COUP D'ETAT MU BURUNDI: UKO NKURUNZIZA YAGARUWE MU BURUNDI AVUYE TANZANIA | INYANJA TWOGAMO
Вставка
- Опубліковано 14 жов 2024
- #INYANJATWOGAMO #GENTILGEDEONOFFICIAL
Muri 2015, ubwo mu Burundi hageragezwaga Coup d'Etat, Nkurunziza yari muri Tanzania mu nama ya 13 idasanzwe y'abakuru b'ibihugu bya EAC baganira ku bibazo byari mu Burundi.
Niyombare wari uyoboye abahirikaga ubutegetsi, yananiwe no gufata radio na tv bya Leta, hamwe na Prezidansi, mu kanya katarambiranye ingabo ze bitangazwa ko zatsinzwe.
Icyari gitegerejwe, ni uburyo Nkurunziza azava muri Tanzania agasubira mu gihugu cye.
Havuzwe ko ibihugu by'amahanga cyane cyane Uburusiya bwafashije Nkurunziza gusubira mu Burundi.
Kurikira iki kiganiro ubashe kumva neza uko Nkurunziza yagarutse mu Burundi.
KORA "SUBSCRIBE" ubashe kubona ibiganiro byacu bikijyaho.
INYANJA TWOGAMO
GENTIL GEDEON OFFICIAL
INYANJA TWOGAMO
GENTIL GEDEON OFFICIAL
Tunaguswa nahabali zako mwana habali tunagufuwata t🇹🇿 🇹🇿 ❤❤
Part2 ,tuyihabwe !
Merci Gédéon N.
Nkurunziza bari baramutaziriye ngo MUKORUBONE.
Gusa ntakundi urupfu rwaramudutwaye.
Abandanye yiruhukira amahoro.
Irindi ryari official ryari Black Panther
Ndakwemera gentil
Wewe nimwenye ukweli wote kunzia Leo❤❤
Bwana Gentil!we ndakwemera ntuhengama.karibu iburundi dusangire umukeke turakwemera uvugukuri
Thanks in yok
Yijfw was
Wow sha ntaco udakora ngo uduhe amakuru abaryoshe
Turikumwe nawe muvandi kubiganiro byiza udutegurira thx.
Izo like zirihee
ngizo muvandimwe. tunanyarukira hano BREAKING NEWS: UKURI KUBYABEREYE MURI Hotel des mille collines Yose yashyizwe hanze,
ua-cam.com/video/1ZptltYcVwE/v-deo.html
Niba harumu président utazibagirana ni Nkurunziza ! Numwana muto umubajij président atwara igihugu nubu akwishura Peter
Nkurunziza Intwari
Okay
Subiramwo 5:36 amatora yiwe niho yabaye 21/7/2020?????😳😳
May God give his Soul To Rest In Peace and Strengthen all bereaved family.
Genti uzaduhe part2 plz
Nkurunziza benshi twaramukundaga💔
Wamaze!
@@elphasoyare4362 muvandimwe nyihanganira niba nkubabaje kko nemereko nta nungane iba mwisi bityo Wenda akaba yarakubabaje
@@reviva6485 ntaribi
@@elphasoyare4362 Ndagushimiye
Gedeon uzadukorere ninkuru kuri alasane ouatara ( Ivory cost )ukuntu yasubiye gutanga candidature kandi yari yavuze ko atazongera kwiyamamaza .
Gubwaneza mukozi w'Imana Amavutaaa
@@theobosebabirebaofficial asanti sana Muririmbyi w'Imana
Uyumunsi mwizamu bahantanze arko ndahari
Good thing is that our president died peacefully ntamu president tuzoronka nka nkurunziza May his Saul continually rest in Peace
👍👍
Bagashakabuhake igihe Nkurunziza yarabimye ibirombe yariyikatiye urwogupfa. Nonese inshutiyabo yagiragati " Ariko arihe kwadasohoka..." koyihaye hafi 99% haricyobavuze? Benegakara murumve. Barusahurira munduru bakenesharubanda kuburyo bacurwa bufuni nabuhoro murabirange mbandoga Bishingwe.
Gentil kabisa uduhe igice gikurikira uzoba ugize neza
9
Iyo bayikora neza ibibazo byurugomo byakurikiye ntibyari kuba
Iyi coup d'etat ntiyari sobanutse
BREAKING NEWS: UKURI KUBYABEREYE MURI Hotel des mille collines Yose yashyizwe hanze,
ua-cam.com/video/1ZptltYcVwE/v-deo.html
Ubuse utubwiye iki ?! Nawe usigaye udupfunyikira
🤩🤩🤩🤩🤩😍
Amatwi Yawe Arafunze!
Amajwi yawe araguha ariko ubwonko nta capacite yogusesengura bufite bityo nokumva ntacyo bikumariye.
Mutama ntituzomwibagira
Niyigire yarintwari ibushitse.
Ubu nyene ageze hh nkurunziza???🤔😀😀
yaratarutse nk'intwali niyo mpamvu bamuvuga ibutwali.yarasize amakzna,none wewe nivyashika ugapfa bazokuvuga ko wamaze iki??
@@jeanboscorudakemwa7044 nawe yakimaze nagaruke! Turabe ubutwari bwiwe buri hehe?? Lol
@@jeanboscorudakemwa7044 sogo
GINTILNDAGUKUNDA ARIKO NGIYE KUZAKWANGA KUBERA KUBOGAMIRA KURUHANDE RW'UBURUSIAYA
Gentil ariko kuel ngo ibice vyinshi mugisagara ca bujumbura erga nih twar turi
Je gentil arambihira kunva iyo agez kunkuru zomuburundi,avuga ivyatazi,ikimbabaza nuko avuga ivyo yibaza kwarukuri muburundi bikamunanira kuvuga ivyo kagame yirigwa akora
mumutatahure gentil ntiyarikuvuga ko inkotanyi zari zibiisemwo uruhare
Muramutunga kuko yihenze akabivuga arazi ko yorara aburiwe irengero ngo yimanitse
@@Papa_Joe257 hahahahah nivyo kweri avuga hengetse batamwirenza...nurutonde rwa baperezida bafise menshi muri africa yarasimvye numero 4
Rero naze araduhenda ivya Mossad ariko ntaze aravuga ivyazi akabirengako abizi ariko nabwo ashobora kwiyahurira mwibohero nka Kizito! Mbe umubano w'urwanda n'uburundi wapfishijwe niki? suko abo banyaburayi bashaka guca kwa Kagame ngo badurumbanye uburundi nkuko naba russsia baca TZ? zurivugir ivya Mossad sha nabwo bitweretse ko har ivy uhor utubeshamwo