VLOG SISTERS SANTHA & SAMANTHA🥰🥰OOH MG mbega ibitangaza🫂🎈BUJUMBURA TO NYANZA_LAC🇧🇮
Вставка
- Опубліковано 26 лис 2024
- 🇧🇮BURUNDI IGIHUGU CANJE IGIHUGU CIZA 💞
Mufise ivyo mushaka kwamamaza canke mukeneye ababafasha ama services atandukanye mumanza twandikire kuri watsap:+257 79210295
ubandanye ukurikirana nibikorwa vyacu kuriyu UA-cam channel Eka no kuyandi ma platforms nka Facebook page, Instagram,tik tok, tweeter hose ni FANNY LAVINE 🤝
3FA COMPANY
BREAKING BOUNDARIES
IN GOD WE TRUST🙌
Mwaratemberey vraiment,les voyages ni nziza
Belyse felicitation Sha lmana izoguhezagira kuk ihezagir abakor nigitangaz kuk abakobw nibak ivyo babishoboy
Imana Ishimwe ko urugendo rwagenze neza vyari biryoshe kwel Belyse nawe uti courage kandi azorabe asimbe muri Samantha tumubone
Kure niho mbipfurije kugera bantu banje, murashoboy nukuri.IMAN ibarinde mu rugendo diiii beza banje.yoooooh birahimbay diiiiiii
one love Murankumbuje 🇧🇮 tuu💓💓👌
Waaaaaooo;!!! Iyi voyage yaritesa kbx. So iryo Shamba ni Reserve Naturel de Kigwena. Belyse ni intwarikazi kwl yubahwe.!!!🙏🙏🙏🌸🌹
Muzohore mukundana nkuko ham belyse uti courage sana
Waooo unkumbuj home lavine
Fanny ndagukunda nkabura ingene nokuvugisha basi nkakubona nkakugwa munda ndagukunda cane vmt muri vyose icompa tukamenyana
Karibu cne iwac inyanza -lac
Fannychu gerageza ubimenye ntubona kwimisosi yakubanye myishi so love u❤
Yoooooohhhh❤❤❤❤ Belyse shaaaaa urumuntu wumugabo peee
Nivyiza cn turabakund ❤❤ muranezer ukunt mutwerek imihing yos kk Jew sindanabon mumisoz rer ndabipfurij kuger Kur gos Beza bacu mwirambir
Woooow!courage Belyse nabakobwa barashoboe anyway nimwasubirayo muzonjane ndisabiye...lov u❤
ahohantu🇧🇮 hararyoshe muratweretse Burundi gihugu cacu
Voyage nziza cane 🥰🥰 ndabakunda ba dada beza ❤❤
Abakenyezi turashoboya ntakwikenger Fanny courage ndakwikundir
Voyage nziz bez
Belyse Wubahwe ❤❤Fanny wakoze kumutuzanira twari tumukumbuye
Mutore amashurwe yanyu🌹🌹🌹🌹
Vrement courage Belize terimbere
Ntakuntu kindyohey uyumusi nkiyi video🎉
Vyarivyizap hma courage Belyse Hama Clarisse Fanny mukina neza muterimbere mugere kure mushira na cane cane Imana imbere 🎉
Fany mukunzi merci bcp❤❤ unanivumisha!😂 ariko kandi vyongeye abagore duhaguruke dukure amaboko mu mpuzu twirwaneko ntakintu nakimwe tutoshobora gukora kiretse ico tutagerageje❤ bakenyezi gira aho muba mwubahwe❤❤
Ukwiye amashurwe yose mukunzi nkwigirako vyishi ❤
Ukomeze uhezagirwe Sha Belyse🎉
Merci bcp Fany ! Imana itwihezagirire disi ❤
@@lysebelyseofficial636unani inspire Belyse, abakenyezi ntaco tudashoboye uretse ico tutagerageje❤ uzi ukuntu nagufana kbra ukuntu wa viva scène yawe mu mupfakazi!!!turagukumbuye.
Merci bcp Soso biranezereye hama vendredi nzobaha film yanje nshasha yitwa urudubi
None ayomazi kwashushe gose kandi akaba avakure none barayashusha cnk indani hariyo imbabura ariko bashobora kuba bakosoma amakara menshi Wallah ✔️
Belyse respect vraiment vraiment ndaryohewe caaaane
Ashuha kubera uba wagiy iry mber nayahand wapiii
Vyari biryoshe sana kbs
Belyse wubahwe nukuri urumuhanga cane ndagukunda cane💞💞💞💞💕💕💕
Muranyishe
Vyaribirori vrem mwubahw kwr🙏❤❤❤ naberise arakaz vrem
Mwarasaz kbx
Belyse weeee urashoboye peeee
Belyse disiiii welcome back ham muratesa bzuuu love i still love u
Murandyoheye sana umeng narikumwe namwe❤❤❤❤❤
❤😂😂😂😂😂😂😂😂😂Samantha ariwe Fanny nukur uranyish
Wonderful
Belyse courage kbs
Mwubahwemwaduhayechoooo
Izongendo turazase urumugeni zakure apana
Aho nimukavugangwe
Belyse yubahwe nukuri ndamukunze pe
Duhe samanta fanny wibereye kumashuha
WOOOOW JUST WOOOW❤❤❤😊
Aho bahita kumazi yabagore
Fany nukuri uranyishe hhhhhhh.utinya amazi nkuko?Classo toyi hejuru caneeee
Nukur vyari biryoshe😂😂😂
Ndimyuka mukamyeze urashomboye💪💪💪💪❤️
Courage Fanny lavine
Abatazi aho kumashuha bahita kumugara urenganye centre rumonge nciye ndahakumbura
Nimwitagatire❤❤
Vyaribirori pee
Belyise vrmt wubahwe
😂😂😂😂 hahah kumbe sanitha ntitavuniye mumuji nicogituma yagukubise kuntoke agutwar umubo Ribert
Belyse wubahwe pe nanje numva umengo ubuzi abagab bakora nobushobora asha ndavyumv mur jew kabisa hagire uwukandangira
Vyiza cane
Belyse courage nukur wubahwe ❤❤🎉🎉😂
Ndabakunda💖💖
Iwanyu rwarih mubazi silure gusa ntiwakina nabandi nana nguyerer
Courage bély😊😊
Classo❤
🔥🔥🔥🔥🔥
Oyaaaa turashak iya 2 samantha ba murets ku twice sha umunoho
😂😂😂😂Ewefany sha
Fannylavlle ❤❤
Fany uranzanira amashuha nikorere umuti😅😅😅unzaanire mugakinju😅😅
Sipiriyano batazira kontabure
Nezerejw na belyse sha
Erega murasa menga muravukana
Belyse courage kabisa
Murankunbuj dibezabanj muzoje niwacu mucibitok carugonbo fafa plus😢😢😢😢😢
Courage 💪💪💪
Nkunda sawuti yawe fanny❤❤❤❤
Courage
Aho RER hari ryari?ndababye pe sinababonye kandi mwagiye ahonari
Jw nkeneye évaluation ataruko nzobayooooo😂😂😂santa wewe arabizi ntavyinshi hama ndabakunda
Wubahwe bely❤❤❤🎉
Fan aravur cane ubu mumis mik
Muratubwira amahera barihisha
Waaoooooo welcome vrt 😂😂😂😂
Voyage 🎉🎉❤❤
Fany banabahembe kuko murabamamarije🎉🎉🎉🎉😅
Fanny umenye imakamba KO tugukeneye
Fanny benushu yagiyehe
Ibintu ndabon vyari amavuta beza banje
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂nanj amazi ashush ndayank
Bahab bagufung hhhhhhh ng washize mwi 100
Icakor muranteramishije
🎉🎉🎉
😂😂😂😂uranyeguy Fanny
😂😂😂😂😂😂😂😂😂fani uranyegaguye
Uraza nkwigishe kwoga mwiza jew ndabizi cane kk nakuze noga Tanganyika
😂😂
Ayo si ya mazi y'abagore bavuga??😂😂😂
kbs
Belyse wobahwe
😅😅😅 Fanny arantwengeje pe!
🥰🥰🥰🥰
None samanta ayo mazi yabagore konzi twe nawe turi single tuzoyakoziki
U murumonge ntaho muzi ya restaurant majesty nayo
Majestic Restaurant yubahwe SANTA niw atahaxi😅
♥️♥️♥️♥️♥️♥️