Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Wawooo icyo nzicyo nuko muminsi mike haca uwambaye gose🚀🚀🚀🚀🚀🚀🚀🚀🚀🚀🚀🚀🚀
Waoooh twari tugukumbuye
Thank you very much for the news
Ubisiguye neza cane,komeza ucukumbure amakuru mashasha
Ewana Amakuru Meza Cyaaane
MUHEZAGIGWE
Thank you so much
Pi network
Sha Fulgence wew wagiye uraduca intege mu majambo yawe nimba wishakira ama views warayaronse arko wayaronse mu buryo utari bwiza muri vidéos zimwe zimwe
tubandanya tugutega yose mutama
❤
Merci
Mwubahwe muta
hejuru cane
Komera mutama wacu mubandanye mudutohoreza
Wewe tukwera %
Ntimuherutse kuduha amakuru mwaroye hehe?
Uradutohoreza mbega izo jeto arizo token zifise agaciro kangahe
ariko ntimugure pi coin zanyu ngo murimo gu chatinga mwitonde cyane
Uvuze neza caane
Uturabir uko umuntu yugurura account muri Fireside dukor umuti
Neza cane, komeza uduhoreza amakuru turemeye natwe kugukwirikira car on sent l'intelligence muvyo uvuga
Mbega ijeto imwe igugwa mwi dorare angahe
Haaaaa😂😂😂ndumva ushaka ukore ibiharuro vya vrai.Rindira open mainnet
None aha le 28 juin bazoba bahejeje kuduha KYC ko bataratangura nukuri mutuvugire ntidusigare mu bandi abafise iziri en attente
Mugihe womenya agaciro ki jeto imwo vyocabidufasha pi imwe ama $ izogugwa

Haaaaa😂😂😂ndumva ushaka ukore ibiharuro vya vrai.
Rindira open mainnet