Nubatse ndi muto à 22ans!Yarantahana naborewe nacitse iveve🙄/igice ca 2 c'intahe ya Gullaine

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 3 вер 2022
  • intahe y'ubuzima buhindutse bwa Gullaine nimba igufashije twandikire Kur +25769853344 ukeneye gusengerwa canke ushaka gutanga intahe nawe maze usangize abandi ivyo Yesu yagukoreye

КОМЕНТАРІ • 29

  • @lucmpangaje8727
    @lucmpangaje8727 Місяць тому

    First time spending 2 hours lessening to a testimony.

  • @nimubonaeric8074
    @nimubonaeric8074 Рік тому +3

    uri umu maman yahuye na yesu koko, Imana izozana benshi kuri wewe kugira ubarangire inzira y ubuzima

  • @holinessamandine9047
    @holinessamandine9047 Рік тому

    Courage Shadou ,intahe nkizo nizo abantu bakeneye.Muri ivyo nyene bidashoboka,hariho Imana we jambo irabohora,ikakwigisha,igahindura kahise k'Umuntu.

  • @alidairuhiriyensanze3133
    @alidairuhiriyensanze3133 Рік тому

    Merci beaucoup 🙏cette témoignage touche mon coeur vrt
    Hezagirwa caaane

  • @pinkyalicia9597
    @pinkyalicia9597 Рік тому +1

    Amen Amen be blessed cane am really touched❤

  • @FIC2014
    @FIC2014 Рік тому

    Muntahirize uyu mubyeyi, muti inshuti yawe iragutashya cyane

  • @DianeIrankunda-fo2ds
    @DianeIrankunda-fo2ds 9 місяців тому

    Imana ninziza Gigi❤

  • @bellaniyubahwe811
    @bellaniyubahwe811 Рік тому

    Courage Gigi de gloire en gloire waoooo

  • @feliciteciza4857
    @feliciteciza4857 Рік тому

    Amen merci bcp kuntahe🥰

  • @bellaniyubahwe811
    @bellaniyubahwe811 Рік тому

    Waooo chadou tyranezerew nntahe za Gigi we love you

  • @bellaniyubahwe811
    @bellaniyubahwe811 Рік тому

    Imana ihabwe icubahiro

  • @hosannanimubona9316
    @hosannanimubona9316 Рік тому +1

    Hallelujah nta jambo riva Ku Mana ribura ububasha
    Imana iguhezagire Maman Kurt

  • @divinekellyniyonkuru5934
    @divinekellyniyonkuru5934 Рік тому +1

    Looov u ma cherie and keep it up and keep the fire of the holy ghost burning in u

  • @Umuhoza199
    @Umuhoza199 Рік тому

    Gullaine uganira neza cyane,ntawe utasoza interview yawe vraiment , Above all there's God , the good thing pray and trust, warakoze kudaheranwa n'agatwiko ugahindukirira Imana sha Gullai, komeza uhezagirwe.

  • @minerveiteriteka8231
    @minerveiteriteka8231 Рік тому

    Amen merci bcp kuntahe.noshobora kuronka numéro za madame Gylaine

  • @gloriaingabire-rz4dg
    @gloriaingabire-rz4dg Рік тому

  • @ishimwearlene847
    @ishimwearlene847 Рік тому

    Vyiza cane

  • @glorianikiza3940
    @glorianikiza3940 Рік тому

    Mbe kutatubwiye kuri côté ya papawawe wavuze kuri impfuvyi kuri côté ya maman ivya papa wawe ntaco wabivuzeko

  • @dinahrulisa2556
    @dinahrulisa2556 Рік тому

    Asha muje mushirako Numero za telephone

  • @ericakaneza7601
    @ericakaneza7601 Рік тому

    Courage vrmt ubutame bwaw s'ubwubusa mu mwami...uzogende no Kuma radio ushinge intahe kugira n'abadashonora kuronka u Tube bumve ukugira neza kw'Imana yacu