Big up to Jason Ado and Esther Nish,murashoboye vrema, hama Esther Nish ivyo bisusu vyawe bizomara inganda aho B.j,uri namba moko mubaririmvyi kazi bo mu muziki ndundi
Nic video big up #ADO JOSAN,ESTHER NISH,KOLLY,LANDRY, MOZA ,nabandi bose bafashije video iri good abantu bose bariko barayiraba bagire ico bakoze abo bantu bakeneye support muzivuze indirimbo zabo dukunde ivyiwacu umuntu ashoboye mumutezi imbere ntaco bibatwara hakuvuza izabo mumakungu batanabazi
From weezyNation 🔥 🇺🇸 to🇧🇮
Nish kabisa nakubali karadiridimba make fire kabisaa
kumbe uko na music mizuri
sikuwa na kujuwa Ado josan
Indirimbo nziza vraiment ! ! Ado sinari nziko ari umurundi, namubonye mu ndirimbo imwe na Urban Boyz bo mu Rwanda numva ndamukunda !! ! Courage vraiment, ufite ijwi ryihariye
Am I the only fan of ESTHER NISH😭😭😭
Let's watch it more than 3 times per day kugira turabe ko ikwiza 1m mundwi2 kuko irabimerita vrma
Mwana ijwi ryiza urinaryoo mbweye wewe Nishiii😍😍😍
Esta courage vraiment urashoboye.mbere ndumiwe usumvya kure niyo umuziki natacha.muri composition zawe urumva kurumuntu afise umutwe urimwubwenge azi ivyarimwo.bravo ndakunda kubona abigeme bafise vision bravo bravo bravo esta
Like Esther nishe afise kazoza keza
👌👌👌👌👌👌👌
Vry Nice song yamateka narifuzakubona video nkiyi ivuye muburundi ado josan 👌👌👌
Indirimbo nziza cane.Abaririmvyi b'abarundi muri ku kivi.Bandanya muduha bishasha.Coup de chapeau.
Indirimbo nziza caaaannnee,,, Courage Esther N👌👌👌👌
Esther, unasauti nzuri kama tiwa savage.hongera sana .ndabhakunda Burundi. Karbu Tanzania
I like the voice for this boy!!he is international artist
Kabisa
Sasa ,Bujumbura - Burundi ,impano zirihishijee...kabissa...,Muba mwinyegeje hehee ..
...big up saanaa ...bro🙏🇧🇮🇮🇳🌹🌺👨💻
Woooooow nice song abotuvyumva kimwe murihe
Nash urashoboye mukomere big up saana
Ado is on fire all the way 🙌🙌🙌🔥🔥🔥🔥🔥🇬🇭🇬🇭🇬🇭🇬🇭
🇬🇭🇬🇭🇬🇭🇬🇭
Nish ndagukunda uraririmba nkumva norira kubera ijwiryawe ado nawe nurubaju ado wampa Num yawe
Esther Nish, raba ugabanye mukorogo.
good job bro and sb grand pc nakubali🔥🔥🔥ni mayayisaaana love from #CHRIS BIZ
Josan Ado.
Urabizi vrmt.
Ester Nish naw yaciy avyunyura Ku birungoo kabisa.
Uwu musiki urayunguruy kabisa
Je ndabemera mwese that's why ntatangajwe nuko indirimbo ikaze
Nice song mwabikoze neza indirimbo inyubakiye
Niceeeee nkunda ado kubi na Esther
Maze Aubin araznyishe harya yarimo arunguruka i Baby😂😂😂😂👌😅😅😅😅😅😅hama Ado mwanteshje saaana harya mwarimo gutamba mu mvura 😍😍😍😍😴😴😴😴😍azazing
Unasauti kali bro ndayifana✌️
Neza cane ,, ariko adon mwige gutambisha inguvu ,, burya diamond abarinamba kubera ingoma yose asohoye ayishiramwo gutamba caane...
Nice song keep up ado Hama kimwe gusa iyi song Kuri partie ya mariage hari kuza abantu benshi kugira umuntu a fellinge nyen iyo scène
Akantu nk'aka nar ndakanyotew. Buja flavour igez Kure.
Big up to Jason Ado and Esther Nish,murashoboye vrema, hama Esther Nish ivyo bisusu vyawe bizomara inganda aho B.j,uri namba moko mubaririmvyi kazi bo mu muziki ndundi
Akantu kubwenge kabisa 👏👏👏
NC song bro umuziki umeze neza cane from 🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥💪
Big fan from Aussie
#ADOJOSAN..ESTER..NISH killed it so hard.
Nice song support from bantu bwoy fans
Best beat and clip this song 🔥🔥👌🏽👌🏽🇧🇮rise up
Nice job!
Uwabonye ko Video King ari Aubin LUX nampe like
GATO KARAKURA
Nic video big up #ADO JOSAN,ESTHER NISH,KOLLY,LANDRY, MOZA ,nabandi bose bafashije video iri good abantu bose bariko barayiraba bagire ico bakoze abo bantu bakeneye support muzivuze indirimbo zabo dukunde ivyiwacu umuntu ashoboye mumutezi imbere ntaco bibatwara hakuvuza izabo mumakungu batanabazi
Iyi ndirimbo ni top
Indirimbo nziza caaane
Thanks my brother fo good song
Urarenz bro
Kazi nzuli bro,big up 💥🇧🇮👌
A nice one , keep it up guys
Kazi nzuri kabisa big up Ado
Team good music raaah..!!! 254 watching
This song need another level of promotion.it is one of the best songs ever.
Courage dear Ado Josan
That collabo btw Mr blue and Ado has made me to come watch some of his songs,nice voice kumbe Burundi pia wako na wanamziki wakali hivi
Hahhahha cheki ata wengine utainjoi #satb #double jay #kingorongoro #fizzo #madiba da classic #b face #fabelove
Good one here.You are coming up stronger
Big up tubandanyuko tuzoshika ester uko number1
Quality video😍
Big up sana bro ikintu cumust kabisa 💥💥💥💥
Mbega mbega song!!!love from Nono k
Vyiza san
Best collaboration👌👌👌
Ado I can see you are reaching your star. Big up bro
Waooooo nitamu walah est Iman ikujimbere
Esther nish urashoboy kbsa...
MZee Baba Umetisha sana Mzazi 🔥🔥🔥🔥
Good vibe bruh👊🔥
Nice song vrt
Nice😘😘Esther weee🔥🔥❤️🇧🇮✔️
Shaka uzaze mu Rwanda ukora indirimbo na Bruce melody
Wow urashoboy ✔💯💯
Forever Nice vidéo nibwabumwe
Akantu kameze neza
Ado turashaka yandirimbo wakoranye na chamilion
You make me feel relax here.I need more
My name Forever kbs 🔥🔥✔🔥✔🔥👏👏👏
reka dushigikire abaririmvyi biwacu nukuri mwaragerageje nimuterimbere
Wow this song is make me crazy Love from Rwanda
Ado you killed here ,
i appreciate
mnawashaass🔥🔥🔥🔥🔥🔥💥💥🌙🌙🌙
Nice video Big up Guys as well as Grand pictures
Neza cane, #EstherNish
yess akakantu karumutse kbx
Good music and great video Big up to you SB
Nic mnyama
Ndabisubiyemwo kubivuga! Esther nish is super talented. You have my support Esther
Urashoboye My Sis
Ado Josan jewe ndagukunda vrt, mpa imwe na Double Jay cnk Big Fizzo
Good job brother
Big Tune 🔥🔥
🔥🔥✌✌❤
🔥🔥💪
Who still listening it still now ???🔥🔥🥰
Ego sha esther ndakwikundir
I love it. I love youuuuuu so muchhh
Wow
Très belle chanson. Je ne m'en lasse pas.
Pow 😘😘😘😘😘😍
Nic Job👌
#MrCeleb
Good song my brother Ado josan, love from Calao
Wow, ni mwongere pe 👏
Ndabemeye 🔥🔥🎤
wow 😍
Courage bro
Rwanda ni wowe twemera
The beat is 🔥🔥🔥🔥😘🔥 And the video is lit😍😍
Vidéo nzuri mani komeza turikumw dushigikira ibikorwa vyawe