Ijambo ry'Umukuru w'Igihugu, rijanye n'isabukuru y'imyaka 4 atanguye amabanga yo kurongora Uburundi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 1 жов 2024

КОМЕНТАРІ • 7

  • @CharlesBukuru-u2e
    @CharlesBukuru-u2e 3 місяці тому +2

    Komera mutam Urakagum kungo tweturabon kufise intumbero yogushikan igihugu kuvyiza

  • @MinaniPenuel
    @MinaniPenuel 3 місяці тому

    Mutama umugambwe umwe mubutegetsi vyankiye hehehe???????? Munanirwe kubaka igihugu muri umwe atamigabwe irimwe igomba inyungu zapolique? Yemwe subire kunama mubiyahe mubiro vyumugambwe kuko nibaraaaaa

  • @kanyamazimakerebuyange-iw7pq
    @kanyamazimakerebuyange-iw7pq 3 місяці тому +1

    Nyakubahwa mr Evaliste Ndayishimiye ndagukuje Kukuntu without Uburundi n abarundi. Mugabo Turasavye Utange Uburenganzira Bwabantu bafise imitahe bashinge amastation kugira abarundi Turonke igitoro. Murakoze

  • @radiotelevisionburundibwiz6524
    @radiotelevisionburundibwiz6524 3 місяці тому

  • @IsaacNsengiyunva-yc6vy
    @IsaacNsengiyunva-yc6vy 3 місяці тому +1

    🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @LameckNgabo
    @LameckNgabo 3 місяці тому

    Amajambo yarimeza kubumva

  • @Sexvideo_2024
    @Sexvideo_2024 3 місяці тому

    Hano Mu Burundi;Dukeneye umuntu adutabara ,
    Ahubwo wewe ;Neva Uburundi Buakunaniye,kuturongora ,Wewe ukorera munyungu zawe gusa, IMIDUGA irapararitse ibitaro birugaye, mubuseruko barakenyuka ngumutekano Abana bacu bari kugwa muri Kivu nawe urafise ibyishimo kuko umaze Imyaka ine,icyakoze Nyene Warakozee😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
    Imana Izodutabara ryari koko😮
    Uyu Yaje kuturimbura pe