NAHAWE UBUHANUZI BWIBIHUGU 4:UBURUNDI,URWANDA,CONGO NA TANZANIYA//BIRAJE NTIBIGITEVYE/TWEZWE,TWIHANE
Вставка
- Опубліковано 13 жов 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Wew ndagukunda vrt
Amena
Imana yamugize nka Malayika mberpga umwana w’Imana ukorera Imana bikomeye cane
Amen amen nkr waratoranijwe pe
Imana itubabarire
caaane
Imana ikomeze amaboko yanyu mukozi w'Imana
Amen hallelujah hallelujah 🙏🙌
Imana idutabare caaane
Yesu abundance amuvugutira uwo mu vyeyi ndafashijwe icompa nkayaga nawe
Ubuhanuzi ku Burundi ntibukenewe
Komera pasteur wacu Imana igukomeje ukomere mugikorwa cayo uzoguhe kurangiza neza.
amen
IMANA nyen'amahoro idutabare
Muhezagirwe n'IMANA!
HALLELLUAA HALLELUAAA HALLELLUAA HALLELUAAA HALLELLUAA HALLELUAAA HALLELLUAA HALLELUAAA HALLELUAAA HALLELLUAA HALLELLUAA HALLELLUAAAAAAA URAKOZE GOOOSEEE YESU CHRISTO 👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏👏📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢📢
𝑰𝒎𝒂𝒏𝒂 𝒊𝒃𝒂𝒎𝒑𝒆𝒛𝒂𝒈𝒊𝒓𝒊𝒓 𝒊𝒄𝒐𝒎𝒑𝒂 𝒏𝒌𝒂𝒃𝒐𝒏𝒂𝒏𝒂 𝒏𝒂𝒎𝒘𝒆
Amen
amen
Imana Idutabare
Amaraso ya Yesu Ambonekeko,
Komera mukozi wimana ariko ndipfuza akanimero kawe kugirango nihane
koresha izubona kuri video
Narindamukumbuye cane
Nkr abo kumuco wera mwodukundira tukaronka nimero yiwe' mwoba mudutabaye abenshi turarushe
narabahaye numero mubarizako
yesu ashimwe
video iko wapi?
As
Amaraso ya Yesu atubeko kandi itugwizeko imbabazi muhezagirwe mukozi w' Imana
❤❤
Vyokunda ko turonka numéro yiwe?
bariza kurizo numero batanze kuri video
Jewe birangiye ntumvishije ubuhanuzi bwibihugu 4 bivurwa
uburundi.congo.tanzaniya.urwanda
Nkr pasta Jew nashak number zawe kk Jew ivyondimwo simbitahura nkr
rababkuri video ziriko
Ndubatswe pee
Mbe noronka numéro ya watsap yiwe noyironka gute
andikira umuco wera tv numero ziriko
Imana itubabarire
Ndubatswe pee
Mbe noronka numéro ya watsap yiwe noyironka gute
andikira umuco wera tv
@@UMUCOWERATV2021 Yesu ashimwe mwaduha nimero zuyu mukozi w'Imana
@@devmuk5485
ndazitanga kuri whatsap