Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
😂😂 Mutima uwemera ko Atigera Ananigwa akore like hano tubandanye Kandi dukurikirana African Sound 🇧🇮💥🚀💥🔥💯
Ewemutima uranryohera nukuri imana iguhe kuramba kabisa
Nukuri kl
Na cane cane
Yewe yewe gayeeeeee uyu muhungu ndamwikundira
nahonoba ndumwe❤❤❤🎉
Vy'ukuri Mutima arateye intambwe mu nyigisho zikomeye. Bwana Mutima respect vraiment
Imber Yuko mpeza video manza guheza cmnt🔥🔥🔥Imana itubabarire beneda Ize iduhe iherezo ryiza 😭😭😭😭😭
Warakawutse nyene uraronka amasozi 😄😄😄😄
Alice nanj umugab waw yafuy twar dufis gahund yukuj mur hotel gutamb izibon 😂😂
Pol disi wnj waruzi urumw oe usanze hri abandi
Hahah muranyemeje ndabemereye 200$ mundondere
😂😂😂Inyigish nziza cane big up team ya mutima murashoboy 🔥💪
Ababonako team mutima bariko babikora neza mumpe izo like twimanukire.Team mutima murashoboye vrt✌️ Love from kadogoComedian on UA-cam ❤️natwe mubandanye mudukurikirana
Comédie za Mutima ah zitandukaniy nizind hivanzemwo inyigisho kwa jeu ewana Big UP sana
Oyaaaaa hariho ibintwengeje nubwo ndiko ndariraa😄😄😄
Bury w umaz imyak ingah wubats 😂😂60ans
😂😂😂😂
Ariko alice urazi gukawuka mbega umukobwa
Oya n'ukuri jewe, ntiyogenda uko 🤣🤣🤣🤣🤣. Muratweguye n'agatwengo baga, oya ni mugerageze kugabanya n'ayahandi buca mutwara abantu kwivuza imbavu.🤣🤣😍
Jew imbavu ziranyishe bashaaa
Ikigaragara nuko musangira nubwo Mutima akunda kurya ntiyisangiza🤣🤣 mwese mwavyibusheMusa neza love you sana from Nyanza-lac
Ntubeshe ukonukur😂😂
😆😆😆😆
🤣🤣😂😂😂
Finalement Mutima n'umu Pasteur kweli
Ntavyo waruzi?? Ahora avuga ubutumwa mumasengero
Mutima ndakwemera kbs nanje ndihano muri vyetimanu kbs
Munyibukije Aho nasize umugabo wanje ntakundi muraduteramika courage
Emwe uwokwihenda ngo arigereranya na Team Mutima yoba abaye umuswa wigeze ibuye, Iyi niyo team ya mbere mu karere kabisa.Bakinana ubwitonzi n'indero, kandi batanga inyigisho nziza.Mubandanye mutera imbere nk'umuzinga kandi mukomeze gukora mu bumwe niho muzoshika kure.💪💪💪
Cane kbx
kweri
Yari #UMUHABARA wanje😂😂😂😂Aka kantu kanyibagije amarira nariko ndarira🥵😄😄😄😂😂🤣🤣🤣
Nawe wariko urizwa numuhabara🥵😅😅🤣🤣
@@thierryrwagasore, 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@@thierryrwagasore 🤣🤣🤣🤣
@@thierryrwagasore Man ingene bariko bavuga amateka yiwe meza batazi ko hari uwubitse amabanga menshi kumbe agira ayameneeeee😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂ndabakunda mutima alice mumara akanyota muhezagirwe❤❤
Ngo tuzohurirayo bajama Abavyumvise uko like ngaha 🤣
Murashoboye 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 love from cape town
Kanyosha. Yubawe cane. Mutima namba1
😂😂😂 ewe mutima nawe urarenze kweli nokumuhamba ucubivamwo gusa higihwa beshi hakumva benevyo
😀😀😀😀Inyigisho nziza cane gose🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Apfuye atamuhaye amahera yo gukororinda ndashwanyaguritse noneho🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣sha team mutima mwubahwe kweliiiii mbeginyigisho nkunda ukuntu muri sérieux peee👏👏ngo musubize inyuma🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
hahahahahahahahha CISHA ADO ngo twariganye muri primaire harya kwa makasi hahahahaha iyo team nibazako ariyo ya mbere mu Burundi yigisha ikongera igatwenza
Team mutima murashoboy kabissa kand muhanuran ubweng pee
Mutima courage murashoboy knd kumpanuro zanyu zirubaka kweri
Murategura kabisa ninyigisho nzizapeee❤️🔥
🤣🤣🤣🤣🤣1)ngo yaruwiwanj jenyine ntawe twamusangira2)ngo yarumuhabara wanjye inda ya 1 twayikuyemo none iyi nayo ansigiye ntiyaribwampamahera yokuyikuramwo.so iyi ninyigisho ikomeye vraiment team mtima murashoboye.Imaniturengere nukuri
Mutima urashoboye imana ikwongere umugisha!
😀😀😀😀😀😀tuzohurirayo bajama 😀😀😀😀😀😀👌👌mu tumima na Tim yiwe ndabakunda
Ubuho ndabuze ico mvuga ndabahebeye nukuri puuuu😂😂😂
Murarinda kweri😂😂😂
Ewe mutima jewe mbona uri pasteur kandi winzobere Imana iguhezagire
Abantu babona k mutima afise ingabire yo kuvuga ijambo ry imana mumpe like duhez twimanukire!!jw mbona ivya macomedie yobivamwo akivugira ijambo ryimana kuk biramubereye
Unomusi,nuwutazaha,arahazanwa,nakokazekaramana,tutazicokavuyeko,harakongoka😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Kweli Mutima Imana iguhezagire 😂😂😂
Abant mukanya barajajwa ng nagasema ndazik abarund mutahura nk ...huhu rek nihorer xo big uo my blo.mutima l
Nukurikwimana muramyeguye noneho kimwegusa mwubahwecane mdabakumdacane 🥳🥳😘😘😀😀😀
Pasteur Mutima courage kunyigisho nziza can💞🔥🔥🔥🔥
😂😂😂ahoo rero abarund mraj muvugngo nagasema 😂 bg up my grp Og
Agasema kokujahe badukure mwizo societe sha bareke dutwike
My congratulation to mutima and his team in general!mubikora neza cane!!
Hahahahahaha mutima arans kumuhamba?! Bace bamutwar iwe.hhhhahahaha
Murankuyehooo peee ! Tera imbere Mutimaaa ni umurwi wawe💪😁
abo mutim yatwengej mump liker😂😂😂
Fati mbavu ndapfuye🤣😂😂😂😂 burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮from saudia 🇸🇦🇸🇦🇸🇦💞💞💞
Mutima ati basubize mri frigo😂😂
Mutima ari ningabire yokuvuga ijambo ryimana
can
Uwomudemu muhe iyonoti akuremwo iyonda mutima😂😂😂😂
Yoooo mana weee ntivyoroshe nahambwe arindire urubanza
Ng tuzohuriray bajam.nukur munkuyeho.mb Alice wew amarira yae avah hh.nzokwit kariyariy kuk role yukwiriz uyigir akaravy wew na fanny Lavine nzobah akazin
😂😂kandi vyavuze mutima😂
😂😂😂😂😂Yooo mwebwe mwarakibay nibabarek
Uko mudutwenza mutegure namahera yo kutuvuza imbavu🤣🤣🤣🤣gusa uduha inyigisho pe
Akokana kabaherekeje mwakabonye 😀😀😀😀😀
Nibakurek nukuri uruwambere kbx big up sana mutima
Mutima kabisa ndabona urumukozi wimana vyukuri iryo nijambo ryimana
🤣🤣🤣🤣🤣🤣ewe mutima urankuraho wubahwe
Sha mwebwe muranyica kbs🤣🤣🤣
Uyo muhungu wishati yamaboko yera yatwenze aregarara aguma yigirisha nukuboko agatwengo ari kwose aranyishe mwubahwe kweli muranyishe imbavu mutima murakora 😃😃😃🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
Wooow Amazing Team mutima mukina ivy'igisha turikumwe namwe tubipfuriza kugira Channel yanyu ya UA-cam vyoba vyz kuruta #love from Edmond polar promoter abahabara namwe murasarisha😀😀😀😀
Jewe ndamufitiye umwana 🤪🤪🤪
🤣🤣🤣🤣🤣mutumye nseka kabisa gusa komereza aho mutima
Alice mutima muri sérieux vrt❤🌹💍
Uwemera ko Mutima arumuhanga gusumba naba pastor bamwe bamwe afyonde like.
Big up mutima, tera imbere
Nukuri mutima uracari iwamber muburundi🤣🤣🤣🤣
Twaritumaranye imyaka Mingo itandatu ewe Alice mungu anakuna🤓🤓🤓🤓🤓🤓🤓
Mutima na team yawe mwubahwe.courage cane
Mutima kbx courage vrt
🤣🤣🤣🤣ikibabaje bavuganye ko amuha amahera yo kuyikuramwo none apfuye atayamuhaye murashoboye peeee😂😂😂😂😂
Ngo muri frigo kwamutima ngamunukire 😀😀😀😀😀
Alice ugize ngwiki? Mwari.mumaranye imyaka ingahe? 🤣🤣🤣
60ans hhhhhhh
Ababonye k isandugu yari yugurutse nkanje bampe like 😂😂😂😂
Ngo naw mutware umushire muri frigo iwawa🤣🤣🤣🤣mbavu zangu😆😆😆
Mutima uruwambere
Muracari abamber murantwengej cne mukina ibintu vyigish 🤣🤣🤣🤣🤣🤣❤️
Alice numutiwamenyo kwr Arakauka vya vrai
VERY SERIOUS COMEDIANS. AM FROM KANY EMPIRE AND I LOVE MUTIMA TEAM
Ninarwarimbavu ni team mutima murashibintu mwubahe murabambere
Respect,go on with your Job Mutima and your team
Mutima wew wubahw❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮
Ndahanyuts naho nzoguma ndumwe ✌️
Ndaboma Hatanguye kuba kimwe bita cyber attack whatsap, Facebook, Instagram kwisinzima vyahagaze ndake😂😂
Emwe mbona vyahagaze pe
Ninde yabonye ko isandugu itugaye🤣🤣
Very dangerous and creative team
😂😂😂😂😂 mujane muri frigo iwawe mutima duza ibendera ry'uburundi tu
Courage ,Ku mpanuro mutanga
ninde yabonyeko kinogitype kirira nabi😂😂
Na WhatsApp vyose vyanse😂😂😂😂😂 n'ukuba turasamara😂😂😂😂😂😂
Byanse kwel
Eg nukur jew mber nabanj kuyidenstalla ngo yashaj ew mukham🤣🤣🤣rek twisamarire nubund nta myak ijana. Nta nubugeni twitez gukora😂😂😂
NN bzbznyzmerik biyemera CN vyabagendeye gîte kugir whztsapp ivyongeke kurya
Nice Job keep it up we Support you.
Mutima jewe mbon woheba ubuhimbiri uhora ugira ukibera umukozi wimana🤗🤗🤗🤗
Muranyish🔥🔥 mwubahwe
Team mutima ni number one
Kulage mutima
Ivy birabaho kweri ntimwabeshe,courage
Mwebwe muratwenza cane kweri ariko ninyigisho
60myaka.mukama.jewe..imbavu.zirakorotse.yooo😂😂😂😂😂ntatuntu.twohanze.naribwamufatane
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂nukuri Mutima araberewe no kuvuga ubutumwa😂😂😂😂
🤣🤣🤣🤣bamusubize muri morgue
Mutima muko mere🔥🔥🔥🔥
Iyi nyigisho niyo pe muratwishe
😂😂 Mutima uwemera ko Atigera Ananigwa akore like hano tubandanye Kandi dukurikirana African Sound 🇧🇮💥🚀💥🔥💯
Ewemutima uranryohera nukuri imana iguhe kuramba kabisa
Nukuri kl
Na cane cane
Yewe yewe gayeeeeee uyu muhungu ndamwikundira
nahonoba ndumwe❤❤❤🎉
Vy'ukuri Mutima arateye intambwe mu nyigisho zikomeye.
Bwana Mutima respect vraiment
Imber Yuko mpeza video manza guheza cmnt🔥🔥🔥Imana itubabarire beneda Ize iduhe iherezo ryiza 😭😭😭😭😭
Warakawutse nyene uraronka amasozi 😄😄😄😄
Alice nanj umugab waw yafuy twar dufis gahund yukuj mur hotel gutamb izibon 😂😂
Pol disi wnj waruzi urumw oe usanze hri abandi
Hahah muranyemeje ndabemereye 200$ mundondere
😂😂😂Inyigish nziza cane big up team ya mutima murashoboy 🔥💪
Ababonako team mutima bariko babikora neza mumpe izo like twimanukire.
Team mutima murashoboye vrt✌️
Love from kadogoComedian on UA-cam ❤️natwe mubandanye mudukurikirana
Comédie za Mutima ah zitandukaniy nizind hivanzemwo inyigisho kwa jeu ewana Big UP sana
Oyaaaaa hariho ibintwengeje nubwo ndiko ndariraa😄😄😄
Bury w umaz imyak ingah wubats 😂😂60ans
😂😂😂😂
Ariko alice urazi gukawuka mbega umukobwa
Oya n'ukuri jewe, ntiyogenda uko 🤣🤣🤣🤣🤣. Muratweguye n'agatwengo baga, oya ni mugerageze kugabanya n'ayahandi buca mutwara abantu kwivuza imbavu.🤣🤣😍
Jew imbavu ziranyishe bashaaa
Ikigaragara nuko musangira nubwo Mutima akunda kurya ntiyisangiza🤣🤣 mwese mwavyibushe
Musa neza love you sana from Nyanza-lac
Ntubeshe ukonukur😂😂
😆😆😆😆
🤣🤣😂😂😂
Finalement Mutima n'umu Pasteur kweli
Ntavyo waruzi?? Ahora avuga ubutumwa mumasengero
Mutima ndakwemera kbs nanje ndihano muri vyetimanu kbs
Munyibukije Aho nasize umugabo wanje ntakundi muraduteramika courage
Emwe uwokwihenda ngo arigereranya na Team Mutima yoba abaye umuswa wigeze ibuye,
Iyi niyo team ya mbere mu karere kabisa.
Bakinana ubwitonzi n'indero, kandi batanga inyigisho nziza.
Mubandanye mutera imbere nk'umuzinga kandi mukomeze gukora mu bumwe niho muzoshika kure.💪💪💪
Cane kbx
kweri
Yari #UMUHABARA wanje😂😂😂😂
Aka kantu kanyibagije amarira nariko ndarira🥵😄😄😄😂😂🤣🤣🤣
Nawe wariko urizwa numuhabara🥵😅😅🤣🤣
@@thierryrwagasore, 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@@thierryrwagasore 🤣🤣🤣🤣
@@thierryrwagasore Man ingene bariko bavuga amateka yiwe meza batazi ko hari uwubitse amabanga menshi kumbe agira ayameneeeee
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
😂😂😂😂😂ndabakunda mutima alice mumara akanyota muhezagirwe❤❤
Ngo tuzohurirayo bajama
Abavyumvise uko like ngaha 🤣
Murashoboye 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 love from cape town
Kanyosha. Yubawe cane. Mutima namba1
😂😂😂 ewe mutima nawe urarenze kweli nokumuhamba ucubivamwo gusa higihwa beshi hakumva benevyo
😀😀😀😀Inyigisho nziza cane gose🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Apfuye atamuhaye amahera yo gukororinda ndashwanyaguritse noneho🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣sha team mutima mwubahwe kweliiiii mbeginyigisho nkunda ukuntu muri sérieux peee👏👏ngo musubize inyuma🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
hahahahahahahahha CISHA ADO ngo twariganye muri primaire harya kwa makasi hahahahaha iyo team nibazako ariyo ya mbere mu Burundi yigisha ikongera igatwenza
Team mutima murashoboy kabissa kand muhanuran ubweng pee
Mutima courage murashoboy knd kumpanuro zanyu zirubaka kweri
Murategura kabisa ninyigisho nzizapeee❤️🔥
🤣🤣🤣🤣🤣
1)ngo yaruwiwanj jenyine ntawe twamusangira
2)ngo yarumuhabara wanjye inda ya 1 twayikuyemo none iyi nayo ansigiye ntiyaribwampamahera yokuyikuramwo.so iyi ninyigisho ikomeye vraiment team mtima murashoboye.Imaniturengere nukuri