Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Bernard you deserves respect !!you have son doing well Derrick Don Divin courage
Gakwaya yahora yigisha muri Lycée Bukeye🇧🇮. Yaratuvugiriza iyo ndirimbo tukishima turi abana
Yooo, le bonheur!! 🥰 J'aurai trop aimer le connaître!!!❤Jw twari tuzinanye na Mukosamari!! Twarafuraha bidasanzwe! Ku mateke y'amafyiru menshi cane!! 🥰❤ Yari Best friend w'umuzamu w'impande yacu. Abandanye yiruhukira amahoro 🙏
Murakoze cane kuriyo ndirimbo!
Uyumuririmvyi niyubaswe pe
Nari nayibuz hose, ndanezerew cane gusubira kuyumva😍
Indirimbo yibihe vyose!amajambo yubuzima kabisa
Njye sinari nziko ari Umunyarwanda naramundaga cyane pe
Ni vyo ni umunyarwanda, ariko izo ndirimbo yaziririmvye ari mu Burundi nk'uko na Annonciate Mutamuliza yatanguriye kuririmbira mu Burundi.
Indirimbo yinkora Mutima vrt!!!yubahwe nukuri
Gakwaya Bernard umwigisha mwiza w ikirundi, ndamwibuka muduhe inkuru ziwe
Murampimbaye kuriyo ndirimbo
Much respect for the artist
Ndakeneye nanje kumenya aho ageze be namwene wabo MUSAFIRI!
Woooow gakwaya bernard aranduhura caaane
Intwari mu Burundi zamyeho.
Ukagira Umugenzi akanyerera.......Itunga n'ubuntu......Ainsi de suite.........
Nice song 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
ndagukunda iy song
Mwar'intwari
bobera akarorero abaririmvyi bubu
umuntu nubuntu.
Nice song
kuko ndabazi twaraba musafiriwe twariganye kuriENE
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
haha nibakiriho nukuduha nakandi
Indirimbo y'inkoramutima
Arafise mushikiwe yitwa CECILE nawenyene ntakayambu!
Ko bari benshi wibuka abo 3 gusa?
Mbega yemwe ko uwo muririmvyi Gakwaya Bernard yanyigishije le cours de Kirundi en 1992 kuri LP Mweya, haruwomenyera aho yoba ageze pour le moment?
Bernard Cakweri nibaza ko ari mu bukeye
Yasubiye iwabo m' u Rwanda.
@@jeanboscondayizeye2798 numurundi.
@@yvesndayizeye4976 ni umunyarwanda, aba kuruhuha/ Rwanda
@@celiabrown2082urakoz
Bernard you deserves respect !!
you have son doing well Derrick Don Divin courage
Gakwaya yahora yigisha muri Lycée Bukeye🇧🇮. Yaratuvugiriza iyo ndirimbo tukishima turi abana
Yooo, le bonheur!! 🥰 J'aurai trop aimer le connaître!!!❤
Jw twari tuzinanye na Mukosamari!! Twarafuraha bidasanzwe! Ku mateke y'amafyiru menshi cane!! 🥰❤ Yari Best friend w'umuzamu w'impande yacu. Abandanye yiruhukira amahoro 🙏
Murakoze cane kuriyo ndirimbo!
Uyumuririmvyi niyubaswe pe
Nari nayibuz hose, ndanezerew cane gusubira kuyumva😍
Indirimbo yibihe vyose!amajambo yubuzima kabisa
Njye sinari nziko ari Umunyarwanda naramundaga cyane pe
Ni vyo ni umunyarwanda, ariko izo ndirimbo yaziririmvye ari mu Burundi nk'uko na Annonciate Mutamuliza yatanguriye kuririmbira mu Burundi.
Indirimbo yinkora Mutima vrt!!!yubahwe nukuri
Gakwaya Bernard umwigisha mwiza w ikirundi, ndamwibuka muduhe inkuru ziwe
Murampimbaye kuriyo ndirimbo
Much respect for the artist
Ndakeneye nanje kumenya aho ageze be namwene wabo MUSAFIRI!
Woooow gakwaya bernard aranduhura caaane
Intwari mu Burundi zamyeho.
Ukagira Umugenzi akanyerera.......
Itunga n'ubuntu......
Ainsi de suite.........