Розмір відео: 1280 X 720853 X 480640 X 360
Показувати елементи керування програвачем
Автоматичне відтворення
Автоповтор
I love they were mixing with a little english . That Language is classy fr business thing and it include East african countries ,most cute i Love Girl friend❤🤙
Nadine urumugenzi mwiza peee nanje ndamufise umugenzi nkawe♥️♥️♥️ nawe Clarisse gabanya gufuha kuko umugenzi nkuyo uzomubona gake😄😄😄
Ikiganiro cyiza cyane, ariko Abarundi n'Abanyarwanda batazi Icyongereza cyangwa Igifaransa bacyumvise hafi 60% gusa. Otherwise keep on keeping on. Greetings from downtown Kigali, Rwanda.
Ndamukunze Nadine, urigi cherie kandi très sincère... ❤️❤️❤️
Naryohew cneee vrt merci Hama basha jew fis aba best friends nka 3 knd Bose ndabakunda ataburyarya gusa umwe wese nivyiwe tuganira
Basha muri abagenzi pee,ariko umugenzi nka Nadine aboneka hake elle est gentille,Clarisse abika kure cane ivyo bintu ntibikwiye ku muntu ukunda
Welcome back bantu banjye
🤣😂😂🤣🤣ndatwenze ntaranatangura ikiganiro,mwabereww💃❤️
Gather here if you don't believe in best friend shiet ✌✌✌😂😂😂😂 uburyarya gusa... I better be alone hamwe nabantu bakeya dufashanya iyo dukeneraniye
Olalalalal🤗♥️ voilà les vrais meilleures amies💕malgr k batabuz Ivy bapfa bashiz imber ubugenz #SirenVibesTv dushak abant nkab ninah GirlFriend yoryoha 😀
Karibu namwe🥰❤️
Nadine numu hypocrite, kandi asa numuntu afise inzigo nubwishime, Nadine ariko araforca ubugenzi, Clarisse pardon mugabo murikino gihe tugezemwo kuronka umugenzi wumwizigirwa nkuyo bica kure, Nadine ndagukunze urugurutse kandi biraboneka ko umengu uricisha bugufi, mais usa nuwumutinya Clarisse, mais il faut Changer Clarisse, mais pardon pour mon comentaire
Guys iki buze buja nama sites de rencontres nka za tinder... Zihari zofasha sana
Single, Ready to mingle (punchline)😅
Clapi ingo umbwire ingen usigaye ubika inzigo vrem?
Mukundana nkabasoda 🥰 câlin ni ngombwa 😊muri authentique 100 %
*Sirens Vibes* / Hosy, what’s their UA-cam channel?
Sisterhood webcast
@@Unknown-tu7wv 😘😘♥️♥️🇨🇦🇨🇦
27:05 aka "bolokosso"😄 ako kajambo ndakabivye
btw, I like your english...
Woow this is real love ❤️
Muba muhazee 😂😂❤️🔥🔥
None nkukwandika Sms nkiyo sumwanya wataye
@@niyonkuruconcolatteconsola4792 nawe ubuhazee 😂😂❤️🔥🔥
Basa neza disi
Haaaa aba girl friends mumaranye igihe kingana uko hama mushwany mukitwara uko!!! Hhhh be careful sisters ejo cank hiry yejo hitayemw akand kantu kabi bizoba le pur!!! Ndafis umu girl friend tumarany hafi 15ans naho dushwany bingana gt ntawuronk amahoro atabajije mugenz we uko bimeze pe!
Turabasavye muzoze muri girlfriend 😍😍🤩🤩 ducontacte kuri 76711802 mudu partage votre histoire😫😍
@@sirenvibestv Hosy, what’s their UA-cam channel?
@@sirenvibestvyooo ntituri i Bdi umusi tuzogaruka tuzoza
Muzoze muragir ikiganiro mu congereza kuko haca habaho guhana amajambo😅😅
ikiganiro kiraryoshe pe
Twabakunz kwel
😂😂😂umugenzi wanje tumez uko
Murantwengeje kabisa ❤❤❤❤❤❤🤣🤣🤣🤣🤣🤣💋💋💋💋
🎉❤
mwotubwire channel YT yabo plz
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂jw ndumiw cetouuu umeng nozan uwuraho 🤭😂😂😂😂
😍😍😍😍
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂

Mukundana nkabasoda 🥰 câlin ni ngombwa
😊muri authentique 100 %
*Sirens Vibes* / Hosy, what’s their UA-cam channel?
Sisterhood webcast
@@Unknown-tu7wv 😘😘♥️♥️🇨🇦🇨🇦
27:05 aka "bolokosso"😄
ako kajambo ndakabivye