Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
Merci sana kuriki kiganiro knd ornella merci saaana kko hari ibintu vyahindutse kwa Nondy.vrmt ornella wubahwe
Ababantu sindabazi muga barandyohey baranantwengej vrmt
Mbayuwambere mumpe link dukomeze.
Couple nziza , may Almighty God protect you!
Waooouuuhhh.Coup de Chapeau a ce beau couple
ndakunz ukugen mushigikiraniy kurivy bintu umw aba yarabwiy uwund koyanka kuko avant tout mwashiz imber urukundo ibibatandukany murabirek
Muraryoshe,murasosa,muranuze.....mutumye ngira panique et folie icobampa nka 1h mbabaza vyinshi Yezu abakomez
My Fav couple🥺❤️ Nella wnj diii🤞✨
Nagumy ndaba ikiganiro kitagiramwo umukozi wa siren 😂😂😂 iyo ntumva Hosy sinaribwigeze ndamumenya waberewe disi💕
My GOD iyi couple ndayigwaye ❤😍
Waaooh couple iteusa💐 vrm ndabakunz cane❤️ my gosh 😥
Kazima ubu ari Mr and Mrs🎉🎉❤❤❤
Wa mudemuwe ndagushigikiye najew fone yumugabo wanje tumaranye umwaka tubanye fone yiwe ndayitora gusumba niyanje ndabarahiye abakobwa abagore ntazi ko harico bafana nca mbroca nkaca futa kugira ntazobaborokore hama ambajije ngo niwe wazifuse chr nanje ati oya nukuri basha ndabibabwiye ndamukunda cane umugabo wanje
Turabifurije ko mwoguma mukundana
T'es une psychopathe 😏
Nimwihe amahoro ntamugabo wumwe ataruko muzikorera impuzu kumutwe nimba mutazi abagabo naho mwohanagura cank mukareka yabishatse arajayo tu kimwe gusa nobahanura muace kujipa presha mwihe amahoro mwizere abagabo mureke gupapa si nom ataruko ntaho mwoshika cank mwishikane
Waaaaaoooooo muratesaaa Imana ibahezagire nobabon nobabaz ikibazo vrmt
Woww😍hosyy uraberewee, top,uratesaa 😍
Hahiye Ornella , non wokorosha umutwe naho
Hosy hejuru cane ndagkund ❤gretta wubahwe cane
Ubundi kirazirako umuntu yakoresha iphoto yawe atagusavye uburenganzira canke mutavyumvikanye
Hosy uno musi yahaturiye wallah 🥳🥳🥳🥳
Hosy uraberew vrmt❤❤
Real man
Dans l’entretemps hosy mumaso umeng num mafia🤣🤣😂 btw aratesa vrt
Thanks Hosy🥰kubatuzanira hama umenye ko ndagukunda nshaka nokukubona😅😅😅
😂😂😂😂❤uyu n kimana couple ynj reooo❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ incwiiiiiiiiiiiiiiiiiii
😂🥰❤️👏👏👏mbega urukundo weeeee,Gukunda ugakundwa Biba biryosheee✌️
Ozy tumumenyera mw'ijwi. Ahasigaye isura yahindutse à 100%
Thanks ladies, that's nice couple 💑 😊
This Guy😊7ans 🙄Aracamuhonja nokumwiga gusa!Ingeso🤔Tang'Inkwano Sha urerure🤣Uyo mukobwa bamuhe "Ikamba"ni Miss Patience Kabisa🥴
Egooo nivyo Hosy araberewe😘
Nice couple
Hosy chr urateusa 😂❤❤
Hosy you shine❤️😍
Muga ba mwicara mugatutu yemwe😰
Hosy uratovye sana
Hosy nari nakwobewe mamy pendeza
Hosy niwewe?🤔
Hosy urateuuuusa shahu ndagufana
Hosy looking good😍😍
Papa Bénie karibu i Burundi👇👇👇👇👇ua-cam.com/video/_o6nCTmOdjQ/v-deo.html
🥳🥳
Nzokibandanya nikirekire😀
Hosy na Gleu turashaka Dj Alpha na Rasko🙏🏾✨..Ain’t you guys partly best friends nabo⁉️.. No offence please nag humble request knje 😀
Good idea but it’s a girlfriend show not boyfriend 🙆🏽♀️
🥰😂😂
Raba ibindi hano👎👎👏ua-cam.com/video/S1PLKDmC49Q/v-deo.htmlH
😂😂😂
Likee, hahahahaha
Les autres enfants
😂🤣🤣🤣🤣🤣😂😂, lezotres zana
Nice couples
Merci sana kuriki kiganiro knd ornella merci saaana kko hari ibintu vyahindutse kwa Nondy.vrmt ornella wubahwe
Ababantu sindabazi muga barandyohey baranantwengej vrmt
Mbayuwambere mumpe link dukomeze.
Couple nziza , may Almighty God protect you!
Waooouuuhhh.Coup de Chapeau a ce beau couple
ndakunz ukugen mushigikiraniy kurivy bintu umw aba yarabwiy uwund koyanka kuko avant tout mwashiz imber urukundo ibibatandukany murabirek
Muraryoshe,murasosa,muranuze.....mutumye ngira panique et folie icobampa nka 1h mbabaza vyinshi Yezu abakomez
My Fav couple🥺❤️
Nella wnj diii🤞✨
Nagumy ndaba ikiganiro kitagiramwo umukozi wa siren 😂😂😂 iyo ntumva Hosy sinaribwigeze ndamumenya waberewe disi💕
My GOD iyi couple ndayigwaye ❤😍
Waaooh couple iteusa💐 vrm ndabakunz cane❤️ my gosh 😥
Kazima ubu ari Mr and Mrs🎉🎉❤❤❤
Wa mudemuwe ndagushigikiye najew fone yumugabo wanje tumaranye umwaka tubanye fone yiwe ndayitora gusumba niyanje ndabarahiye abakobwa abagore ntazi ko harico bafana nca mbroca nkaca futa kugira ntazobaborokore hama ambajije ngo niwe wazifuse chr nanje ati oya nukuri basha ndabibabwiye ndamukunda cane umugabo wanje
Turabifurije ko mwoguma mukundana
T'es une psychopathe 😏
Nimwihe amahoro ntamugabo wumwe ataruko muzikorera impuzu kumutwe nimba mutazi abagabo naho mwohanagura cank mukareka yabishatse arajayo tu kimwe gusa nobahanura muace kujipa presha mwihe amahoro mwizere abagabo mureke gupapa si nom ataruko ntaho mwoshika cank mwishikane
Waaaaaoooooo muratesaaa Imana ibahezagire nobabon nobabaz ikibazo vrmt
Woww😍hosyy uraberewee, top,uratesaa 😍
Hahiye Ornella , non wokorosha umutwe naho
Hosy hejuru cane ndagkund ❤gretta wubahwe cane
Ubundi kirazirako umuntu yakoresha iphoto yawe atagusavye uburenganzira canke mutavyumvikanye
Hosy uno musi yahaturiye wallah 🥳🥳🥳🥳
Hosy uraberew vrmt❤❤
Real man
Dans l’entretemps hosy mumaso umeng num mafia🤣🤣😂 btw aratesa vrt
Thanks Hosy🥰kubatuzanira hama umenye ko ndagukunda nshaka nokukubona😅😅😅
😂😂😂😂❤uyu n kimana couple ynj reooo❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ incwiiiiiiiiiiiiiiiiiii
😂🥰❤️👏👏👏mbega urukundo weeeee,
Gukunda ugakundwa Biba biryosheee✌️
Ozy tumumenyera mw'ijwi. Ahasigaye isura yahindutse à 100%
Thanks ladies, that's nice couple 💑 😊
This Guy😊
7ans 🙄
Aracamuhonja nokumwiga gusa!
Ingeso🤔
Tang'Inkwano Sha urerure🤣
Uyo mukobwa bamuhe "Ikamba"ni Miss Patience Kabisa🥴
Egooo nivyo Hosy araberewe😘
Nice couple
Hosy chr urateusa 😂❤❤
Hosy you shine❤️😍
Muga ba mwicara mugatutu yemwe😰
Hosy uratovye sana
Hosy nari nakwobewe mamy pendeza
Hosy niwewe?🤔
Hosy urateuuuusa shahu ndagufana
Hosy looking good😍😍
Papa Bénie karibu i Burundi
👇👇👇👇👇ua-cam.com/video/_o6nCTmOdjQ/v-deo.html
🥳🥳
Nzokibandanya nikirekire😀
Hosy na Gleu turashaka Dj Alpha na Rasko🙏🏾✨..Ain’t you guys partly best friends nabo⁉️.. No offence please nag humble request knje 😀
Good idea but it’s a girlfriend show not boyfriend 🙆🏽♀️
🥰😂😂
Raba ibindi hano👎👎👏
ua-cam.com/video/S1PLKDmC49Q/v-deo.html
H
😂😂😂
Likee, hahahahaha
Les autres enfants
😂🤣🤣🤣🤣🤣😂😂, lezotres zana
Nice couples