Mbaye uwambere Mumpe like Bashaa ndasavye solution couple ndabakunda cane
My favorite couple💞 umukobwa sasa lnamugisha Fanolla Naïlla ,umuhungu kezamutima Nossy Fanaïs maana murazironderera dictinnel😅😅🎉🎉
Ako ka kezamutima nikokanyeguy hhh😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅 nakezamutima rero twes tuzohora tunywako😅😅😅😅
Abari bakumbuye iyi couple nkanje mbandemere ama like
Izina utanga ushireko ninsiguro yaryo🥰
N.B:kuryo tuzohitamwo agashimwe karategekanijwe❤
Mwite Amina bisobanuye bibebityo Fanny ufise storyr nkunda kwli munyitirire😢
Maman lao kumpamv yuk ar munini ntajw ry kuririmb afise ntiwumvak ruc rub urujw runini
Iryikirundi niyitwe irya se kuko rizoba ribaye izina ryumuryango ivyobintu abarundi turavyiyibagiza kandi arumuco nyimba witwa Mashwegeri muzokite Mashwegeri 😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 umungu Nathan,Jonathan umwigeme Nelya :éclat du soleil,
My favorite couple❤❤abacerewe nkanje musige na tubiri😢🎉🎉🎉
Funny NoNo ndabasavy nanj mundemere like yanyu ndazishaka kuko ndabkunda cnee
Mundemere utu like kurutwo tuzina ndabatoreye pe turamara❤
Turabakunda cyane gose so nimuhezagirw mukaronk umwigem muzahit mumwita Diva umuhung naw Romeo mwarahezagiwe❤❤❤
A ma part :umuhungu mwoshobora kumwita KEZIMANA Lavi Norian(Lavi signifie lion et Norian signifie fort ou courageux)
Umukobwa nawe KEZIMANA Norah Lavinia(Norah signifie honneur et Lavinia signifie Mère légendaire du peuple romain)
Reka ndabahe izina bakunzi banje.
Umuhungu: Elior Navid
iryo vraiment ni au top
Insiguro : Elior: Dieu est ma lumière
Navid: Bonne Nouvelle
Umukobwa: Eunice Nora Milena
insiguro : Eunice: Victoire
Nora : Dieu est ma lumière
Milena :Miracle
Ariko reo mwibuk hari igihe umuntu avyara atarakwiza 9mois knd umwana ageze ivyo ndabizi kuko jew bishikira kenshi Abo vyashikiy mump like
Birabaho cane, kwa muganga bavuga ko amezi 8 arenzeko imisi 5 uwo mwana aba avutse ageze
Jew vyarambayeho hari hasigaye iyinga zibiri icirakoroka umwana yavuze abona inyuma yamasaha atanu yarafuye😢😢
Umwana yamaze kwinjira mumezi 8 ntawomuhakana hariho numuntu avyarira imburagihe kubera ibibazo kandi akavyara umwana akwije ibiro kandi igihe kitaragera ivyo ndabizi narabibonye cane
Akaba ari umukobwa,izina Théopiste risigura umuntu w'umwizigigwa, akaba ari umuhungu Théophile ✅❤❤❤
Mbaye uwindwi muri commentaires abakunzi ba solution couple abakunzi ba maman lao🎉🎉❤musige like muri gwarukundo 💖💖
Ukwezi kwa 10 sha nikwo Imana yampereyemo agahungu kanje❤❤
Yooo ndabakunda cane my couple ❤❤mwibereho mutababaye🎉🎉
Ndabakunda muvyumve.Ico nobabgira kubganje ,abita izina umwana nabavyeyi biwe bisigura mwebge nyene bivanye ningene muzi ingene mwaronse icokibondo.ntaho kurindira amazina muhabga nabafans je sindabibona kwarivyiza.
🎉🎉🎉🎉🎉🎉❤❤❤
Nono na Fafa ndabasabe mufate umwanya musengere izina muzoha umwana wanyu aho guha aband babaronderere iyo nimpanuro kk izina muzoha umwana c sur azoba aruwumugisha bivanye nizina mumutoreye
Twari dukumbuye ikiganiro canyu 🎉🎉🎉 ❤❤❤❤
Igabaneza kuko fanny wararonse umugabo aguhoza imibabaro yawe akwibagizako wigeze kuruhishwa nubuzima..ham Norasque nawe wararonse intwarikazi yumugore kndi wagaciro pee.jew rero kubwanje nomwita Imana ntanzigo igaba ibikwiye knd bibereye,mugihe cayo!numva IGABANEZA ryobera umwana wanyu kuko nuwishimwe knd azovukira murukundo nyarwo❤ndabakund cn
Ok .KEZIMANA Queen Nofa mugih hovuka umukobwa risigura :Queen :UMWAMIKAZI ,Nofa :No : Norasque.Fa :Faxine
Nihavuka umuhungu naho : KEZIMANA King Nofa :king signifie :Umwami ,Nofa :
No:Norasque
Fa:Faxine
Nimwavyara umukobwa muzomwite iraganje winny squailla
Mbay uwanyum 😂😂😂 kbs abazinyum mundemer nubwonacerew gusa amazina atorw nabana mubamusanzw mufise rer muhezagigwe ndabikundir 💞💞💞💞
Ukwezi KWICUMI kwubahe
❤❤❤
Mubandanye kugubwa neuza disi N/F muraberewe
Umwana mumwite Comoro Joshuwa kuko Imana yarabomoye mwese irabibakira urugo murakoze
Birashika ukavyara amez adakwiye fanny nibakwireker❤❤❤❤
Insiguro yamazina yabahungu nashizeko Ganix:God is so merciful .Ethan:long live, strong 2.lincloln:Honesty.3.Avri:fresh
Fanny numutware wawe muranezera peee nuko ntari bubane Amaso kuyandi❤❤❤🎉
KEZIMANA Fasque Lavine umukobwa na KEZIMANA Fasc Lavin umuhungu ntimumbaze insiguro kuko nahuje amazina yanyu🎉
🙌🙌
Boooom Boooom mwar mukumbuw san yambi yambu hama muvyay umuhung j mbon mwoshiramw izin rya Owen kuk arintsinz 🎉
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Ewe Nono birashika umwana akavuka 2 semaines avant. Ashobora kuvyara nka novembre
Umukobwa Kezimana Norry Faxana umuhungu Kezimana Norry Faxan
Vyoryoha kurusha, bakuruwe bamutoreye amazina, mubabwire baje hamwe batore amazina ya murumuna wabo, iki niciyumviro canje🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Iryo muzomwita ryose muzoshiremwo 2:49 Qiana si Ari umukobwa. Risigura Gracieuse( la grâce de Dieu)
Muzoba mukoze😍
Keza Fanoliah (fille) ou Kezimana Fano (garçon) be blessed our lovely couple.❤
Ndashobor kub ndabakundaa ❤kubii mwubahw nukuri
Mbaye uwa 3 uwuzi atakimucika abinyereke
Umuhungu iteriteka jean love ❤akaza arumukobwa irakaza eluvine
Ari umuhungu cnke umukobwa muze mumwite Success😊
Umva ndabakunda cn birenze igipimo. umubébé wanyu muramwita:IGABANEZA cnke KEZIMANA arumuhungu arumukobwa muratora murayo peee.🎉🎉
Ndabakunda muhezagirwe❤
Ham shalom Fanny na nono turabadundacane,mumwite jasili,nizereko igi Swahili ukizi ucubona inziguro yaryo.
Abaye umuhungu muzomwite : kEZIMANA Odon means ubutunzi
Imana ibakomez cne muvyany nomubany
Mwubahwe turabakunda cane turi mugihugu cabarabo 🎉🎉🎉🎉😂😂😂😂
Yoooo!!ndabakunda Canée imana ibahe gushika kwicomwipfuza cose ndabakunda❤❤
Iyi couple iranryohera can.gusa nsabe imana ibaj imbere muri vyose
nibazako ngaha kuri youtube amazina agezweho aruzuye mwari kurondera ahubwo mwashatse kuyakoramwo akazi 😂 ariko ntaco turabibafashamwo
Arumuhungu muzomwite: Amusenga Dieu Filmin, yarumukobwa: Amusenga Dieu filmine😀 filmin nizina ryumweranda
Solution couple nari mbakumbuye kubera mwari mutunyoteje. Ndabakunda🎉🎉🎉❤❤❤
Aaayiiiweeee ndabakund beza imanibah kuramba
Batu bangu😍🥰 arumukobwa azitwe:Kezimana Orny Amara
Musa neza imana igume yivanga muvyanyu🎉
Twaritubakumbuy. Umukobw a uzomwite kezimana mila aria. Mila gisigura at igitangaza Cimana, aria intare yimana
😍😍😍😍😍😍😍
❤❤❤❤ wallah ndabakunda ukuntu mwarugwanye mukarutsinda
Ewe mukhama connexion ziragapuuuuuuu
Fanny Lavine ndamukunda caneeee ❤
Courage cane kbs ndab❤ uwubanka yoba ari.....😂
Narosk ❤❤fannylavlle
Itanga umunezero Tania bisigura rouange guhimbaza😂
❤❤❤❤
Ahwiiiiiiiii narindabakumbuyeee🎉🎉🎉🎉
Narimbakumbuye imana ishikare kubazigama ndabakunda icompa nkabona amaso muyandi
❤️🌹🌹🌹
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage
jambo mukituzalia mutoto mwanahume mu muhite bébé wetu Ebenezel❤❤❤
❤❤❤❤ariko ndakumbuye ka Nana
Twar tubakumbuye❤️
Mwubahwe turabakunda Mwite ariumuhungu Gaël ari umukobwa Abigaël
Muzomwite Mashimwe A😮xino Ebenezer : coe definition: mashimwe :murashimimana yo yatumye bikunda
Axino: sigle de vrotre Prénom
Ebenezer: Imana nubu iracadutabaye❤
NB: umukobwa n umuhungu bose ni bn je vous aime le couple du solution ❤
Ako gashimwe ni rwanje I swear😊
Nimw munezer wanj ndabakund birihejur Can kuk ntabandibant nkunda nkwamw iman ikomez kubagez ahomwipfuz hos mwarahezagiw❤❤❤❤❤❤❤❤
😂😂😂Ariko Mana mw mur am comedy
Umuhungu muzomwite Ryan benson
None fiko mumushaka kwiki vrmt ntamahembe aramera nimumuhe amahoro yitagatire😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
❤love u fam
Couple nkunda cane IMANA yarabahezagiye muvyunve kondabakundaaaaa ❤ Fanny
Umukobw mwita joselyne umuhung Josèphe 😂😂😂😂
Umuhungu muze mumwite holly glory kindness umukobwa Aime Zoé
Umuhungu cank umukobwa bose bararyitwa muzomwite Favour❤
🎉🎉🎉 Fanny mump ak like bas kk ndabakund cn
Umuhungu luxen bisigura urumuri cank milian bisigura ukora cane umukobwa elora bisigura imana niyo muco wanje
Imana ikomeze kubana namwe
Imana izakuruhure amahoro
Muraduheba caaane sivyiza Fanny wacu
Amen Amen ndavyakiriye urugo rwanyu ruratwigisha cane
Ndabakunda san❤
Mumwite kezimana Nola Heloheeka kezimana ni rya papa wiwe hamaNola ni Nolaske na lavine Heloheeka nigiheburayo risobanura ngo Imana niyo mana yonyene merciii
❤❤❤❤❤❤❤
nukur jew nar nabakumbuy can❤
Jew ndabakunda nukuri❤
Mbakund cane fany uyumus muranezerey yesu azokwiteh mubyaw nabawe 🎉❤
Hello family🥰 Je vous propose nimwibaruka umwana w'umuhungu muzomwite KEZIMANA ou GIRITEKA Nino Noam Rayan qui signifie Discipline du christ chaste (pure)et brillant (beau)
Abaye umukobwa naho KEZIMANA ou GIRITEKA Léorah Calista Aéna qui signifie Mon Dieu est lumière la plus belle de l'aube
Nibibi kwita izina umwana ngo nuko waryumvise ahandi ukarikunda. Burya umuvyeyi numuntu adasanzwe kumwana wiwe ninayo mpamvu abavyeyi nivyizako baronder izin bakameny nisiguro bakanarisengera nibirebire novug kurivyo ariko ngejej aho
Ndabakunda caane mwarahezagiwe.nimwavyara umukobwa muzomwite clara.
Murabantu banjeeeeee
Mwubahwe turabakunda'caaaane dukunda nibikorwa vyanyu' Fanny wiwacu' ❤❤❤❤❤❤
❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉yes
Abakunda solution couple nkanje❤mundemere like bashaa 😢