Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Kayanza ko ifise udusore twiza cyane bro ntidusanzwe
Naw wabibony ❤❤❤
Ex legend ♥️ wakera fireeeeeeeee🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Merci kubu sérieux bwum type.ninavyo mfana.apana imishinyiko.
Mana Lino tu chantes bien man🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥♥️
li nog respect muraberanye sana Jew kur mariage yaw lino g ndakwemerey 15 I phone 🇸🇪🇸🇪🇸🇪🇧🇮🇧🇮
Yoooo mbega Bana neza. Thé realy nuko muberanye. Muze muvyare murondoke❤❤😊
Man akagapingee kabooo kbx!!!! umengaa siweee warikubaz
Nibadutemwo song😂❤❤❤gus monia agum yank kavug ww niki😂😂😂
Kbx baraberany gs nuk akesh ibiberey abantu udasanga arivyimana ikund kuko yo ibona indani mumuntu kurush uko tumubona kwisura❤❤❤❤
Mahabadiii 🎉🎉❤❤❤
Linog wirambire kwamonia aragukunda ndabibona❤❤❤❤
Nibaryamane bavaneko man bizoba nkabimw vya Mzizi wajiwe na Chany Queen.Cnk n'udu challenge twanyu!!!
IMANA yirukane ikintu cose coza gishaka kubatandukana gusa mwese muri beza musaneza
Iyo ni wonderful couple niryo nise couple yabo
Nimwikundanire uzukuntu muberanye umenga muruduhasa twazananye mwisaho imwe❤❤❤
None kumenga monia arakuze kuruyomuhunguuuu
Wapi nta monia akuze @@Nahimanajeanine
@@NahimanajeanineAndika monitor flour aha nyen ucubon ibiganiro vyose yakoze uraz kubon ikiganiro yakoze kur Isaac tv vrt yarumwan kd umengo hahez 3ans
Wapi ntabwakuze ako nakana kejo@@Nahimanajeanine
Ichikiganiro kiraryoshe kabisa Andy uzohore abatugarukana iyo couple
Urukundo gwananiy Samson Wee utaweza
Ni bikundanire bashike ku ntego bashaka nukuri ❤❤❤❤Ndabakunda
Ivya ba star ndavyemera bibaye😂😂😂
Baraberanye pe ❤❤❤❤❤
Monia Fleur and linog♥
❤❤❤❤
👌👌👌👌👌
❤️❤️❤️❤️❤️
❤❤❤❤❤️❤️❤️❤️
Linog avuze ukuri Monia niwe muririvyi mubigeme ayoboyeeee🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ka linog nikeza🎉🎉🎉❤
Ewana ndumiwe. Bamwe ngo Monia asa n'uwudafise urukundo. Abandi ngo erekana ikirenge ciwe. Why these questions ? 😂
Vyiz vyz cn monia fleur na lino g
Karibu Monia kumu baba lao ❤wacu
Jew ndakunda sana monia na renogi
Baraberany iy couple n bn bose nibeza
Dha!!!! Uru ibibintu hamwe vyoba arivyo vyotesa caan
Iyo ni buzz twarabahinyuye😂😂😂😂
Ntivyari vyorosh😊Journaliste ntiwabiteguriy Ariko Lino yageragej kuishura uko abishoboyNayo Monia yagusuzuguy
Ebana kayanza yubahwe havabana bafite telent nyawutobakunda Monia freur n'a Lino g nibitagatire tyga
Limon😂❤❤❤❤ ndabakunda san🎉🎉🎉🎉🎉
Journaliste questions zaw nta professionalism irimwo kandi harimwo pièges nyinshi kandi ndashimwe linog arazi kwirinda pièges za ma questions azi ico bita avoiding questions
Nimwiza uwo mutipe atwenga nez
Bomboclat our couple 🎉🎉❤
Mukoz ikiganir gituma kbx l nog aravuga amagamb y'u wang gus vyukuri urukund rwany mururind cyan mwirind icyo bata mucaha mwihangan mpak muj imber yimana nimiryang nincut nkuk mushir imber Imana yivang no mumirim yanyu
Uyumuhungu abaza ibibazo vyuburofa next time urons content nkiyo reka kuza ubabaza ibibazo vyuburofa nkivyo umenga ntiyari yateguye iki kiganiro btw Courage 💪
Ntazi ivyakora
Bwira Monia areke kugerega inzaaza kuzindi
Lino g wubahwe sana gs nuko mwahuye numunyamakuru wumubono kbx 😂😂😂😂😂 monia wirambire sana umunyakayanza wacu uzomufate neza 💌
Ngooo🤔🤔🤔indero nawe sikirenga
Ego muraberany myirambir murukundo ❤❤❤❤🎉
Nawapenda san mwes kwel murabant banj nduwimana oyooo yaga
None nkabo ba star twemera bakemera mukababazo ibibazo nkivyo kwli!!! Why??!!!!
Rugume rusosa maze muraberanye❤❤
Lono g nikezaNa ka monia nikeza baraberanye 🥰
Naba chyuu😋😍
Guys big up ndabakunda cane
Akogatwiko ka Monia na Lino g kagezweho
Sha nagatwiko kbs sindavyibaza aba barakundanye
😢😢😢😢andy mu twigire apet ibi bint vyukurind guharur vtr uzinkumurir narimfitiy ikiganir😂😂😂😂❤
Baraberany kbx
Ndababaze arya Mona fleur ntiyangize mariage
Wapi irya yari indirimbo ntayo wabony
This couple i❤it
Mbona wanakudharau mwanangu hawakujib vizul kbx😢😂
Oya baramenyeranye cnee nico gituma
Barakugayeko muco kiganiro cawe ndk
iyi couple ndayifana sana wallah 😊
Love this ❤🔥 🔥 🔥
Ivyo bintu ndabona aho bizoherera. Lino uzoburambwira wend polpol
Couple yanjeux🎉🎉🎉❤ basa nezaa p✌️
Nzofuma nterera iciyumviro mur mariage yanyu
😅😅biranryohera cn gos😂❤❤❤ pe kuko baraberany ❤😂😂
Muraberanye 🎉ni ukuriii mudutemwo😂😂
Urukundo twaruhebeye abahindi sha😅
Ash vyob vyiz nibatar nimw vyabasan Mr linog bon chasse muraberamy 100%
Ahomushaka kurya hit ntamubano wanyu 😂 nimba arukuryana iminwa guse😢😢
Ukwo ni ugushaka buzz turabisobanukiw
Jewe mbona bataberanye kbs, Monia aberanye na B face
@b face on the flo ngwino wumve😂
Reka gutwenza abantu ntango mwokubaka mwebwe kabisa😂😂
Uravye monia ubona asa nuwufise urukundo mumutwe???
Monia ❤❤❤
I like this couple💗
Legend ft ryoha
Munabanye naminsi mwamarana rwose 😮😮😮😮
Ba Mumenya Uko Ibiganiro Bikorwa, Uko Siko Bavugisha Aba STARS, umenga Ntuzi Ivyo Urimwo🤔🤔
Baratovye kbx banyaruts badutemwo ibintu biryoshe
Couple nziza
Monica fleur And linog ntibaduhende nka Mow kenze Na drama t vyarangiye kutishimye
Muraberany vrement nanj nashako mwobana
Conakunze nuko bose arabana disi ❤❤❤
Andy twereke icho kirenge ca monia😁😁😁😁😁😁
Ntiwaravye yaracerekanye
Abastars, ryoha too.
None uwu numumenyesha makuru wshe ? Iki nikiganiro cah ? Non ibi nibibazo vyumumenyesha makuru ? Mana yanj urihangana.
Men za kwishure wonger ubaze
@b face aranyazwe kimya kimya😂😂, song turayirindiriye😅
Ubaze ikibazo batarakwishura!ugaca uba uratwenga imbere yuko bagusubiza😀iki kiganiro naje ndagishuye ark journaliste yakivyonze😂ako kantu ngo ikiganiro nicanje rero niko kabi😂
Nn monia KO atavyemer ❤ntamukud
Kbsaa 🎉🎉🎉🎉
tagat ndabakund mwes❤❤❤❤
Nice couple ❤❤❤
Imana ibibemw bantu banj❤❤
Kl kl vyar bikwiy kbx muraberany mes chères ami(es)
Eg kl ndumufana was linog
Monia nd💝💝💝🫂🫂🤝🤝
Coupe ninziza ❤❤
Jurnalist aritiranya ibintu kandi ategana imitego. Yitiranya script (text) na views. 😂 Agahaririza n'uwuriko arishura. Tanga umwanya bavuge hama nawe uvuge.
Utwiso twa Monia turacokozanya
Umumenyesha nakuru arimwo gupfuha
Muriko mukinisha urukundo ng n bz
Vyiza cane ndakunda bosi
14:36 🫡 lino nakumbali
So good
Euwan rukundo rubagejeje habi
Kayanza ko ifise udusore twiza cyane bro ntidusanzwe
Naw wabibony ❤❤❤
Ex legend ♥️ wakera fireeeeeeeee🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Merci kubu sérieux bwum type.ninavyo mfana.apana imishinyiko.
Mana Lino tu chantes bien man🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥♥️
li nog respect muraberanye sana Jew kur mariage yaw lino g ndakwemerey 15 I phone 🇸🇪🇸🇪🇸🇪🇧🇮🇧🇮
Yoooo mbega Bana neza. Thé realy nuko muberanye. Muze muvyare murondoke❤❤😊
Man akagapingee kabooo kbx!!!! umengaa siweee warikubaz
Nibadutemwo song😂❤❤❤gus monia agum yank kavug ww niki😂😂😂
Kbx baraberany gs nuk akesh ibiberey abantu udasanga arivyimana ikund kuko yo ibona indani mumuntu kurush uko tumubona kwisura❤❤❤❤
Mahabadiii 🎉🎉❤❤❤
Linog wirambire kwamonia aragukunda ndabibona❤❤❤❤
Nibaryamane bavaneko man bizoba nkabimw vya Mzizi wajiwe na Chany Queen.
Cnk n'udu challenge twanyu!!!
IMANA yirukane ikintu cose coza gishaka kubatandukana gusa mwese muri beza musaneza
Iyo ni wonderful couple niryo nise couple yabo
Nimwikundanire uzukuntu muberanye umenga muruduhasa twazananye mwisaho imwe❤❤❤
None kumenga monia arakuze kuruyomuhunguuuu
Wapi nta monia akuze @@Nahimanajeanine
@@NahimanajeanineAndika monitor flour aha nyen ucubon ibiganiro vyose yakoze uraz kubon ikiganiro yakoze kur Isaac tv vrt yarumwan kd umengo hahez 3ans
Wapi ntabwakuze ako nakana kejo@@Nahimanajeanine
Ichikiganiro kiraryoshe kabisa Andy uzohore abatugarukana iyo couple
Urukundo gwananiy Samson Wee utaweza
Ni bikundanire bashike ku ntego bashaka nukuri ❤❤❤❤Ndabakunda
Ivya ba star ndavyemera bibaye😂😂😂
Baraberanye pe ❤❤❤❤❤
Monia Fleur and linog♥
❤❤❤❤
👌👌👌👌👌
❤️❤️❤️❤️❤️
👌👌👌👌👌
❤❤❤❤❤️❤️❤️❤️
Linog avuze ukuri Monia niwe muririvyi mubigeme ayoboyeeee🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Ka linog nikeza🎉🎉🎉❤
Ewana ndumiwe. Bamwe ngo Monia asa n'uwudafise urukundo. Abandi ngo erekana ikirenge ciwe. Why these questions ? 😂
Vyiz vyz cn monia fleur na lino g
Karibu Monia kumu baba lao ❤wacu
Jew ndakunda sana monia na renogi
Baraberany iy couple n bn bose nibeza
Dha!!!! Uru ibibintu hamwe vyoba arivyo vyotesa caan
Iyo ni buzz twarabahinyuye😂😂😂😂
Ntivyari vyorosh😊
Journaliste ntiwabiteguriy
Ariko Lino yageragej kuishura uko abishoboy
Nayo Monia yagusuzuguy
Ebana kayanza yubahwe havabana bafite telent nyawutobakunda Monia freur n'a Lino g nibitagatire tyga
Limon😂❤❤❤❤ ndabakunda san🎉🎉🎉🎉🎉
Journaliste questions zaw nta professionalism irimwo kandi harimwo pièges nyinshi kandi ndashimwe linog arazi kwirinda pièges za ma questions azi ico bita avoiding questions
Nimwiza uwo mutipe atwenga nez
Bomboclat our couple 🎉🎉❤
Mukoz ikiganir gituma kbx l nog aravuga amagamb y'u wang gus vyukuri urukund rwany mururind cyan mwirind icyo bata mucaha mwihangan mpak muj imber yimana nimiryang nincut nkuk mushir imber Imana yivang no mumirim yanyu
Uyumuhungu abaza ibibazo vyuburofa next time urons content nkiyo reka kuza ubabaza ibibazo vyuburofa nkivyo umenga ntiyari yateguye iki kiganiro btw Courage 💪
Ntazi ivyakora
Bwira Monia areke kugerega inzaaza kuzindi
Lino g wubahwe sana gs nuko mwahuye numunyamakuru wumubono kbx 😂😂😂😂😂 monia wirambire sana umunyakayanza wacu uzomufate neza 💌
Ngooo🤔🤔🤔indero nawe sikirenga
Ego muraberany myirambir murukundo ❤❤❤❤🎉
Nawapenda san mwes kwel murabant banj nduwimana oyooo yaga
None nkabo ba star twemera bakemera mukababazo ibibazo nkivyo kwli!!! Why??!!!!
Rugume rusosa maze muraberanye❤❤
Lono g nikeza
Na ka monia nikeza baraberanye 🥰
Naba chyuu😋😍
Guys big up ndabakunda cane
Akogatwiko ka Monia na Lino g kagezweho
Sha nagatwiko kbs sindavyibaza aba barakundanye
😢😢😢😢andy mu twigire apet ibi bint vyukurind guharur vtr uzinkumurir narimfitiy ikiganir😂😂😂😂❤
Baraberany kbx
Ndababaze arya Mona fleur ntiyangize mariage
Wapi irya yari indirimbo ntayo wabony
This couple i❤it
Mbona wanakudharau mwanangu hawakujib vizul kbx😢😂
Oya baramenyeranye cnee nico gituma
Barakugayeko muco kiganiro cawe ndk
iyi couple ndayifana sana wallah 😊
Love this ❤🔥 🔥 🔥
Ivyo bintu ndabona aho bizoherera. Lino uzoburambwira wend polpol
Couple yanjeux🎉🎉🎉❤ basa nezaa p✌️
Nzofuma nterera iciyumviro mur mariage yanyu
😅😅biranryohera cn gos😂❤❤❤ pe kuko baraberany ❤😂😂
Muraberanye 🎉ni ukuriii mudutemwo😂😂
Urukundo twaruhebeye abahindi sha😅
Ash vyob vyiz nibatar nimw vyabasan Mr linog bon chasse muraberamy 100%
Ahomushaka kurya hit ntamubano wanyu 😂 nimba arukuryana iminwa guse😢😢
Ukwo ni ugushaka buzz turabisobanukiw
Jewe mbona bataberanye kbs, Monia aberanye na B face
@b face on the flo ngwino wumve😂
Reka gutwenza abantu ntango mwokubaka mwebwe kabisa😂😂
Uravye monia ubona asa nuwufise urukundo mumutwe???
Monia ❤❤❤
I like this couple💗
Legend ft ryoha
Munabanye naminsi mwamarana rwose 😮😮😮😮
Ba Mumenya Uko Ibiganiro Bikorwa, Uko Siko Bavugisha Aba STARS, umenga Ntuzi Ivyo Urimwo🤔🤔
Baratovye kbx banyaruts badutemwo ibintu biryoshe
Couple nziza
Monica fleur And linog ntibaduhende nka Mow kenze Na drama t vyarangiye kutishimye
Muraberany vrement nanj nashako mwobana
Conakunze nuko bose arabana disi ❤❤❤
Andy twereke icho kirenge ca monia😁😁😁😁😁😁
Ntiwaravye yaracerekanye
Abastars, ryoha too.
None uwu numumenyesha makuru wshe ? Iki nikiganiro cah ? Non ibi nibibazo vyumumenyesha makuru ? Mana yanj urihangana.
Men za kwishure wonger ubaze
@b face aranyazwe kimya kimya😂😂, song turayirindiriye😅
Ubaze ikibazo batarakwishura!ugaca uba uratwenga imbere yuko bagusubiza😀iki kiganiro naje ndagishuye ark journaliste yakivyonze😂ako kantu ngo ikiganiro nicanje rero niko kabi😂
Nn monia KO atavyemer ❤ntamukud
Kbsaa 🎉🎉🎉🎉
tagat ndabakund mwes❤❤❤❤
Nice couple ❤❤❤
Imana ibibemw bantu banj❤❤
Kl kl vyar bikwiy kbx muraberany mes chères ami(es)
Eg kl ndumufana was linog
Monia nd💝💝💝🫂🫂🤝🤝
Coupe ninziza ❤❤
Jurnalist aritiranya ibintu kandi ategana imitego. Yitiranya script (text) na views. 😂
Agahaririza n'uwuriko arishura. Tanga umwanya bavuge hama nawe uvuge.
Utwiso twa Monia turacokozanya
Umumenyesha nakuru arimwo gupfuha
Muriko mukinisha urukundo ng n bz
Vyiza cane ndakunda bosi
14:36 🫡 lino nakumbali
So good
Euwan rukundo rubagejeje habi