Hariho abantu bazi kuririmba kugeza Aho bagorana Ugora amatwi Big up #Berry Big up #Kolly Big up #NanjeMpayeNdayumviriza #Melana aho Ari yishime Good song ndakeseranga 👌👌👌👌👌
ooohhh my Godness 4 sure this song is amazing , very nice 4 melodies sounds drums voice is the best one in this year kip it up bro i like this from🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mu misi iheze sinzi ahantu nabonye izina ryaw mugabo nc ndibagira kurondera ibikorwa vyaw kur youtube...uno musi sinzi ingen navyibuts...nukuri ufis impano komereza aho imbere ni hez(wish u only the best✌)
I don't believe if this singer's from burundi bro real big up much cause this is my favorite new song I repeat it all time I have a break all of my congratulations
Kararyoshe kabisa
Turakeneye émission yiwe nawe kwl
Yes Kararyoshe kabisa👍♥️👍
Safi kabisa KeepItup dude🔥🔥🔥
Komeza udahereza urashoboy
shettan wa beat
Urumuhinyanyuzi akomeye muta👏
Bien fait #Kolly... Courage ndakwemera trooo
I salute you.. keep producing fresh music..
Iyi Ngoma ni lamba lolo Melana👌
Iki naco😂😂
😂😂😂😂😂
Gasore urakenewe gutumirwa mumanza kweli comédie zawe urantwenza
Inalolomba😂
🤣
Kuba tur abarundi nagatek kbx abavyemey dukom amash👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧Turashoboye🇮
So Amazing Boy kabisa
Nice Lyrics and melody
Love from Esther Nish
Mrci gushgikir mgnzi waw❤️❤️
One love
Turashoboy muburundi
Verry very talended 👌👌👌👌👌👌👌
Fr man!!
👌👌😍
San kbs
Ma Men, how are you mn,please we need collaboration bro with Berry Music 🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇧🇮🇧🇮💪💪
Arashoboye KBS✍✍✍✍✍✍✍✍✍✍✍✍urazi kwandika neza
Nice song Burundi turachoboy namba uvyemera uzuza like ngaha tubemeze courage braths 🔥🔥🔥
Good music kijana uririmba neza kolly wewe ntaco nvuze urarenze love from #CHRIS BIZ
Nice song for sure!
#nduwokumashuha
Very nice brother courage unaweza
The first time I heard da song I thought dat it was Ykee benda but Guess what!... A guy from our motherland bruv keep it up💥✊
Sure me too i thought dat
ingabire armel muna kampala by Ykee benda uyumvirij neza urumv hariho akantu sinz why abacu batagir ngo batanguze ivyabo uburumva yagenda muri concert imwe na Ykee benda bakaririmba bose?Ntavyo nibaza
Ykee benda weyayu🗣
me too ykee benda
Cuz wa ya say 😂😂
Fresh kabisa burundi mukore nkuko natwe tuba turi mumahanga tubavuze mumiduga tuba turimwo bro nakubali
Kwl nc song berry we love u so much iyisong iranduhir trop trop😘❤💋 melana
U the best. Keep on working so hard imbere ni heza.
Kabisa Berry uratovye sana 🙌🙌🙌
BURUNDIAN GOT TALENT 🔥🔥🔥✊🏿🇧🇮 No surrender brooo urashoboye vrt bandanyaaa❤️♥️
Good😱😱😱😱 job brov
Keep blesd boy ,you are talented ,ubandany muriy styl nyen bakumenyeyeko iciza kirigura go go go
❤️❤️
Aisee uyu Jamaa iko na talent vraiment afu watu wenye awana talent wana hit bro ww mkaliiii vraiment
I'm in Love with this song. all the waay from The Country of thousand hills RWANDA. Plzz Rwandan Show some Love.
Nice job lil bro hit ! 🔥🔥🇧🇮🇧🇮
Yayayayaya nice song kabisa, umetisha Sana
Bro urarenze man wow good songo melana💃💃💃🛀
Nice song 📶💯💥💥💥💥💥🥵🔥🔥🇧🇮🇧🇮🔥 original
Nice song bro.wari wateguy kandi tukwipfurije gushika kure
Je viens de la découvrir 😮 n'umurundii rerooo 🤩🇧🇮 De quoi être fière 💃
Hariho abantu bazi kuririmba kugeza Aho bagorana
Ugora amatwi
Big up #Berry
Big up #Kolly
Big up #NanjeMpayeNdayumviriza
#Melana aho Ari yishime
Good song ndakeseranga 👌👌👌👌👌
Melanaaaaaa, love from #Tchepa pro Design
ooohhh my Godness 4 sure this song is amazing , very nice 4 melodies sounds drums voice is the best one in this year kip it up bro i like this from🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇨🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nuwunka urukwavu aravuga koruzi kwiruka vrmt courage bro🤩
Eshima kweliii papa nakubali🙌🙌🙌👊👊😎😎🔥🔥🔥 courage sana
Muburundi dufise nkawe batatu twokora neza sana iy song niyanje Man❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️melana for life
good song mugbo wirind kugum wigan amajwi yabandi!!nacanecane abanyamahanga
Waou Berrry uririmba neuza vrtm courage vrmt knd uri romantique sanaaa j' adore vrmt cette chanson
I come here because of Landry promoter 🇧🇮🇧🇮🇦🇺🇦🇺 this song is lit 💥💥💥💣💣
Ego vraiment..aka ga song niko 👌
Nice song Berry music courage
Uje utavyiroshaaa kaze mur buja music NC song kwl berry
#melana to the World Big up brooo ⭐⭐⭐
Kumbe Wari talented uko kose nice song bro
Nice song bro @melana 🍁🍁🍁
Nice song. Congratulations #Berry Music
Enfin iri outtt 🚨🚨🚨...biggg up Berry🙌
Berry courage urashoboy kbx iyi song ninturire pé👍👍👍🔥🔥🔥🔥💪💪💃💃💃💃🎶🎶🎵
Enfin melana turamumenye😂😂keep it up dude🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nakupa mkono bro unaweza👏👏👏👏💥💥💥
YkeeBenda wo mu Burundi ndaq🔥🔥🔥🔥🔥
Wabitoy bro
Iyi ndirimbo ikweye promo ikwiye. Tuzogufasha mpaka
Mama iyoo mama iyoo##mwiza iyo mwizz iyoo kana ka mamaaa## woouuh
Nice song bro urashoboye vraiment🇧🇮🇧🇮
Ndayiravye kuberako mbony publication ya wanda. Sinarindakuzi ariko urazi music
Nice song bro urashoboye kabisa
nice song .... Komezaaa
Woohoo nice song brth
Courage Do go, Love from Bantu Bwoy
Dufise urwaruka rufise impano vrmt, Berry urashoboye
Mu misi iheze sinzi ahantu nabonye izina ryaw mugabo nc ndibagira kurondera ibikorwa vyaw kur youtube...uno musi sinzi ingen navyibuts...nukuri ufis impano komereza aho imbere ni hez(wish u only the best✌)
Ejo undondere nguhe na zine kuko warakubise neza iyo ngoma yawe ikindi na Dj wawe arashoboye
hitsong 🔥🔥🔥courag bro
Hili lijama linatisha sana!!much respect %%
Bro nakubali 🥵♥️♥️💯💯🔥
Nic song✨❤️ bruh ubandany muriy style nyn Big up men👊 bby melana😍
Melana 🎧💥lov from United Kingdom...keep it up 👊
Nice song 👌 💞Melana ❤️ keep it up Bro ✌️💥
Oooooh my good uranyitayeho mur mood petit frère wa fire
this boy numbra1 to Akajwikiwerero Kankuraho Kutwabakundanq Aratwika
Nukur urashoboy ndagufana sa🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥💪🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯🎧🎤
nice song kbx 🙌
sinarinz ko ushoboy ibintu nkibi😂😂courage vrt
Nukuri 🤣uratwemej turakeney clip nzinza kwiyisong bibayengombwa noterera amasengesho mung mber
abana nkaba bafise talent nkiyi tuba tubashaka muri game bro video ubu vuba
Courage😍😍😍😍berry
Melana weee😍💥💥💥💥💥💥💥
I can't leave here without drop a comment on this song: "Keep it up boy. Vraiment uranyemeje trop 🔥🔥🔥🔥🔥"
Kazi nzuli tunaitaji video
Soon
Keep it up br courage urashoboy love from Remuel Pisco
Kabisa congratulations kiukweli huyu ndo mziki unayo nikosha moyo is so hort bro
Support from 🇨🇦🇨🇦🇧🇮 we are together ✊🏾✊🏾✊🏾 j'aimes la chanson ❤❤
Guys this Song uyu mujama ararenze kbs good job mr Melana
Vrt Nice song.Bravo Berry.Ndyikund caan
I don't believe if this singer's from burundi bro real big up much cause this is my favorite new song I repeat it all time I have a break all of my congratulations
Good mélodie big up my bro
Finally #Melana yarateye akajagari aramenyekanye😂😂😂😂
Keep it up G Numvise akantu wisangije Ulalenze my Man
#IvyiwacuIMBERE 🇧🇮🇧🇮
Nice song broo🔥🔥
My Perfect,Presenter in our +257 uko mubitu gani bro, wallah namiss interviews Proffession zako
Wooo berry vrt courage winjiyee neza iy song iri top snaaa big up your self ma bro
Nice job bro courage
Hit song of the year # Berry black 💯
Keep it up Gee iyi kabisa ni special🔥🔥✨
nimbonekarimwe umuntu mushasha yoririmba nkuku vrt courge utujimbere ukore neza vyoba vyiza knd ushiremwo nurukundo jugalove from kayanza
Eeeeeee ewana umujama indirimbo respect vrma yarayishoboye abandaye uk nyen vrma
Very very good song blaza🔥🔥❤️
Ths song is very nic #broz_respect
Good kaze muri game knd ndagutey intege
Yesssssssss 🤩🤩 washaaaa beriiiiiii nakubaliiii petit
Im glad my burundi had people like you.. I'm coming too
💯💯💯💯💯💯🔥🔥🔥🔥🔥
Big up sana Berry music.. courge bro💯💯🔥🔥🔥💥
On dirait YKee Benda.waoooo this ninja 😍😍😍
#Kolly u did it...
Keepit up #Berry_Music bandanya imbere ni bon i swear...i like dis song more and more...its my favorite of d month and d #Years
Dogo Nakupenda Bure!!! Unaweza Sana 💪 keep it up my bro💪💪💪
Wooo this song sounds well...bro keep it up...urashoboy uzobandany uko
From campus mutanga
This song is very good
Keep shining
Song ya kikubwa sana big up bro
Nice and sooo good warabikoze kabisa
i love your song i follow you from Canada 🇨🇦 i am Burundaise/Tanzanienne i love yo so much good jobs🇧🇮 🔥🔥