HORICUBONYE ERIC ATANZE IMBURI KUBIHUGU 4//MANA YANGIZE IKIMUGA KUBERA IYI MBURI//BIRAJE NTIBITEVYE
Вставка
- Опубліковано 13 жов 2024
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Murakoze MANA ngirira imbabazi unyeze undinde uzompe iherezo ryiza
Imana idutabare cane kuko iherezo riri bugufi Amaraso ya YESU atweze
Murakoze cane !
Imana itubabarire iweze
Imana idufashe cne Uduhe kwihana neza nukumva Ivyo utuma abantu bayo.
😢😢😢 Imbabazi z'Imana kuritwebwe
Mana turagushimiye ubwa mbere igihugu cacu kutugira ihanga nka Isirayeli. None rero Mana turakwinginze wigarure, udutabare twebwe ubusho buto, uharire ivyo vyaha vyakubabaje, ishire imitima yo kwihana mu Burundi tweeeeeeese twihane! Amen!!!!
amen
Yes'ashimwe ndakunda imuburi zawe Imana Iguhezagire.ukugirirwa neza ni mbabazi bimbeko urampiherezo Mana nzekubone
Imana ivyumve
Yesu adutabare
Imana idutabare cane
Mana ishaka ryaw riranguke
ASANTENI SANA
Yesu ngiririmbabazi
YESU YESU YESU YESU YESU WEEEEEEEEEEEE!!!!!!!!! DUTABAREEEEEEE!!!!!!!!!!
Imana idutabare kweli
Imana idufashe
Dutabare Yesundimbere yawe nofuza gukorivyiza ibibi bikantangimbere
Twese nuko mwiza yesu atubabarire
❤
Urampa Mwami Iherezo ryiza unyeze kucitwa icaha nakaha umpagarike kugitandara undi de gupfukamira bayali
Nibwobumana bwayo .
🎉🎉🎉🎉🎉😢