Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Uwambere hano abakunda ihurizo ryama Kuba tumenyane❤️❤️❤️
Abarundi,ndabakunda,cyane,
Yayayaaa,kigemewe,intambara y'urukundo nawe ugire iyigwane,ngusab ,ucirinzira keza basubirane n'umukunzi wiwee.udasubir gukomeretswa n'urukundo .
Théophile neza caane. Akantu ukoreye Nice krandyoheye kandi caane. Kigeme komeza usenga caane. Imana iragkunda mu kuguha abamalayika bawe. Basengere kandi Imana ibakomeze
Mbaye iw,akane ivyamamare mwubahwe mudushika kunyota .iy film ndundi ni yamber p
Ndakeka iri niryo gufa ry'uzuza imbavu zanje.reka kunyica.ndasavye keza abariwe azoryuzuza
Abakunzi biyi movie mundemere like ngahaaaa 👇👇👇
Kbx
Mbaye mubambere abaza nyum mumpe twatu like duhite twimanukira hashake hake🔥🔥🔥🔥 abar murukundo niy séries tumenyane
Muga Nice nimubi maman weee
Kabisa nice film courage Amédée and Arvella murashoboye nice nawe intenderi yamusesanye umuti ifundi yamuryanye imvuzo pe
Nivyiza cane courageAriko rero amede imbere yukomuzokundana nuyundi Muzomanze murondere Rukundo gwawe gwambere Iyoruri umanze urusabikigongwe musubirane ubonye yanse komusubirana ubone gukundana nuyo wundi mwigeme je nicociyunviro ciwanje kk uribuka ko yaragufitiye imbanyi ashobora kubayaravyaye nn ntiwunva koniwavyarana nuyundi atateka uzoba uhaye abana. mukomere
abakunzi ba film ndundi take 🤜🤛 ihurizo ryamakuba film yanje ndabakunda amedee na team yawe kuko mubikora neza❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇸🇦🇸🇦🇸🇦❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Man yanje iyo Film irimwo inyigisho vrtm murashoboye courage
Nukuri tubarinyuma Kandi turabakunda cyane
Wow!🥰🥰🥰🥰🥰Theo ubikoze neza cane kndi ubikorany ubweng bwinsh👍👍gusa rer naw ukunda ningoga🤣🤣ubu urujany kwa kigeme naho haaaa mbeg yemw ko bitagiy kukworoher kuber keza vub uramubon n'umwan wawe😉😉hagiy gutokomber neza neza
Turashakaa Théophile abonanee nakezaa vyobaa ivyizaa kurushaa
Nice yaraziko ar'umunyabweng non arahuy n'a Théo
Amédée ararikocoye p umukobwa umutima uramurya👁 gusa aho mama w'umwana abimenyera ni ikibazo
Couragee murabakinyi bezaa cane
Wawe mwubahwe esegayemwe kumenga vendredi nikera ngo nirabire iyobihinda bija
woow,theophile congz all by the way,gusa mfise amatsiko yo kuzongera kubona uhuye na keza afise ikibondo mwovyaranye sha!
Number one for waching.mumpe like
Nimusabe muzoronka. Imana iturungikira abamalayika barinzi imisi yose.
Turahari nah twacerewe turarikund ihurizo hejuru canee❤❤
Waooooo birageze Aho biryoha ndagomba kuraba iherezo zivyo bintu mwubahwe 🙏🇧🇮🇸🇦💕
Uyumus nacerew arik ntac
Abantu mubinyeko gukundana kwa kigeme na teophiel ayonzira yoguhura nakeza mundemere twatuntu Hama tuhakwikr duce twimanukire 🥰
Ntagufa ryaw Théo.igufa ryawe barabana na kigeme
Nukuri harabantu mwahezagiw mumpano yogukina bikazanira ituz abandi team Amédé courage vrt🤗🤗 kunyigisho nziza 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Imana ibakomeze
🔥🔥🔥🔥🔥 Noé kobagira bakundane nakigeme,kand kigeme aba kuwobavyaranye 🙈🙈🙈🙈🙈hagira hagurumane
Cyane ndafise amatsiko yo kuzabona abamarayika2 nahuye mbega Mana💃💃💃💃💃💃💃
Nukur Rer Hazosha kwel 💃💃💃💃
Imbere cane,Inyigisho zanyu ziranyubaka,Nkumbuye umuhoro wa Theo na Keza uko bizaba bimeze
ntaco mfise nvuga nukuri gusa ni too mach ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Amédée wubahwe mutama wanje ndaguknda kubikorwa ukora
Mwubahwe Amedee respect vrt wubahwe nabose urabay intwari😘😘😘😘😘
Kige muhuz nakeza tubone umuriro waka
Uwa1 🙏🔥🔥
Ariko mana maze imisi ndigucererwa nukur gusa reka nirabire ivyiza vyiwacu ndabakunda cane Courage tubarinyuma ❤️❤️❤️
Waouh vyiza cane, Théophile uri intwari kbx, courage turabakunda
Mana yanj 😳😳 ntibigiy kworoh kigeme na Théophile,kez uravyitwaramwo nte 😳😳🔥🔥🔥🔥💪💪💪🥰🥰🥰
Bantu b'IMANA nukuri theo yesuwe🤔🤔🤔🤔film zawe zirimwubwenge bukomeye ntokubwira nakagenda ndabona so fire kbx gs reo kutanguye gukunda kigeme ashumusi mwahuye na mimi numwana wawe nzirire shooow shooooow
Mwubahwe kabisa. Ndanezerejwe na tophile icakoreye kigeme kumukurako nice. Ivyurukundo navyo ndabona yokwihangana azahura nuwiwe amufitiye ikibondo. Kuwagatanu hambanye kure kuraba ibikurikira.
Nice yarakwiye guhindura urudandaza kuko ayamaze kuronka yose ntarumwe arashira lulupfuka mpaka ayasubije.Kigeme ararose ico bazopfa na Keza kwagira amukundire umugabo.Turabakunda mukomeze muturyohereze
Ego pe Nice urakoreweko
Mwubahwe cane!mukina neza cane!Yesu abahezagire cane
Waooo mbega firim ndundi HEJURU CYAN AMEDI wubahw cyan wallah timuyaw yose hejuru wallah mukin neza cyan
Yooooo vyiza ko nice yisubiyeho. Kigeme genda umubwire kugiye kuvyiyumvira hama ugendubihanuze keza,hama uzomubwire aze muhira keza ahari kugira babonane ntukore ikosha ryokumwemerera kuko nubikora bakabobana nyuma keza muzica mucika abansi combat ibitanguye hagati yanyu
Umuhinga wacu Amedée👌👌👌
rek mfate agatebe nterame❤
Jewe ndashaka ko keza ahura nuwo yihebeye kweri
❤❤❤❤ndimurukundo niyi flume
Big up murashoboye cane
We Théo tekana keza arahari vrt muzohura gusa nyene ku vyiza ukoreye kigeme nivyo kubera icigwa abaraba ihurizo ry'amakuba .Imana ibandanye kubazigama mukina neza cane vrt.
Ihurizo ry'amakuba hejuru cane 🤟
Number seven nshaka liké
Uyu musi mutugiriye neza ngira turiko tugana mu bisubizo!!!!!!Merci saana!!💯💯💯
Nukuri murashoboye pe!!!! Muriko muvyitwaramwo neza cane
Ndabakunda cane Love from GOGO LOVE OFFICIAL
Film ziteguye neza ntiziza vuba mugabo abishakira akanoti kihuta bapfa ivyo bashizeko burimwanya baba bashizeko
Harahiye 💕💕 courage cn ndakunda ibikogwa vyanyu
Mukama uraz gufatiraho ,,,,,,
Yooooo number 8 it's very good
NAIC atuwe has bitagoranye🤣🤣
Nza narakunze umusi wa vendredi juste kubera mba ntegereje ihurizo ry'amakuba❤️
Mutakwiye gukosora ikibazo c'amajwi! Ntivyumvikana nez
Nukur ndabakunda cne beza banje iyi frm muyikora nez vrt iranyuzura🥰
Films Nkunda 🥰🥰🥰Rer ndabona Hagiye gusha 🔥 Koko Kigengeme naramuka akandanye na Téophilo knd abana na keza Mana wee bizogenda gute Koko 😊😊😊😊😊😊
Uyumukobwa nice izina ryiwe ntirimubereye.nukuri
Hijuru cyane Ndabakunda murabakinnyi beza Jose from Rwanda🇷🇼
Number one estelaaa
Ndabay mubamber abaza munyuma mump twatundi muri bwabumw🥰🥰
Amédée courge wandika film nziza cane abacerew nkanje tumenyane🥰🥰🥰🥰🥰🤣🔥🙏
Yesu Théophile yinjiye murukundo rundi, keza n'a kigeme birahererah ? Film kuryoha. Amédée n'a team Yawe nukuri mwarahezagiwe cane mutwigisha vyinshi.
Big up sana team yote na ba fans bote bahiyi film
Courage mwubahw cn
Nice ivyo ukora vyose kuri kigeme biracizwe mwizina rya Yesu
Courage twese twari dukwiye kuba intwari nka Théo kukobninaco twari duhamagariwe Théo big up sana
Film mwayiteguye neza Can uburundi ndabona dufis abakinyi basobanutse courage
Hagumahasha ihurizo ryamakuba👍👍👍👍👌
Çaurage film irimwo inyigisho ikaze kutahura🔥🔥🔥
Murakaza neza mubikora neza canz.
Kabisa.. Mubikora.. Neza🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️❤️😍😍😍😍😍😍
NGIRA UMWANDITSI AMEDEE YARERETSWE,CANKE YARAMENYE IVYUBUZIMA BWANJE,MURIKO MURAKINA IBISA NAVYO KUVA KURI SERIE YA MBERE!!!EQUIPE YOOSE,NDABIPFURIJE UMUGISHA,NO KURONKA INSPIRATION NYINSHI,ZITUMA MUKORA IBIKORWA BIHWANYE NUBUZIMA TUBA TURIMWO!!!NDABAKUNDA CAANE!!!😍
Yoooo pole sana umugani ugana akariho
@@juliettehatungimana5109 Egoo vraiment!
Courage xana bebigiyeguhereraheh kigeme yijiyemurukundo natofiri kandi na keza yoba amukeney .
Ndazinduts uyumus yemwe nubwamber mbaye uwahafi 🇧🇮🇸🇦💪💪
Ndabakunda cyaneeee
Mwirambire muracari mubamber inyigisho mutanga zidukora ahant peee🙏🙏🙏🙏
Murashoboy ndabakunda can.....❤❤
Uyumus nacerew arik ntaco so courage murashoboye kbs
Murashoboye cane amedee courage na team yawe
waaooh mpaye uw mbere 😍😍
Konatanzw😂😂😂nuk nuk kubakund bimbamw
Big up my country burundi film irikumurindi mwiza
Mukomeze kutwigisha bantu beza❤️❤️
Courage kbx murashoboy turabakund
Abacerewe nka Mona tumenyane 🤣🤣
Nahashitse 🙏🙏🙏
Mwubahwe cane gose, ndabakunda ❤️
Ihurizo hejuru 🙏🏼,iyikurikira hazoshaaa,
Igice gikurikurikira tugihabwe
Abama bantanga mwese nd ♥️
Courage
Timothée courage n'a team yos
Movie nzuri ariko ga theophil iteho kurondera keza ❤❤❤
Yooo ewe Jew!nukur ndasavye mutwongere vub ntimutunyoteze !turabakund cane muhezagirw
Uwambere hano abakunda ihurizo ryama Kuba tumenyane❤️❤️❤️
Abarundi,ndabakunda,cyane,
Yayayaaa,kigemewe,intambara y'urukundo nawe ugire iyigwane,ngusab ,ucirinzira keza basubirane n'umukunzi wiwee.udasubir gukomeretswa n'urukundo .
Théophile neza caane. Akantu ukoreye Nice krandyoheye kandi caane. Kigeme komeza usenga caane. Imana iragkunda mu kuguha abamalayika bawe. Basengere kandi Imana ibakomeze
Mbaye iw,akane ivyamamare mwubahwe mudushika kunyota .iy film ndundi ni yamber p
Ndakeka iri niryo gufa ry'uzuza imbavu zanje.reka kunyica.ndasavye keza abariwe azoryuzuza
Abakunzi biyi movie mundemere like ngahaaaa 👇👇👇
Kbx
Mbaye mubambere abaza nyum mumpe twatu like duhite twimanukira hashake hake🔥🔥🔥🔥 abar murukundo niy séries tumenyane
Muga Nice nimubi maman weee
Kabisa nice film courage Amédée and Arvella murashoboye nice nawe intenderi yamusesanye umuti ifundi yamuryanye imvuzo pe
Nivyiza cane courage
Ariko rero amede imbere yukomuzokundana nuyundi
Muzomanze murondere
Rukundo gwawe gwambere
Iyoruri umanze urusabikigongwe musubirane ubonye yanse komusubirana ubone gukundana nuyo wundi mwigeme je nicociyunviro ciwanje kk uribuka ko yaragufitiye imbanyi ashobora kubayaravyaye nn ntiwunva koniwavyarana nuyundi atateka uzoba uhaye abana. mukomere
abakunzi ba film ndundi take 🤜🤛 ihurizo ryamakuba film yanje ndabakunda amedee na team yawe kuko mubikora neza❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇸🇦🇸🇦🇸🇦❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Man yanje iyo Film irimwo inyigisho vrtm murashoboye courage
Nukuri tubarinyuma Kandi turabakunda cyane
Wow!🥰🥰🥰🥰🥰Theo ubikoze neza cane kndi ubikorany ubweng bwinsh👍👍gusa rer naw ukunda ningoga🤣🤣ubu urujany kwa kigeme naho haaaa mbeg yemw ko bitagiy kukworoher kuber keza vub uramubon n'umwan wawe😉😉hagiy gutokomber neza neza
Turashakaa Théophile abonanee nakezaa vyobaa ivyizaa kurushaa
Nice yaraziko ar'umunyabweng non arahuy n'a Théo
Amédée ararikocoye p umukobwa umutima uramurya👁 gusa aho mama w'umwana abimenyera ni ikibazo
Couragee murabakinyi bezaa cane
Wawe mwubahwe esegayemwe kumenga vendredi nikera ngo nirabire iyobihinda bija
woow,theophile congz all by the way,gusa mfise amatsiko yo kuzongera kubona uhuye na keza afise ikibondo mwovyaranye sha!
Number one for waching.mumpe like
Nimusabe muzoronka. Imana iturungikira abamalayika barinzi imisi yose.
Turahari nah twacerewe turarikund ihurizo hejuru canee❤❤
Waooooo birageze Aho biryoha ndagomba kuraba iherezo zivyo bintu mwubahwe 🙏🇧🇮🇸🇦💕
Uyumus nacerew arik ntac
Abantu mubinyeko gukundana kwa kigeme na teophiel ayonzira yoguhura nakeza mundemere twatuntu Hama tuhakwikr duce twimanukire 🥰
Ntagufa ryaw Théo.igufa ryawe barabana na kigeme
Nukuri harabantu mwahezagiw mumpano yogukina bikazanira ituz abandi team Amédé courage vrt🤗🤗 kunyigisho nziza 🥰🥰🇧🇮🇸🇦
Imana ibakomeze
🔥🔥🔥🔥🔥 Noé kobagira bakundane nakigeme,kand kigeme aba kuwobavyaranye 🙈🙈🙈🙈🙈hagira hagurumane
Cyane ndafise amatsiko yo kuzabona abamarayika2 nahuye mbega Mana💃💃💃💃💃💃💃
Nukur Rer Hazosha kwel 💃💃💃💃
Imbere cane,Inyigisho zanyu ziranyubaka,Nkumbuye umuhoro wa Theo na Keza uko bizaba bimeze
ntaco mfise nvuga nukuri gusa ni too mach ♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Amédée wubahwe mutama wanje ndaguknda kubikorwa ukora
Mwubahwe Amedee respect vrt wubahwe nabose urabay intwari😘😘😘😘😘
Kige muhuz nakeza tubone umuriro waka
Uwa1 🙏🔥🔥
Ariko mana maze imisi ndigucererwa nukur gusa reka nirabire ivyiza vyiwacu ndabakunda cane Courage tubarinyuma ❤️❤️❤️
Waouh vyiza cane, Théophile uri intwari kbx, courage turabakunda
Mana yanj 😳😳 ntibigiy kworoh kigeme na Théophile,kez uravyitwaramwo nte 😳😳🔥🔥🔥🔥💪💪💪🥰🥰🥰
Bantu b'IMANA nukuri theo yesuwe🤔🤔🤔🤔film zawe zirimwubwenge bukomeye ntokubwira nakagenda ndabona so fire kbx gs reo kutanguye gukunda kigeme ashumusi mwahuye na mimi numwana wawe nzirire shooow shooooow
Mwubahwe kabisa. Ndanezerejwe na tophile icakoreye kigeme kumukurako nice. Ivyurukundo navyo ndabona yokwihangana azahura nuwiwe amufitiye ikibondo. Kuwagatanu hambanye kure kuraba ibikurikira.
Nice yarakwiye guhindura urudandaza kuko ayamaze kuronka yose ntarumwe arashira lulupfuka mpaka ayasubije.Kigeme ararose ico bazopfa na Keza kwagira amukundire umugabo.Turabakunda mukomeze muturyohereze
Ego pe Nice urakoreweko
Mwubahwe cane!mukina neza cane!Yesu abahezagire cane
Waooo mbega firim ndundi HEJURU CYAN AMEDI wubahw cyan wallah timuyaw yose hejuru wallah mukin neza cyan
Yooooo vyiza ko nice yisubiyeho. Kigeme genda umubwire kugiye kuvyiyumvira hama ugendubihanuze keza,hama uzomubwire aze muhira keza ahari kugira babonane ntukore ikosha ryokumwemerera kuko nubikora bakabobana nyuma keza muzica mucika abansi combat ibitanguye hagati yanyu
Umuhinga wacu Amedée👌👌👌
rek mfate agatebe nterame❤
Jewe ndashaka ko keza ahura nuwo yihebeye kweri
❤❤❤❤ndimurukundo niyi flume
Big up murashoboye cane
We Théo tekana keza arahari vrt muzohura gusa nyene ku vyiza ukoreye kigeme nivyo kubera icigwa abaraba ihurizo ry'amakuba .
Imana ibandanye kubazigama mukina neza cane vrt.
Ihurizo ry'amakuba hejuru cane 🤟
Number seven nshaka liké
Uyu musi mutugiriye neza ngira turiko tugana mu bisubizo!!!!!!
Merci saana!!💯💯💯
Nukuri murashoboye pe!!!! Muriko muvyitwaramwo neza cane
Ndabakunda cane Love from GOGO LOVE OFFICIAL
Film ziteguye neza ntiziza vuba mugabo abishakira akanoti kihuta bapfa ivyo bashizeko burimwanya baba bashizeko
Harahiye 💕💕 courage cn ndakunda ibikogwa vyanyu
Mukama uraz gufatiraho ,,,,,,
Yooooo number 8 it's very good
NAIC atuwe has bitagoranye🤣🤣
Nza narakunze umusi wa vendredi juste kubera mba ntegereje ihurizo ry'amakuba❤️
Mutakwiye gukosora ikibazo c'amajwi! Ntivyumvikana nez
Nukur ndabakunda cne beza banje iyi frm muyikora nez vrt iranyuzura🥰
Films Nkunda 🥰🥰🥰Rer ndabona Hagiye gusha 🔥 Koko Kigengeme naramuka akandanye na Téophilo knd abana na keza Mana wee bizogenda gute Koko 😊😊😊😊😊😊
Uyumukobwa nice izina ryiwe ntirimubereye.nukuri
Hijuru cyane
Ndabakunda murabakinnyi beza
Jose from Rwanda🇷🇼