Inyuma y'imyaka itanu iheze ikigo CP KINE gitanguye gukora, kiramaze gufasha abatari bake.

Поділитися
Вставка
  • Опубліковано 8 жов 2024
  • #Burundi: Imyaka itanu irarumanye ikigo ca #Cp_Kiné kiriko kirafasha abantu batandukanye mu gukinga indwara zifatira mu mitsi no mu makonyero tutibagiye kuvura indwara zamaze gushika. Kubwa Dr Déo Ndayishimiye arongoye ikigo #CPKiné ngo nta mugisha uza gusumba kubona umuntu aza atiyicarika adashobora gukora ikintu na kimwe ariko akitura abantu bakakimufashamwo agasubira kuba kumwe kwa mbere.

КОМЕНТАРІ •