Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Ngo buvuye south Africa nibwo uza unkangika ew mutima 😃😆😃😆☺️☺️😚😚
Cisha cuyirungikira musazanje iyo vocal nawe ayimukangish aumusezer nkabandi🤣🤣🤣🤣
Hahahahha nguriko uryamira akabavu?😂😂😂😂😂😂
😄😄😄😄ndabakunda caane team mutima muryoherwe mugum mutwiher bishasha.
Uwo mwuka mubi wo gushurashura siwo😂😂😂
Mutima aragakoze kabsa gusa Alice yabikoze neza kuja gusezera😮😮
🤣🤣🤣🤣😂😂mutima merci beaucoup, ibintu wamuteguriy ntubimuha muruja n uruza
Yayaaa harabavye ndakesera 😂😂😂
Basha ndapfuy nugutwenga🤣🤣🤣🤣
Ewe mutima pièce par pièce ngo kuryamirakabavu😂😂😂
Twaritugukumbuye love from Rwanda
Adoo agusezere nkumubanyiii😂😂😂😂😂😂😂 murakaze kbx mwubahwe keep movin' forward ma Gees mubikora neza cne
None icoyise uruja nuruza ni circulation yabantu kandi barimucumba😂😂😂 mutima we burikoma
hahahahaha!!! rek nanj ndamubwir CISHA ampe iyo audio nirire umwanaaaa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mutima weee we like u 🤣🤣🤣🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🤝
😀😀😂😂ngoyariko aryamira akabavu 🔥🔥
Ngo nkeney unsezere nkumubanyi😭😭😂😂
Mama yangu katanyanye kwa Mutima ngo nahumirize
Alice najew ndakubonye uraza kunsezera hahahha
😂😂😂😂😂😂
Mutima na Cisha bararenze😀😀😀😀
Muranyica ndak nawewe cisha😆😆😆😆
Yooo ewe Alice aho naj ndashikirwa uhirahiye ugasezera Cisha
None mutima kutashizeyo turabe😂😂😂😂😂#Cisha rero ni maneko akaze nkesera none ngwaguh nae koko🙌🙌☺️☺️☺️
Gusezera kurabaye gusezera 🤣🤣🤣🤣🤣
Cisha urahejeje kuryamira akabavu😂😂😂uranyishe peeNone uwo mugeni imfura izoba iyande?mwe muramuncanze Alice
😂😂😂😂😂😂😂 Nagusezere kbsa,imyaka 6ans nimyinshi
Wariko uryamira akabavu 😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣 Ewe Cisha Ado,ngo arahejeje kuryamira akabavu??🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Yooooo abasezera aba ex muragabe
Heeee vyacaganye Alice kweli
Hhhhhhhhhh uyumwaka wallah
Allooooo😂😂😂😂tumenyane
🤣🤣🤣 Nihatari mukinyukuri
Hhh cisha arabafashye guys courage ❤️❤️
Ngo gira ningoga nigire🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Urahejej kuryamira Akabavu😂😂😂😂
Yaaaa Cisha ngo nsezera nkumubanyi😂😂😂😂
Ewe mukama gusezera ABA exe ningorabe bakobwa mwikebuke mwirinde abahungu nkaba
Sezera nkumubanyi 🤣🤣🤣🤣
Crg mutima wetu
😂😂😂😂😂😂😂 aba exe bazokora ibara
Mutima ukuntumukina ,turabakunda🙏
Cool
Haaaaaaa nivyoroshe
Ngowariryamiy akabavu 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Hahahahhah dusezeran😂😂😂
Ariko mutima wacu abafana ntuzogere kumara igih kinini utaduhaye akantu nkako
Yoooo nukur murigisha pe
Good work gyz ,Gus mwaratwemerey série igez heh ??
Ewe Cisha ado uranyeguy ngo urahejeje kuryamira akabavu🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ewe mutima WE🤣🤣
Mutima uri rofa🤣🤣🤣
Maaaaaanaaaaweeee
Ndabony uko basezera😀😀
Akinyuma kagezweho🤣
Hahahahaaa muransekeje cyane.Mbega mwabaga hehe ko nari narababuze?
Inyigisho nziza rwose
We like u guys from🇿🇦
Ewe Alice wacu ndabona ukunda akabavu🤣🤣🤣💞💞💞
🤣🤣🤣🤣mutima ni mbwa
Kuryamira akabavu🤣🤣😂😂
Hhhhh mwubahw kabx murashoboy kwl
Mutima weee😂😂😂
Mwubahwe kabisa
Mutima waratevuye
Pièce par pièce 😭😂😂
Chisha nsezera nkumubanyi😭😂😂
🤣🤣🤣Ngurahejej kuryamira akabavu ngonanje sezera😂😂
Uradusetsspe komerezaho
Mugabo Alice yifashe nabi,yategerezwa kuguma kwibanga.ugwaruka nigwigireho.
Mwubahwe mubikora nezaaa caneee
Ahooo😂😂😂😂
Mwarasaze😂😂😂😂
Yooo 🤣🤣🤣
Mutima namukunda ariko agiyegutuma abademu bacu batadusezera kabisa
🤣🤣🤣Koresh umwny unszr nkumubanyi sh🥱
Iyooohhh 😿😿😿
Yoooh basha kandi vyama vyabaye nukuri
Kuryamira akabavu
🔥🔥🔥
haaa aka kantu weee mutima rwahano
Umubanyi yagukunze yagerageza kukudraga ukanka!!!!!!
Murantwengeje pe
NC pic kbs
😂😂😂😂akabavu
Iyi timu ndayikunda vrt
Mutima wanje
Mwubahwe
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
sawayoooooooooo🤔🤔🤔🤔😂😂😂😂
Muhe yirir nubundi ntukirisugi
Nimwubahw
abo bahungu ryarahiye
😆😆😆😆😆 egosha ntagusezere nkimbwa
Haahahhaahah noma san
Hahaha
Egoko Mana!!!None ga Alice nimba utari uziko ugiye kumusezera ico gitanda wari wakigiyeko kugirante ? Abakobwa turakwiye kumenya ibidakorwa kuko aho niwe wamugerageje
Muramumara
Ewe lurakamukoze kabiri kose
Ngo buvuye south Africa nibwo uza unkangika ew mutima 😃😆😃😆☺️☺️😚😚
Cisha cuyirungikira musazanje iyo vocal nawe ayimukangish aumusezer nkabandi🤣🤣🤣🤣
Hahahahha nguriko uryamira akabavu?😂😂😂😂😂😂
😄😄😄😄ndabakunda caane team mutima muryoherwe mugum mutwiher bishasha.
Uwo mwuka mubi wo gushurashura siwo😂😂😂
Mutima aragakoze kabsa gusa Alice yabikoze neza kuja gusezera😮😮
🤣🤣🤣🤣😂😂mutima merci beaucoup, ibintu wamuteguriy ntubimuha muruja n uruza
Yayaaa harabavye ndakesera 😂😂😂
Basha ndapfuy nugutwenga🤣🤣🤣🤣
Ewe mutima pièce par pièce ngo kuryamirakabavu😂😂😂
Twaritugukumbuye love from Rwanda
Adoo agusezere nkumubanyiii😂😂😂😂😂😂😂 murakaze kbx mwubahwe keep movin' forward ma Gees mubikora neza cne
None icoyise uruja nuruza ni circulation yabantu kandi barimucumba😂😂😂 mutima we burikoma
hahahahaha!!! rek nanj ndamubwir CISHA ampe iyo audio nirire umwanaaaa🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Mutima weee we like u 🤣🤣🤣🇿🇦🇿🇦🇿🇦🇿🇦🤝
😀😀😂😂ngoyariko aryamira akabavu 🔥🔥
Ngo nkeney unsezere nkumubanyi😭😭😂😂
Mama yangu katanyanye kwa Mutima ngo nahumirize
Alice najew ndakubonye uraza kunsezera hahahha
😂😂😂😂😂😂
Mutima na Cisha bararenze😀😀😀😀
Muranyica ndak nawewe cisha😆😆😆😆
Yooo ewe Alice aho naj ndashikirwa uhirahiye ugasezera Cisha
None mutima kutashizeyo turabe😂😂😂😂😂
#Cisha rero ni maneko akaze nkesera none ngwaguh nae koko🙌🙌☺️☺️☺️
Gusezera kurabaye gusezera 🤣🤣🤣🤣🤣
Cisha urahejeje kuryamira akabavu😂😂😂uranyishe pee
None uwo mugeni imfura izoba iyande?mwe muramuncanze Alice
😂😂😂😂😂😂😂 Nagusezere kbsa,imyaka 6ans nimyinshi
Wariko uryamira akabavu 😂😂
🤣🤣🤣🤣🤣 Ewe Cisha Ado,ngo arahejeje kuryamira akabavu??🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Yooooo abasezera aba ex muragabe
Heeee vyacaganye Alice kweli
Hhhhhhhhhh uyumwaka wallah
Allooooo😂😂😂😂tumenyane
🤣🤣🤣 Nihatari mukinyukuri
Hhh cisha arabafashye guys courage ❤️❤️
Ngo gira ningoga nigire🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Urahejej kuryamira Akabavu😂😂😂😂
Yaaaa Cisha ngo nsezera nkumubanyi😂😂😂😂
Ewe mukama gusezera ABA exe ningorabe bakobwa mwikebuke mwirinde abahungu nkaba
Sezera nkumubanyi 🤣🤣🤣🤣
Crg mutima wetu
😂😂😂😂😂😂😂 aba exe bazokora ibara
Mutima ukuntumukina ,turabakunda🙏
Cool
Haaaaaaa nivyoroshe
Ngowariryamiy akabavu 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Hahahahhah dusezeran😂😂😂
Ariko mutima wacu abafana ntuzogere kumara igih kinini utaduhaye akantu nkako
Yoooo nukur murigisha pe
Good work gyz ,Gus mwaratwemerey série igez heh ??
Ewe Cisha ado uranyeguy ngo urahejeje kuryamira akabavu🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ewe mutima WE🤣🤣
Mutima uri rofa🤣🤣🤣
Maaaaaanaaaaweeee
Ndabony uko basezera😀😀
Akinyuma kagezweho🤣
Hahahahaaa muransekeje cyane.
Mbega mwabaga hehe ko nari narababuze?
Inyigisho nziza rwose
We like u guys from🇿🇦
Ewe Alice wacu ndabona ukunda akabavu🤣🤣🤣💞💞💞
🤣🤣🤣🤣mutima ni mbwa
Kuryamira akabavu🤣🤣😂😂
Hhhhh mwubahw kabx murashoboy kwl
Mutima weee😂😂😂
Mwubahwe kabisa
Mutima waratevuye
Pièce par pièce 😭😂😂
Chisha nsezera nkumubanyi😭😂😂
🤣🤣🤣Ngurahejej kuryamira akabavu ngonanje sezera😂😂
Uradusetsspe komerezaho
Mugabo Alice yifashe nabi,yategerezwa kuguma kwibanga.ugwaruka nigwigireho.
Mwubahwe mubikora nezaaa caneee
Ahooo😂😂😂😂
Mwarasaze😂😂😂😂
Yooo 🤣🤣🤣
Mutima namukunda ariko agiyegutuma abademu bacu batadusezera kabisa
🤣🤣🤣Koresh umwny unszr nkumubanyi sh🥱
Iyooohhh 😿😿😿
Yoooh basha kandi vyama vyabaye nukuri
Kuryamira akabavu
🔥🔥🔥
haaa aka kantu weee mutima rwahano
Umubanyi yagukunze yagerageza kukudraga ukanka!!!!!!
Murantwengeje pe
NC pic kbs
😂😂😂😂akabavu
Iyi timu ndayikunda vrt
Mutima wanje
Mwubahwe
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥
😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅😅
sawayoooooooooo🤔🤔🤔🤔😂😂😂😂
Muhe yirir nubundi ntukirisugi
Nimwubahw
abo bahungu ryarahiye
😆😆😆😆😆 egosha ntagusezere nkimbwa
Haahahhaahah noma san
Hahaha
Egoko Mana!!!None ga Alice nimba utari uziko ugiye kumusezera ico gitanda wari wakigiyeko kugirante ?
Abakobwa turakwiye kumenya ibidakorwa kuko aho niwe wamugerageje
Muramumara
Ewe lurakamukoze kabiri kose