MISS ERICA YAPFUYE ARIKO AKORORA INDA/ BELLE 9CE ARAFASHWE NIGI POLICE KUKO ATAMUTWAYE KWAMUGANGA

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 4 лют 2025

КОМЕНТАРІ • 35

  • @DieudoneNizirampa
    @DieudoneNizirampa Рік тому

    WE Kijuju kubesha ukabivuga ushinyagaye bagufate niwew urumwicanyi😅😅😅😅😅😅

  • @irakonzeAngedivine-th6kq
    @irakonzeAngedivine-th6kq Рік тому

    Ariko mana yanje

  • @KelvinGameiro
    @KelvinGameiro Рік тому +4

    Akes wew Landry yarakwivye izina yiyita umutananirwa kandi mbona ariww urumutananirwa kuk ntakagucikaa

    • @wakalighttv3991
      @wakalighttv3991  Рік тому +3

      Landry numwana wacu ivyakora vyose nivyo yonse kubumenyi bwacu. rero inyundo irakura ntiruta iyayujuje

  • @YvetteNizigiyimana-kf6ps
    @YvetteNizigiyimana-kf6ps Рік тому +2

    Ubwo n ububeshi bw Nelly Nat

  • @irakoze3762
    @irakoze3762 Рік тому +2

    Nelly Nat naw nkumus yopfa nabarek kuvuga umunt yapfuy nabi kuk abarikwamwongererez azabu zikaburi basha 😭

  • @gagagrace6789
    @gagagrace6789 Рік тому

    Ntakundi umuntu wese afise inzira yiwe😢😢😢😢

  • @saiddimarley8445
    @saiddimarley8445 Рік тому

    Nimana Irigorewe yakire uwariko akorora inda mmmh (umwicanyi) Imana izoze irahana abakobwa bafise iyomico bapfana nizompinja baba bashaka kwica

  • @AyoNkunzimana
    @AyoNkunzimana Рік тому +3

    Aba bashiki bacu barakwiye kwigishwa ivyerekeye amagara yabo

  • @uwaselyliane2
    @uwaselyliane2 Рік тому +1

    My nime is Liliane from Rwanda 🇷🇼 R.I.P erica Imana ikwakire mubayo

  • @gloriaminani3067
    @gloriaminani3067 Рік тому +3

    Mwebwe, murabesha, turabimenyereye(??? 🤔😜😭

    • @ggsdfgg6948
      @ggsdfgg6948 Рік тому

      Nivyo kuharira siwewe nyene abivuze

  • @nibitangaSayme
    @nibitangaSayme Рік тому

    Nukuri lmana imwakire

  • @AlinAlin-hp5wy
    @AlinAlin-hp5wy Рік тому

    Ububeshigu non niweyamwishe

  • @YvanMacvoice
    @YvanMacvoice Рік тому

    Zimya ivyo birofa

  • @rocktower7412
    @rocktower7412 Рік тому

    Gukorora Inda ni gute?

  • @AussiGapasi-og6rg
    @AussiGapasi-og6rg Рік тому +2

    EEEE BASHIKI BACU BAKWIYE KUMENYA UBUZIMA ICARICO

  • @chnae-k5o
    @chnae-k5o Рік тому +1

    Nihatari

  • @aaabbb-ey1mr
    @aaabbb-ey1mr Рік тому +1

    Hoooooooooooo😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @bettynyashimwe-wi5tf
    @bettynyashimwe-wi5tf Рік тому

    Mbega bibi

  • @InnocentNihorimbere-hh5yh
    @InnocentNihorimbere-hh5yh Рік тому

    Ninkozi yikibi

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial5666 Рік тому

    None mwavuz ko aheruka kuvyara none yatway inda ariho agiheza kuvyara????narengana

  • @ggsdfgg6948
    @ggsdfgg6948 Рік тому +1

    Nimbatibuste kwihana chetani imwakire kukoyariyahuye usanga yar indayumuhungu niyo itavayo

  • @kimkeza
    @kimkeza Рік тому +1

    Yari umwanzi

  • @karoprint-nb7mu
    @karoprint-nb7mu Рік тому

    Nelly nat ararengera barakwiye kumukorerako

    • @GussySheezo
      @GussySheezo Рік тому

      😂😂ariko namwe rwose kuko yavuze ukuri ,twari kubimenya gute🤔 ko bari batangiye kubeshya ngo yazize malaria

  • @NduwimanaAmina-io2cf
    @NduwimanaAmina-io2cf Рік тому

    Ivyontabwarivyo. Nibemurekakubeshera. Abantu

  • @Pacifiquenkurikiye
    @Pacifiquenkurikiye Рік тому

    Bamurek kubesha

  • @yvetteirankunda520
    @yvetteirankunda520 Рік тому

    21ème siècle hariho uugikorora inda? Kandi ar' umuvyeyi?

  • @elvasamarieiteka3159
    @elvasamarieiteka3159 Рік тому

    Vous n’êtes pas du tout professionnel tu peux pas confirmer des rumeurs suite à des commérages!!!!!Soyons professionnels en plus ugatanga inkuru utaziiiiiii whyyyy?Ubaha umuntu Yiruhukiye kwanza 😌Hama mukibaza komuzotera imbere gt?

  • @nadegenadegeumutoni1695
    @nadegenadegeumutoni1695 Рік тому

    Abarundi mugira menshi ntimwareka umuntu aruhukire mumahoro