaza Місяць тому

    Uvuga ukur ndakwemera

  • @CletNdoricimpa
    @CletNdoricimpa Місяць тому

    Ce qu'il vient de dire dans cette vidéo est la pure vérité !

  • @ferdinandodanielo1
    @ferdinandodanielo1 Місяць тому +4

    Mbega gukunda igihugu nukuvugiki?.Nukuvuga kubaho nabi ugafatwa nabi nivyobita gukunda igihugu?.Mbega ubu bavugako bagwaniye iki?.Bagwaniye inda zabo nabana babo.Kandi ndaziko nawe ahashaka gusa ntiyohabona.Ubasuzugura kandi aribo banazana amafaranga yagaciro mugihugu.Ashaje yanduranya Ahubwo anasuzugura Perezida wew yorigwa asaba abasuzugura kuzana imitahe mugihugu.

  • @jumaJosephAmos
    @jumaJosephAmos Місяць тому

    Chimamanda komera cyane ngo natwe tugende kigura muri congo hhhhh nihatari

  • @dadogasana6051
    @dadogasana6051 Місяць тому +5

    Niyo mpamvu nkunda PK wacu aha agaciro umunyarwanda Aho yaba ari hose

    • @themagnet4236
      @themagnet4236 Місяць тому

      Arakabaha,yarangiza akabasenyera akabangaza,ariko mwagiye mureka ubugoryi?ubu utekerezako,abanyarwanda bishimye!!

    • @dadogasana6051
      @dadogasana6051 Місяць тому

      @@themagnet4236 niba warigize ikirombo warananiranye ukaba utishimye urabiziza nde? Ntabwo ibyishimo by'abanyarwanda bishingira k'umuntu umwe. Nkurikije Aho yakuye u RWANDA 🇷🇼 turishimye rwose ahubwo tumuhorane. Ibindi ntibindeba pe

    • @IYAMUREMYETELESPHORE-w5r
      @IYAMUREMYETELESPHORE-w5r Місяць тому

      Kagame ntasenyera Abanyarwanda abubwo arabubakira,ubundi ukore iperereza hano muri Afrika umbwire igihugu cyubakira abaturage bacyo amacumbi kandi meza,usibye Libya nayo ubu itakibikora kuko ifite ibibazo bya politike.Ese kuki mubona ibintu muburyo bucuramye,niko mwavutse,ni ibyo mwose,ni ibyo mwigishwa cg ni ubuhezanguni gusa.Uzaze nkwereke imidugudu y'icyitegererezo yubakiwe Abanyarwanda ureke kurindagira hano.​@@themagnet4236

  • @edysonniyonkuru6362
    @edysonniyonkuru6362 Місяць тому

    Iyo Video ya kagame ntaho ihuriye nivy urko uravuga Analyse yae waykoz utiyunviriy ikind nibaz ko atakintu wew uraterer igihugu c’uburundi nubw woba ugitanga nibisanzw hama uburundi bwarabayeho kuva kera niyo wita Diaspora itarababaho kandi Abarundi bari babayeho neza cane barary bagahaga wew nokwita kuri ikirofa sinunv ukunt wifatira inzego z’igihugu wew nikibabaje wigira incambweng kandi uri ikijuju sinz ko wanaciye kunteb yi shure ntanubumeny ufise bwo gusigura ivyumuntu yavuze iyo bavuze gukunda igihugu ntibigira igiciro 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪🏻

    • @SalamaBinti-c8c
      @SalamaBinti-c8c Місяць тому

      Ntiwatahuy impanvu yayishizeko.yashatse kwerekan ko atacho atinya kuko ntawumugaburira

    • @nizigamabenjamin477
      @nizigamabenjamin477 Місяць тому

      Nae uri ikijuju kuko sowanyu Gerase nibono yambere ese uwomusaza baramuroze araheba yiyahure kuko mukuvuga arahubuka

  • @elvispeaceboybukuru8648
    @elvispeaceboybukuru8648 26 днів тому

    Ntamu ministre yubatse up stairs ngaho Buja atari aba diaspora ni nka 3 %

  • @InamahoroJeanne-v2k
    @InamahoroJeanne-v2k Місяць тому

    Hhh ntaco mvuze!nahende abo barikumwe

  • @Kantungoda
    @Kantungoda Місяць тому

    Abatware barikunda, ntibanezwe abo batwara, iryo ryo arariguyeko😢

  • @fellowyordyrabbi
    @fellowyordyrabbi Місяць тому

    Reka sha nabe arivugira ya muhe...

  • @BuyenziKamenge
    @BuyenziKamenge Місяць тому

    May God continue to bless you with your truth, even when you die, you are gods.

  • @niyonzimabosco1686
    @niyonzimabosco1686 Місяць тому

    Ukuri kurakiza komerezaho mutama

  • @margueritentirubuza1076
    @margueritentirubuza1076 Місяць тому

    Uyo muzehe n umuyuwayi, igihugu vyo hanze bifise urutonde, bafata abantu neza, s iki gihugu mwamaze mwiba, ni mwebwe nyene mwa ba kegesi mwe mwirundirako ubutunzi bw igihugu, urya incuti ukinovora intuntu

  • @rosettendayizigiye4627
    @rosettendayizigiye4627 Місяць тому

    Wavuga ncuti yacu ukuri, agasuzuguro kararenze😢

  • @BetyManirambona
    @BetyManirambona Місяць тому

    Nyiheragatiket chimamanda nivireyo nanje ndarushe

  • @StamilliHatangimana-hs8tt
    @StamilliHatangimana-hs8tt Місяць тому

    Huumm!! noe komugihugu ntabuzi buhari boha umunyagihugu yokora afahembwa na 300$ bankiriki abaja hanze kwironderera ubuzima.

  • @niyonkururobert5667
    @niyonkururobert5667 Місяць тому

    Kandi Aho no muntwaro ikwirikira uzosanga arimwo

  • @BeatriceNsengiyumva-l8j
    @BeatriceNsengiyumva-l8j Місяць тому

    Vyukuri abategetsi bari gutukana batabizi "ngo bari hanze gucibiti,Kupotera imizigo "je suis désolé Daniel ndabirabe wikebuke mukuvuga nawe wojayo wokama amashi.

  • @Ericniragira87
    @Ericniragira87 Місяць тому +1

    "Ils ont partagé le pays".bene Burundi bararira ntihagire n'ubahoza!

  • @PetercleverRumbete
    @PetercleverRumbete Місяць тому

    Mises you arête very wise

  • @NdacayisabaLodrigue
    @NdacayisabaLodrigue Місяць тому

    Uwomugabo ntazikuvuga ngwabacakara nareke kudahwangaho chimamanda ndamwemera99%ukuri uzokuvuge bakwanka bakwanke ugombupfe uzizukuri biruta kuziribinyom ahanatw turabibôn tukemerezako tugezehabi Imana yonyen kutugarukir

  • @KamonyiJerive
    @KamonyiJerive Місяць тому

    Numwanya arimo umuvugisha
    Nibawumukuramo ntazongera kubivuga

  • @damienbahenda4863
    @damienbahenda4863 Місяць тому

    Birababaje!
    Niyivugire isi iramubona

  • @MitimidacyaMitimidacya
    @MitimidacyaMitimidacya Місяць тому

    Abashingantahe!!!! Sha ntacyo muzi!!!! Mucinyizwa nande ga sha!!!!! Umutama ntiyavuze aba Diaspora yavuze abahunga igihugu!!! Reka kuvangavanga!!!

  • @DavidNiyomugabo-s4z
    @DavidNiyomugabo-s4z Місяць тому

    Kur ububenshi wew ?

  • @ikagi-k8u
    @ikagi-k8u Місяць тому

    ndabirabe nanje nkawe.

  • @Kingwendu85-q4l
    @Kingwendu85-q4l Місяць тому

    Wewe nyene uvyibe hama wifate?

  • @AnicetSabiyumva-k5r
    @AnicetSabiyumva-k5r Місяць тому

    Chimamanda ndakubaha kuvyuvuga vyose kuko urimvugakuri,hubwo Yaba vyaribikunda nanje nokwemeye kuja gusatura inkwi

  • @espimugaragu5203
    @espimugaragu5203 Місяць тому +2

    Nanjye ndi mu budage, ariko suko ndahishimiye

  • @AkimanaRachel
    @AkimanaRachel Місяць тому

    Eeeeh ndabona muribamweee muryana

  • @KP-fe6io
    @KP-fe6io Місяць тому +1

    Uwomugabo avuga Nabi cane

  • @JohnsoniByamukama
    @JohnsoniByamukama Місяць тому

    Mbega leta yoyo ibatwara kuberiki ? !

  • @EmmanuelNtirampeba-rf5qh
    @EmmanuelNtirampeba-rf5qh Місяць тому +1

    Bon commentaire mon Cimamanda

  • @AlexIzompa-wk4ex
    @AlexIzompa-wk4ex Місяць тому

    Kuraje chimamanda,mu Burundi hariho abategetsi p

  • @RashidiMubiri-l3d
    @RashidiMubiri-l3d Місяць тому

    ❤❤❤

  • @InamahoroJeanne-v2k
    @InamahoroJeanne-v2k Місяць тому

    Ivyo biro 100 ninde yovyikorera ko atawikoreza umutwe??nahende ibijuju nkawe igihugu giteyimbere ntibakuka kurya kwiwabo 😢

  • @BYRepresenter
    @BYRepresenter Місяць тому

    Moses iki kiganiro wakoze ni ciza cane nanje vyarandakaje nkibibona ,..ariko ikosa wakoze nuko wakoze ikiganiro umubwira ngo uwo mwubahwa ,..uwo muzehe,..ayo mazina ntayakwiye ico kibwa ngo ni Gerase

  • @jojouwi3159
    @jojouwi3159 Місяць тому +1

    Ihangane ibyi Burundi bakorera abanyagihugu bizabahagama ! Bamaze abasoda none ubu bageze kuba Diaspora 😂 babuze abo bica bakanambura baraje bamarane kubera ubusambo Isiha rusahuzi apuuu !

  • @margueritentirubuza1076
    @margueritentirubuza1076 Місяць тому

    Abo basaza bashaje nabi, reka abana bato bironderere ubuzima kuko abatama b Ubu barya imvanda abana babo , lmana itabare u Burundi burageramiwe 🤷🤷🤷

  • @EmmanuelKwizera-tu8dr
    @EmmanuelKwizera-tu8dr Місяць тому

    Neza cane ubunza kujaho bishoboka

  • @eliasnintunze2233
    @eliasnintunze2233 Місяць тому

    Umurwa wawe nuwuzokwitsa kuko bimwe uvuga bimwe sivyo

  • @remintomera
    @remintomera Місяць тому +2

    Hera hejuru mutama

  • @NassorAlly-x8b
    @NassorAlly-x8b Місяць тому

    C'est grave !

  • @comm611
    @comm611 Місяць тому +3

    kabisa. cimanda.

  • @questions-answers7
    @questions-answers7 Місяць тому

    Ubona yoturangira aho bakuka ayo mase nivyo biti ariko tukaronka amafaranga .erega ntidutinya gukora ibikorwa bivuna akazi kabi ni akadahemba.ha gupfa wozanzama