Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Uyu mutama kweli mbayahaga jew ndamwemera vraiment 😀😍😍
I like this Pastor! Imana yomwijuru Igume Imuhezagira
Pure Gospel Kbsaa 🙌🏾🔥 God Bless You Gael for Inviting Him 👌🏾
Mutama warahezagiwe cane nitwa Claude murutana ndakwemera canegose ndumuvugabutumwa uravugukuripe❤
Imana iguhumugisha mukumdwa w.Imana
Apôtre yubahwe 💓💓💓🙏🙏🙏
Uno mu Pasta avuga nkanje koko 🔥🔥😂😂😂 ntakurya umunwa Muta abamwemera #MBAYAHAGA mumpe Like 🥰
Imana ibahezagire
Nanje ndamwemera naho ntaraja murusengero gwiw ariko ndi hafi nakomere kwibanga imana imuhezagire
Umukubito Umuhushuro Waruryonshe Uwomu Apot Inyigishoyiweyarinziza.
Nice bro
Turagukunda nukuri urintwari nukuri❤❤❤❤
Ndakwemera mukozi w'imana
komera mbayahaga turakwemera
Umushisguro❤
Apôtre imana yo mwijuru iguhezagire mukuvugishukuri uwufise amatwi yumvireho
Apotre turagukunda Cyaneee rwose uri umukozi wimana rwose komerezaho.
Umuhushuro ubikora munguvu zidasanzwe🤝
Ukuri kwose murakuvuze mwubahwe
Tugusabe Gaël umuvugabutumwa Chris Ndikumana womur Kanguka uzamutuzanir
Kabisa caneeeee ayayaaa
Ego caneee yobzkoze
Uwomu pasta ndamufana kbx💗💓
❤mwubahwe🎉
Gaël waberewe gusumba nimba aruko wahuye na Apôtre,wongegw'imbaraga nyishi Apôtre turagukunda cane
Imana ni nziza yaduhaye MBAYAHAGA🤣😆🥰
Pastor mbayahaga nisawa yavuga kabisa❤️🙏🙏🙏🙏🙏
Hallelujah, amennn!!True gospel👍🏽
Birababaje sana Imana idutabare kandi iduhe dissernement🙏🙏🙏🙏
Gaël kagisye Marc wo muri life center uzomutumire nawe Hama n'a patiri Amando kana muri foyer de charité
Wapugabowe ndagukunda fo
Ndakwemeracane pasta
Yesu nta étage yasavye
Reka turindire reaction za chimamanda🤭😂😂😂😂
Vuga make ubike Ayo uzoyaga kuwa mungu .......utaranigwagaramye agira ijuru Riri hafi
Wumvis akuvugiy ibint mpore noe
Yoooo twama twahuye nabajambazi 😀
uwo mutam ndamwemer
Uyu mutama turamukunda nukr
Apotre Mbayahaga ndakunda inyigisho nimpanuro atanga ahombonyehose koyatangiyeho inyigisho ncanumviriza.
Mbaye uwambere Gael.
Black man ♂️Apôtres nawe Yubahwe Imana ibandanye imurinda abandanye kutumenera amabanga atary'umunwa.
Uno musi ntiwirukanye babiloni ngo hoshiii🤜💪
Jiwaze blo
😮😮😮😮😮
Murakoz cane
yubahwe👌
Hamwe muburundi two gira nkabakozibimana nki 100 bavugukuri nka mbayahaga uburundi bwohinduka pe bakareka kwikwegerako erega beshi biyita abakozibimana aribansumirinda zabo
Oya apotre nukuri nugusenga can mugabo imana irakwiye kuzoturiri tolerance
Ntaswingi yokwituma wiruka 💪
Watumwe nimana jew ndavyemez kandi sisenga dimanche arik vremt urumuntu watumwe nimana kwel
Uvuze ukuri hezagigwa
Muramezagira mutama wacu mugabo nuzuratanga ibiganir kubantu besha uyo naco mugabo ari abandi biyita ngo na basani plz wew urumukozi wimana rer uzuraraba murakoze
Pasta, imana, ikwongereze, kuramva
Uyumusi wibagiye kaka introduction ngo ukaba urikumwe na Babylone mubwire Uti Hoshi, urikumwe na Rasta man mubwire uti take five 😂😂
Yes
N'ugucapana gusa kino gihe nivyo vyez
Pasta🔥🙏
Just Gael ntagihundi iyi shirt ya blue umengo yabaye Kauka nikuvae
Nukuri mutama wubahweee , atarakandi wavuga nukwusesamazi kumugongo wimbata kabisa , nibumve bihane bacebugufiii nukuri uvuz ukuri kwuzuyeeee....
Nairobi bagutegeka ayo utanga walahi
Uwambere 🤸♂️🤸♂️
Kumbe wantanze
Ariko vrt iyo camera siyo hindura ivyuma
Ahubwo hindura agakoresho uriko urakoresha muta🤣
true
Ngo kuva kuwa mbere gushika kuwagatandatu ni gucapana😅😅
Yooooooooo🤔🤔🤔🤔4??
Ariko rero ivyubuvugishwa nukuvyitondera , nabantu bakwiye gusenga mukurui nomumpwe kandi ababesha ngwImana yamvwiy itababwiy...
Courage Apôtre !! Imana ibandanye igushoboza kwigisha ishengero ryayo. Impanuro zanyu ni kirumara!!
Ys
Neza cneee apotree
Komera mutama
Komera Mutama
Pasta ngo nugucapana gusa 🤣🤣🤣🤣 uyu mu pasta yampa antwenza pe.
Jewe aba bantu iyo bahuye ndi bagira ko ndiko nkorera musi ya camera
😂😂😂😂😂😂
Kwakundi ni hahandi 😂😂😂
😂😂😂😂😂😂ngo nugucapana gusa😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
Ahwiiii ngo gucapana hhhh ndahwereye nukuri
🤣🤣🤣
Ķķķkķk
Kķmķķkķkķ
Kķķķķkkķkķķ
Kķķķķķ
Ķkķķ
Mķm

Black man ♂️
Apôtres nawe Yubahwe Imana ibandanye imurinda abandanye kutumenera amabanga atary'umunwa.