Umviriza Impanuro Musenyeri Gerevasi Banshimiyubusa yatekereye Abapatiri batiriwe mu
Вставка
- Опубліковано 8 вер 2024
- #Burundi : Raba ingene Abapatiri bashasha batiwe muri iryo banga, mu birori vyabereye mu #Rugazi. Umviriza n'Impanuro Musenyeri Gerevasi Banshimiyubusa yabatekereye, akaba yanabasiguriye ico Ubusaserdoti buvuga
IMANA IKOMEZE Abapatiri hahawe Ubupatiri .
IMANA IBATSINDIRE KANDI IBAKOMEZE MU MILIMO YAYO .
Ntadufuka munwa bambara mbega ?!
IYO ntabantu bava mu bihugu bilimo corona NTABWO Ya BA iliyomu BURUNDI ! Abazungu bashaka abobitwaza ntabwo corona ilimuliAFRIKA !
MULI AFRIKA abantu baho ntandege ziyijyanyeyo NTIBISHOBOKA koigerayo.
SHIMA IMANA AHUBWO .
Buliya ubona Indwarayica abazungukuliya yagera muli AFRIKA HAKAGIRA USIGARA?
IMANA ILINDA AFRIKA KANDI IMANA RUREMA BYOSE IFITE UMUGAMBI UKOMEYE WA AFRIKA.