Ihurizo reka urihurizo nyene ukunu usobanya utunu tuganahura big up ku mwanditsi . Hama mimi ubarikiwe sana i like the way you act like pro keep on doing your best My Almighty God is always there to help you .
Iyi Part ga mana😅, j vraiment Amédée turazinanyi ariko hari ukuntu sometimes imba umengo ntituzinanyi kubera kuntu ndi umu fana wa Movies ziwe ! zirimwo Emotions zirenze pe 👌
Yooooo Mana yanje,murankuyeho😀😀😀😀♥️♥️♥️none ga keza ko malayika wawe ubona atanze rendez vous,aho ntubonak ugire ukubitwe ku ntoke kandi nawe umukunda.
Ohoooo love from meme ❣️ abakunzi b'ihurizo mumpe twatuntu mur rwarukundo nyene
Waooooo unomusi nari nahagumye peee bakunz bi ihurizo ry'amakuba tumenyane like turabakunda❤❤❤
Uyu musi wizinduye kabisa nemeye,gusa nanje prochainement ntuzontanga😀😀
Weho ntano kuryama
@@joramnduwingoma2674Asha nutagumiza fone muntoke jew iguma muntoke 😂😂😂😂😂
@@joselynejose2951wewe woryama wabonye ihurizo ryamakuba
Wapi jewe yanshikiriye mwabanje kuyitegerera munzira niyo mpamvu wantabze.Iyikurikira nzotonda imbere ntuzontanga
Ariko seman ihurizo ryamakuba hejuru cyan wallah muri abakinyi beza cyan p MUHIMBARE..mimi.&AMEDI mwubahwe cyan wallah
Turabakunda cyaneee ❤️ Bavandimwe hano mu RWANDA arko ntimukajye Muteba Merci
Eeee ubwambere yavuze ngo sibogare none ngurwo urukundo ruramusazije hhhhhhh nihatari❤❤❤❤❤💞💞💞💞💞💞
😂😂 mubikora neza
Ndabasavy nukuri muzonfashe mutwereke Téo bahuye n'a keza mwobamukoze
Woooooo abakunzi bihurizo ryamakuba hejuru nimuzane twatuntu
Ihyrizo ryamakuba mukomere cane murakunzwe gusa mfise amatsiko yukubona keza na tofiro bahuye❤❤❤❤❤❤❤🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Abakunzi bihurizo ryamakuba Nkanje mump utwo tubor 🤓💕💕💕💕💕
Yoooo thimote weee ndababaye caaaaane kubona utacibuka uwo wahaye umutima wawe ubwambere
Waaao mbaye uwa 20 abaza inyum yanj mumump twa tuntu tuhatwik film ndundi yubahw Mizero Kenya
Mwari mwatebeje kuuha épisode 19.amede wubahwe murumonge turiko turakwirikirana cane film zanyu muvyitwaramwo neza
Wow vyiza cane turabakunda bakinyubeza bacu bizouu
Mana yanje uwumusi muramvunaguye imbavu urukundo nihatari kuresh ntivyoroshe courage mwubahwe 🙏 🙏
Ihurizo ryayo ribandanya kuryôha Sana gusa ndipfuza kubona Théophile ahuye nakeza non mbe. Théo ntanuko ubaz kumwana wawe yavutse kwer mbe jina wew Ubu agezeh
Keza,hamagara malayika wawe aze ngaho muhira kugra ace abonana n'urukundo rwiwe rwa mbere sha
Mugabo rero, muratunyoteza, kurindira iyindi vendredi ni kera vraiment kuri Film igeze aho iryoha gutya. Ndabagire inama, muzokongereko basi iminota canke musohore kabiri mundwi!
Murantwengej nukur Alvella wew aranyishe nagatweng🤣🤣🤣🤣🤣iramara vrt😍😍😍👏👏💃💃💃💪💪
Umvingene Amédée yariko arategura imitoma ngoya ubunubusazi Amédée ubahw sn
Ihurizo reka urihurizo nyene ukunu usobanya utunu tuganahura big up ku mwanditsi . Hama mimi ubarikiwe sana i like the way you act like pro keep on doing your best My Almighty God is always there to help you .
😂😂😂imyitozo yatangiye 😂😂😂🙆🏿♂️🙆🏿♂️ndapfuye yewe kigeme nuteba mwikoronsi uzasanga aharimpene hasigaye ikiziriko 🙆🏿♂️🙆🏿♂️🙆🏿♂️
Waaaooo abazinduts tumenyan we love you
,😁😁😁😁😁😂😂😂😂iyi party muratwish nintweng iramar San mbega kuresh weeee
🥰🥰🥰🥰👌👌👌❤ kigeme ubikora neza ndagukunda sana
Théophile muga ufise umutima ukunda ningoga . félicitations mubikora neza
kezaaa je nshaka ko musubiranaa na Théophile 💞 nkakubona nawe wishimie urukundo,kukoo urantesaa🌺💞💯
Waaaooo ndabakunda caaane mwese mwese nacane cane mimi ,Amédée ,Arvella ,samvura Aho muri Imana ibagurire ingabire zanyu murashoboyep komeza muterimbere caaane ibikogwa vyanyu bikundwe nimana nabantu mwubahwe caaane
🤣🤣🤣🤣🤣😃😃ndakurahiye uyumusi munkoreye umuti kabisa muranyishe courage Bantu banje
Nukuri muratumye ntwenga. Kandi. Nari mbabaye😁😁😁
My favorite 💯 film 🎥 Amédée ahuri hose brother wubahw sn vraiment
Courage vraiment ❤️❤️❤️💖💖💖muranryoheye cn 😂😂😂 loveyou tiyana 😂😂😂eega nyakwubahw 😂😂😂ndagukunze naw utarankunda 😂😂😂😂
Yooooo basha muranyishe🥰🥰🥰🥰😄
Ewe theophil na kigeme sha muranyish iyo mikino yanyu kigeme we azibuka kuyora ya sheshe😂😂❤❤❤💖
Courage mwubahwe ndabakunda yemwe jewe ndashaka kubabona Amédée mimi alvella ndabinginze muzemumpe amahirwe yokubabona murakoze courage mubirimwoneza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯💯💯✅✅✅✅✍🤝👍👌🙏❤❤❤❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Biguma biryoha nukuri😂😂😂Ndabakunda pe🌺🌺🌺
😄😄😄🌺🌺🌺🌺❤️❤️❤️❤️muraryoheye kwer courage
Muzohura na keza ku tofire wiwe
Kezaa 😘😘😘😘 ndagukund pe ❤️❤️😘😘 kuki Kigem urikubabaz uwundi Mwana nukur 🤣🤣🤣🤣 bawumviri
Theo pole sana uraruhiy
kw'isi uguma uresha so courage murashoboy ab mwihurizo bog up sana
Courage amede
Ariko rero ndakeneyekubona ukuntu
Uzohikado uryamukobwa arikumwe
Nuwo mwavyaranye
Nukuri kwimana imbavu zanje amedee murazindiha🤣🤣🤣🤣😋
Ndabemeye kbx abakunzi bihurizo ryamakuba ntimusinzira👌👌👌🥳🥳🥳🥳
Mwubahw can 🙏🙏🙏
Welcome series 🥰🥰🥰🥰🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦
Yaaayayayayaya 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Ndaravye n'ukuri kwose 😀😀😃😃
Mubikora neza cane ! Inyigisho zanyu ziratwunaka
Abakunzi bamakuba mump uyuntu
Urukundo rwubahw nintabara yumutma urwany nabi uherayo vrm courage mwabikoz neza 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Waaaawa Sha murasekejye pe mwubahwe murakina neza vrem
Courage xana nukuri oya irateguy ifilm irahoyemwe .
Naho ndi muri Bus I am watching my favorite movie
Nukuri iyi partie iramaraaa. Bravo aux acteurs et actrices. Chacun a bien mis en scène son jeu.
Iyi Part ga mana😅, j vraiment Amédée turazinanyi ariko hari ukuntu sometimes imba umengo ntituzinanyi kubera kuntu ndi umu fana wa Movies ziwe ! zirimwo Emotions zirenze pe 👌
Ndabajije urukundo gwabany bibazo bose bica bigenda gut ndabakund🥰💪🙏
Burya mubuzima bisabwa kugenda gahoro Théo wibuke ko iyihuse yavyaye ibihume ikindi wibuke isezerano wahaye mama wawe .Big up sana turikumwe namwe
Nukuri Kigeme na Theophile murantwengeje🤣🤣🤣🤣🤣
Yooooo Mana yanje,murankuyeho😀😀😀😀♥️♥️♥️none ga keza ko malayika wawe ubona atanze rendez vous,aho ntubonak ugire ukubitwe ku ntoke kandi nawe umukunda.
Ew Théophile na kigeme murasetswa p 😀😀kez umu uzomenyer uyo Malayika uwariw ndaz naw bizogucang nukur ntivyorosh 🔥🔥💪💪🥰🥰🥰
Neza cane, mubirimwo neza. Nono nawe courage et félicitation
Basha nukuri kigeme na marayika wiwe baranyishe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰 abacerewe nkanje tumenyan 😀
Ahubwo nashaka uwiwe wambere, yibuke ivyo Nina yamubariye. Ndavuga si mvura!!!
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ewe theofile na kigeme wee Urukundo gwubahwe😂🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Wewe tofiro usubirana nakeza ivyo wigira vyose ivyose nikugira usubirane nakeza
Ndashaka kubona Kigeme na Keza bahuriye kwa Théophile amuherekeje ngo agiye kumubwirako amakunda asange amaherekeje k'umucance wiwe
😂😂😂😂😂yarumwana ariko acokoza telephone.turabakunda 😍😍
Murakoz kwl nn abakobw ivyo birab abubu jument bemeta ningoga😀😀😀🇧🇮👏👏👏👏
Mbega kurisha umusore umutima😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 Theo ndabizi bizacamo
My favorite series vrt ndatwenz kubwa keza na theophire
Ewe malayika wa Kigeme nkahamw uzomenya kwari Théo!uzoriraaaa!Ni muhure kigeme ntahave arugwamo!Théo gwamusarany urukundo🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Dacerewe kabisa
Abaza nyuma yanje mumpe like twimanukire
Ihurizo yunomusi yubahwe kbsa courage
🤣🤣🤣hahahahahaha Theo no kuresha si vy iwawe kbx hahahahahaha🤣🤣🤣🤣🤣 Wubahwe kbx gusa niiyaguhakanira uzobabara kandi uzokumva nyene ugize amasoni n ibimaramare. 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Ndakunda Ingene KIGEME akina neza na KEZA, courage, mu Rwanda turabakunda
My favorite serie 👌👌🔥❤️❤️
Haha n'ibazako Théo yahavuye aronka UWO bahuje ivyiyumviro.ngusabe ntibiherere ngaho
Kigepe kwiragiza José najwe ndagufashe iyi film yawe irigishz.courage
"I love you Thiana",🥰🔥🔥🔥,, mubwire #Mugisha ko umuhungu wacu yatanguye kwitoza gutera ivi,,,uno mwaka turataha Ubukwe 🥰🥰 Love from #Fresh TV257
Murakoze kutwitwararika,jewe n'abanje turabakunda
Iyo myitozo ya aruvella na Teo irakaze🤣🤣🤣😍😍😍😍😍
Film yuyu musi irantwengeje Amede ngo kuresha sivyiwe😀
Unomus muranyish cyan nukur nagumy ntweng wagir ndumusaz ham Théo urarush subir kwa kez
Arvella na Théophile jewe muranyeguye vt 😂😂Rondera shaa inyifato uzokoresha❤mwubahwe
Ndazindutse kbs 🥰🥰🥰🥰🔥reka ndabe aho bigez ivyamakuba
Mugaciriy hagufi kbx.Yesu abaheza gire mutwongere suite vuba
Wallah ndagagaye theophile na Keza bakoze umuti pe
Kigeme uraraba neza ncuti yanj ❤❤
Courag vrema biraryoshe Can arik muduh gato can
Théophile be na kigeme urukundo rubagejeje habi😂😂😂😂😂😂, courage
🤣🤣🤣 iyi partie iranyeguye zari comédie gusa kwa kigeme na Théophile. Kigeme uzibuka kubogora washeshe sha ishinge wihagarareko gose. Courage ndabakunda cane
Ariko Mana murantwengeje ngo nubusazii.😂😂😂😂
Gusa nyakwubahwa mwanditsi bai rek gutuma Théo yitwa ikigwari imbere yabakobwa 3 kdi naw yabuze amahitamwo.nako na Théo nabe umugabo apfumabivamwo burundu nako ingingo niyanyakwubahw umwanditsi
😂😂😂😂Kige urantwengeje bidasanzwe pe
Murakayizana ihurir ryamakuba🇧🇮🇧🇮
Ndaje rero ubundi nahora kurobera 😏😏😏😏😏
Mbegimyitozo yurukundo ndapfuye nugutwenga
😂😂😂ewe kigem na theophile murankumbagage😄😄iy myitoz yany imvuny imbavu!ew kigem sha uwuriko witoreza naw agomb imitama atera ahandi😂😂😂asha nihurizo nyene.Reka turor iy bizoherera😄😄ndabakunda cane Mimi,Amedée et Alvella💞💚💙💛
Nahwereye nukur nanje
Urazi jew ndatwenze ndahwera🤣🤣
Waoooooo.. Hahaaaaa.. ❤️❤️❤️❤️❤️❤️😍😍😍😍😍👍👍👍👍
Urukundo GA MANA gubahwe 😁
Mwakoze cane kuduha part 19 hama munyarutse part 20 tuyihabwe vuba vuba
Tèo na Alvella jew muranyishe neza 🤦♂️😆ibintu biraryoshe cane mbega Filme🔥🇸🇦🎈❤️✌️
Ndasavy theo ahure n'a keza ataraja murukundo n'uwundi mukobwa
Hahiye kweri 💥💥💥💥💥💥
Mananyagasni turasavy bsi muyiduh 2fois/semaine🙈 nukuri film iraryosh trop
Amed igituma abakobwa bose baguma bakuringira nuko uwukunda agihari vuba urahura nuwo mwakundany kuva kera