#Burundi

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 2 гру 2024
  • #Burundi: Raba uko ibirori vyo kwatira abaseredoti vyagenze muri Komine #Musigati mu ntara ya #Bubanza. Ivyo birori bikaba vyatewe iteka n'umukuru w'Inama Nshingamateka, Pascal Nyabenda, umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu gihugu, Iterambere rusangi n'umutekano w'igihugu, Gervais Ndirakobuca, hamwe n'abandi bategetsi b'igihugu.

КОМЕНТАРІ • 14

  • @simonkabura4421
    @simonkabura4421 10 місяців тому

    Amen Amen simon Gitanga Burambi ❤

  • @lallal9098
    @lallal9098 Рік тому

    Mrci kudu shirirko ivyi wacu

  • @gshssggs2604
    @gshssggs2604 2 роки тому

    Ntihabose tv 🇧🇮💕

  • @gyslaine1079
    @gyslaine1079 2 роки тому

    Amen 🙏🙏🙏🙏🙏

  • @EddyNdayikeza-r9i
    @EddyNdayikeza-r9i 10 місяців тому

    Yezu aninahazwe

  • @davidbizimana-ef8lg
    @davidbizimana-ef8lg Рік тому

    Umukam abazigame mwiryobanga

  • @claudentakarutimana8800
    @claudentakarutimana8800 Рік тому

    Mana twakire mungoro yawe kwl turabashimiye kuvyiza nkibi muduha

  • @EdouardNzambimana-e7u
    @EdouardNzambimana-e7u Рік тому

    Turasavy muzagumy iryo banga

  • @gakeboranda3223
    @gakeboranda3223 10 місяців тому

    ❤❤

  • @eellooe6339
    @eellooe6339 2 роки тому

    Twakiremukama mugoroyawe murakozekuzamuduhivyizankibi turabakurikirana kumusikumusi

  • @OmarIrambona-qo6nt
    @OmarIrambona-qo6nt Рік тому

    iyatigwaparuwasemakamba

  • @CetribeaBurundibwiza-tz5le
    @CetribeaBurundibwiza-tz5le 4 роки тому

    Ariko Imana itubabarire. Ubwo igihugu kiriko kirahomba abobaye abasoda nabotuvyariye ngo bariko bagamburukira abakoloni ngo bihebera Imana. Imana yavu iti" muvyare murondoke nkumusenyi wo ku kiyaga" ariko abakoloni bati" tubazanyemwe imyumvire ibabuza kurondoka guko ahiro tyobahonya ningoga." Igipadiri ntabwo ari igisirikare, umwe canke babiri barakwiye. Imyumvire ya gikoloni niyo ibandanya kutugumiza mubukene

    • @germiendayizeye8316
      @germiendayizeye8316 4 роки тому

      Ubwo nubuhanuzi buba bushoye

    • @PierreNgendazi-ym3iw
      @PierreNgendazi-ym3iw Рік тому

      Amen
      Imana ikubabarira uvuz Ivy utaz nahisi igez ubona arah kwirukir kuvyara gend uvyarz nabo bovyaye kuk bobo bahisemw inzira irora i
      Bukama